Si abantu bose bafise agatima ko gukora inabi
HTML-код
- Опубликовано: 31 окт 2024
- 😢 Ati : "Narabonye ko mu baje kutugirira nabi, si bose bari bafise ako gatima ; gutyo, ndahakura icigwa gikomeye."
😯 Iyi ntahe y'uwu mupfasoni irateye ubwoba, ariko, arangiza atanga inyigisho ihambaye.
#AkariKuMutima
#BarundiTuyage
Mpore Mman. Ariko Imana iratangaje cane ifise inzira zayo. Intahe mwen'izi ni gake ndazumviriza nkaziheza kuko hari etape ashikako nkatangura kujugumira. Ariko uhereje ku kintu ciza cane. Abantu nk'abo, agahinda bagendana mu mitima yabo ni nde azobakiza!!? Twaragize ikibazo gikomeye abitirirwa ubwoko kanaka umwe wese yikwegerako ngo nyabuna twebwe nitwe twishwe kubasumvya abandi uko nyene...umuntu akibaza ivyo bintu vyo kudatahurana iyo biva, kuko ivyabaye vyose birazwi n'ubwo Hari abagomba kubihakana. Ikizofasha ukwiyunga kw'abarundi n'uko abacika cumu b'abitwa ngo n'abahutu n'abacika cumu b'abitwa ngo n'abatutsi boja hamwe bagafasha kwubaka imitima y'abarundi, ni nayo ntango nziza yo kurekuriranira.
Imana ishimw can ko yakuzigamy
Natwe tüvuge ivyacu
Ibara ryaraguy mubih vyatambitse kbx bikwiy kuduh icirwa twe tutabibony
Ni hatari ivya burundi
Na comments abantu batinye kuzigira kubera ababikoze bazwi bari no mugihugu batinya ko bobakorerako