Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
yabivuze kubera yibajije ko nubundi umugabo azobimenya.mbe hoho abapfungwa bose baheranye bapfungurwa nuko abagore babo bidandaje
Warasambanye ntayindi nsiguro ihari iyo siyo nzira wari kuronderamwo kugombora umugabo wawe 90% zabagore nuko mumeze toka 😊
Ubwo si wew nyene, ko utamufashe amajwi ngo avyivugire
Ni intahe nzoza cane
Uyomugore nareke gusambana ntasubire yihangane azomusubiza murugo ayomasana ntayazasanzaza kuko nanyene vyomukorako kandinayasanzaza umugabo wiwe azamenya kwarayo bifotoze ubwambere ataramubwira koyasambany
🎉🎉❤❤❤
Uyo mugire afise amakosa nkayingurube kubera uwutema urwiwe bamutiza umuhoro mumenye Yukon iyo ukoze icaha umenye ko ingarukambi zo zitegerezwa kubaho ningobwo unyishure .
Indaya baya
Urindaya sweti
Uyo mugore n.umunyavyaha ...ntawamenye Imana koko yokor.ivyo ..ikigeragezo kibaho ariko n.ucusambana😂😂 iyo ni faiblesse atoke uko
Uwo mugore yagize nabi mu kubivuga....
Uyo mugore yari guhora hama uyo muhungu yatumwe arenga ibigo hama akamufata amasanamu uyo musore nawe ntiyiyubaha nigitabanga
Iyo yinumira la plus des gens nuko ba réagissa.
Kuki uyo nyene gukora icaha atariwe ariko avyivugira. Donc ntakeneye KO amenyekana.
Uyomugore inziranziza numva yofata nuko yokwikura mwumugabo kuko ntarukundo umugabo afitiyuyomugore ikosayakoze nugusubira ubwakabiri niyihamahoro ahebebose kuko ntanumwe bacanuwaka knd yitegure kuzoburana nuyoyundi yamufashamavideo niyayashira hanze ham arindiruyundi azomutwara kndazomubwize ukur historisue yiwe imbereyuk batwarana
Uwo mugore n'umwana mumutwe niw yisambuje
Ni kuki abantu babesha???
😢😢😢😢😢😢ntaco mvise mviga
Urugo rwarakunaniye ntabufasoni ufise Genda kuruwo washimye
Uri mararaya yabigize umwuga
Naje kuruwo wundi
Yooooooo
Sont des histoires imaginaire mais toutes la vérité n'est pas bonne à le dire
Yabivuze kugirango agiriki
Yaba wewe yaba Nyoko wawe ntakigenda nayo umugabo wawe yaragukunda ikimenyamenya nuko vyamubabaje kubera atashaka uwundi amuca iruhande ikindi iyo satani ateye murugo kirazira kwigwanira kuko turafise uwutugwanira biciye mumasengesho