🎶

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 29 сен 2024
  • ⏮️ Uno munsi muri #TakeMeBack, tuza gusubira muri kahise ka B Face
    🤔 Igihe yaririmba indirimbo ziwe za mbere, yangana gute ? Yarafise indoto izahe ?
    📌 Vyose ni muri ico kiganiro, rero ntavyo kutagikurikira birimwoo
    #Uburundi #Umuziki #Jimbere

Комментарии • 38

  • @fabgfabrice3180
    @fabgfabrice3180 16 дней назад +3

    B face ni génération yubu ntakwiye kuba muri tale me back rondera barya ba kera nka olga pop g sat b

  • @KelvinNiyomwungere-hz6vg
    @KelvinNiyomwungere-hz6vg 15 дней назад

    Rap king

  • @Bless-b.DL-babyofficial8769
    @Bless-b.DL-babyofficial8769 16 дней назад +2

    Rwari urumogi igihe ushutinga hio video niho narindi

  • @Nestor800
    @Nestor800 16 дней назад +2

    Rap yuda rap commando ❤️ 💯 🙏

  • @PatrickArisanze
    @PatrickArisanze 14 дней назад +1

    Dukeneye uwo muntu yavuze yitwa small dog nawe muramuzana mushigikirane.

  • @Chadoubuhad
    @Chadoubuhad 16 дней назад +3

    Ok rappeur yuda❤❤❤

  • @CynthiaGateka-k3t
    @CynthiaGateka-k3t 16 дней назад +1

    Nukur B face wanj je ndamwemera kubi ur umuririmvyi wamber mu burundi ndetse no kwisi atagara akunda abafana Imana imumpezagirire muvyakora vyos❤❤❤❤

  • @BurundiNathan
    @BurundiNathan 16 дней назад +1

    Tuvugishe ukuli Bonifasi yaragwanie Hip hop yuburundi

  • @claudenzoyisaba7800
    @claudenzoyisaba7800 17 дней назад +2

    B face

  • @iteritekabenjos-xr7yv
    @iteritekabenjos-xr7yv 16 дней назад +2

    B face Rap gikundiroo❤ nkwemera xna🎉🎉😊🇧🇮🌹🤲

  • @jeanpetitvyukusenge9607
    @jeanpetitvyukusenge9607 16 дней назад +1

    Birahambaye ko muri take me back muzana abantu ba kera. Uwo ni uwa vuba ku buryo ata kintu ca kera kiri intéressant afiE uretse kuvuga CV yiwe. Kuri ino émission kaboss wahushije bro. Uwo si umuntu afise back iri inspirant. Nk'umunsi uzana peraps waruhejeje kwubaka take me back ya vrai. B face aturengeje induru gusa na parcours yiwe. Birabishe.
    Rondera Elvis mapozi, emile bakundukize, nziza désire, Natacha, channella, ....

    • @justemugisha1413
      @justemugisha1413 16 дней назад

      Vuba ryari ww kumumnye 2016...uy kuva 2008 yarakipambana bro

  • @TheChampion53
    @TheChampion53 15 дней назад

    Ub vrmt dusigay dufis natw camers nziz vrmt big up gutang ama image mez natw kur map

  • @kadoluxclassic5634
    @kadoluxclassic5634 14 дней назад +1

    B face Nama navuze naho uzoririmba Bbbbbbbbbbb cank. Aaaaaaaa gushika Beat ihere nzoguma ndumufana wawe tuuu B Face Big up Sana

  • @ProsperBukuru-un7ne
    @ProsperBukuru-un7ne 12 дней назад +1

    Hit songs

  • @hatungimanasimonpierre7859
    @hatungimanasimonpierre7859 16 дней назад +1

    Oga you dey talk to much ooh 😂

  • @RemyObota
    @RemyObota 16 дней назад +2

    Take me back ya leo imechacha

  • @nitungacelestin5465
    @nitungacelestin5465 16 дней назад +1

    Big up Boniface ❤

  • @FabriceNiyonkuru-oy8uo
    @FabriceNiyonkuru-oy8uo 17 дней назад +1

    I won't like Guy's please

  • @SteveNimpagaritse-wj4yd
    @SteveNimpagaritse-wj4yd 17 дней назад +1

    Big up sana B Face.

  • @Nta-m4z766
    @Nta-m4z766 16 дней назад

    Narondere umuntu amwandikire ama lyrics vyob vyiza gusumba 2:55

  • @dancubahiro
    @dancubahiro 16 дней назад +1

    😲 wow🎉

  • @ladouceirankunda661
    @ladouceirankunda661 16 дней назад +1

    ❤🎉

  • @justemugisha1413
    @justemugisha1413 16 дней назад

    Wavuy kure uzoshika mbali✌️🙌🙌

  • @BMFLOW1
    @BMFLOW1 14 дней назад

    B IM YOUR REAL FUN ..ONE NDIZERA KUZOMA COLLABO

  • @NellyArakaza-sh4ub
    @NellyArakaza-sh4ub 16 дней назад +1

    ❤❤❤

  • @FridausMwiza
    @FridausMwiza 16 дней назад

    ariko b face arashoboye❤❤❤😂😂😂😂😂

  • @DismasNitunga
    @DismasNitunga 16 дней назад

    Rp yuda terimbere waragwanye

  • @RabanMsafi
    @RabanMsafi 15 дней назад

    Urumuntu wanj ndakumviriza san

  • @arsene_mafiateur
    @arsene_mafiateur 16 дней назад

    🔥🔥🔥🔥🔥merci kutuzanira On the Flow uwomujama ararenze

  • @DirectorZombieTV
    @DirectorZombieTV 15 дней назад

    B face Hejuru 🎉🎉🎉🎉🎉

  • @RaymondRados
    @RaymondRados 16 дней назад

    🗣️Raaaaap yudaaaa❤️

  • @NivyayoLoïque
    @NivyayoLoïque 16 дней назад

    B face My Boss 🤟🤞

  • @MakurataNiyonkuru
    @MakurataNiyonkuru 16 дней назад

    Mutama wararwanye cn gose

  • @RobertManirakiza
    @RobertManirakiza 16 дней назад

    B fece🎉🎉🎉

  • @yvespromoter8447
    @yvespromoter8447 16 дней назад

    Kaboss uzatuzanire na mkombozi

  • @NduwimanaChadrack-d3p
    @NduwimanaChadrack-d3p 16 дней назад

    Rap yuga waguan