Umukuru w'Igihugu arahumuriza abakozi ko ibibazo vyose bijanye n'akazi Reta ibifiseko umwitwarariko
HTML-код
- Опубликовано: 6 фев 2025
- Umukuru w'Igihugu arahumuriza abakozi ko ibibazo vyose bijanye n'akazi Reta ibifise ku mutima. Yabivuze mugihe mugihe uwuserukira abakozi yari yashikirije ingorane zitandukanye mu kazi ka minsi yose