"Faustin ntiyarenze mu Kirundo. Twasubiye kumubona ku mafoto, bamuhohoteye, banamuzuye inzara."
HTML-код
- Опубликовано: 14 окт 2024
- Faustine Murekatete arigana ukwo babuze amakuru ya musaza we Faustin Gashema, yabuzwe irengero mu Burundi, mu nyuma baronka amasanamu yerekana ukwo yahohotewe, kandi ntibamenya n’iyo bamuhamvye.
Faustine Murekatete raconte comment ils ont perdu la trace de son frère Faustin Gashema au Burundi. Plus tard, ils ont reçu des photos démontrant qu’il avait été torturé. Ils n’ont jamais su où il avait été enterré.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur RUclips : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Notre site web : telerenaissanc...
Pole sana Na bamwishe bazomukwirikira
Abamenyeshamakuru murabaza ibibazo bishaje kwl
It's shame,pole sana sister,R I P Faustin
Ngo leta niyahoze imbere
Pole kuko birababaje kubura umuntu murubwo buryo....mais hari ikintu kitumvikana: izo foto mwazeretswe na police y Urwanda??bo bazironse gute?? Il y a qlq chose qui cloche ds cette histoire.
Nayabagabo Jean irekere WA muko.i Nyanza-Lac ngo hariyo agasho Ariko Mana
Harubusho buzwi, ni ubutazwi
Ihangane imbonerakure zaraduhemukiye siwowe wenyine byabayeho
Uwo muhungu ndamwibutse naramubona yiga kuri kaminuza y i Ngozi
Mwihangane nyine ubwo aguye mu amanzaganya.
Ariko njyewe uko mbibona, mbona nkubu afituburyo yatangiza case agakurikirana urwo rubanza aciye muri leta yurwanda
Nanj uwo muhungu nahora ndamubona.yiga medecine ingozi.
Uyu mukobwa ni umutesj ntazi ico avuga au fait.
Sois sérieuse mukobwa muvyo uvuga