B Face arabarengeye murabana kuriwe! Muburundi dufite T Max na B face gusa muba Rapper bokunamba novugako arinamba yambere." Sisomeki! Uwo ni B Face mzee!
bn ndabona wamwishuye nk'uwamurondeye kabisa ariko yari yavuwe ko ata nzigo n'urwanko yashizemwo :D... Anyway ikintu ndagushigikiyeko ni uko avuga ko ukorerako ku ma beat yibwe nawe arivyo akora. Uramubaza si iyi link yashize kuri page yiwe si ari fake ou pas ahandi ho mbona umengo yarivuze nawe nyen mu biri k'umurtima 5. ruclips.net/video/DDiPi1T9BeY/видео.html
19th iyo ndirimbo yawe umengo wari KO urivugana kbs niwemere bro kuko B Face arabaruta Mushaka kuba nkaba 2pac aho aracarota kuko imyaka umaze uririmba nimyinshi ahubwo niwemere biherere aha kuko ntakamaro KO kwihanga intambwe
Mufire mufire nav munzira Boniface n moto🔥🔥🔥🔥th king numw 19th👑👑
You gotta make part 2 coz the kid has raised the head again.
All the way from +250
#fireeee 🔥🔥🔥💣💣 umwami yavuze!!
haaaahaaah ibi nkabikunda caaaaneeee nukuri
hip hop igiye kuryoha cane
Ndakuye inkofero sinigaba!!!
B Face arabarengeye murabana kuriwe! Muburundi dufite T Max na B face gusa muba Rapper bokunamba novugako arinamba yambere." Sisomeki! Uwo ni B Face mzee!
Uti"ikibonda"gusa Boniface arazi kuririmba gusa afise ingorane yogutuka abantu respect 19ty
Someshaaaaa aracari dogoooo.respect to th king
yayayaaahhhhh someone call the CORONARY services because this is a murder😭😭😭
Du är bästa ❤😂😂😂😂😂😂
good job 19th ✔️✔️🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ibintu nkibi nkabikunda
The big gang starvrap
Nari ndayirindiriye 😍😍😁
ca frappe plus fort qu'un marteau du le métal!
I searched for this song long time 😅😅
💥💥💥💥💥💥ça c'est Hip Hop
Rap ni Umu b** wa 19th...Crazzy🔥🔥🙌
King
RIP Boniface 😪😪😂😂😂😂😂😂😂 @19TH URI UMWANA MUBI WAMUHUNGU WEEE😂
19th Fabilove koyigira ngo Umwani wa Hip hop 19th mwandikire kururya mudiho wa Eminem Ariko ntumutuke
💥💥
Fire😂😂😂 king 19th aratanze ikosora
The king
Ndasavye ntimuze mwunvikane😂😂😂😂
Jerry-King Cubahiro vp sasa muta naw ntutarwa
Кира Бонифас моя сестра. Спасибо за песню 🎉😂
ibintu bigira biryohe cane Boniface yarawucany nawote
Fire🍁🍁
Respect king omega 🙏
Kubera iki ata suite yahabaye🤌
Iyo sinimpano ni nyene impano😬😎
😂😂😂😂ndakujwiragiz ndakunige mn
Hot kbsa,Kira aje atavyorosha on dirait 2 Pac azutse
🔥🔥🔥 hip hop from Burundi is lit😂
wew uri umwami wa rap heh. sinibaz ko ari buja ni wany ku gatumb
😂😂😂😂😂😂
Big up with b face love
big-up sana 19th mugezeho bro kuko umusumvya nuburambe
Th King kora imiti
😂 wallah
2024❤❤
Pull up💯
Dushak dusubir kubon nk kera west coast n East coast Tupac Shakur n Notorious Big
tessa mzee wetu
👏💥🔥🔥🔥💥👏
shit , sure he cried
🔥🔥🔥🔥
😂😂😂🔥🔥🔥
sio mbaya
😂😂😂😂 urakoze boss
namwe aba journaliste mumu promotinge nkabandi vrm! twbw abanyagihugu dukeneye ino beef tuyumve kuri bose apana kubanira bamwe
nukuzivuza zose bizofasha cane
Someone in november 2024
19th your kill wit no trigga bruh, wowe na b-face muryoshya rap burundais
gusa aha wamushyize muri cercueil!!!
Allooooo ndagarutse gto
Uramurashe kabisa
Hhhhh bro urazuts ndaq gsa nyen urabishoboy kandi can Bface murabinganya
Mubwir sh azi kuvug abandi gusa
Kabisa
Ibi nivyo dushaka muli buja fleva
19th😍😂😂😂😂😂😂💟💟💟💟💟
Audrineeee😂😂🏃♂️🏃♂️🔥🔥🔥
ndasavye ntimwunvikane..
🔥🔥🔥
Kano kantu karumutse
Yes muhe muhe bro @19th
Hahahahaha,😂😂😂🤣abarundirero ikitwish niki ukonugutukana suguhanurana 🙃19th Emera pt frere yaguhay impanuro Knd urya pt respect ✊ arashoboy👏✍️✍️
Wtf😎😎
hahahaha ibi bintu biraryoshe
bn ndabona wamwishuye nk'uwamurondeye kabisa ariko yari yavuwe ko ata nzigo n'urwanko yashizemwo :D... Anyway ikintu ndagushigikiyeko ni uko avuga ko ukorerako ku ma beat yibwe nawe arivyo akora. Uramubaza si iyi link yashize kuri page yiwe si ari fake ou pas ahandi ho mbona umengo yarivuze nawe nyen mu biri k'umurtima 5.
ruclips.net/video/DDiPi1T9BeY/видео.html
UMUGANI
hahhahahahha
nub niho twibereye
B face ni King wallah....
19th iyo ndirimbo yawe umengo wari KO urivugana kbs niwemere bro kuko B Face arabaruta
Mushaka kuba nkaba 2pac aho aracarota kuko imyaka umaze uririmba nimyinshi ahubwo niwemere biherere aha kuko ntakamaro KO kwihanga intambwe
fleury igiraneza b face afis style zikiboyi
wabitoye kwel
Mubwir umunt agum aririmb indirimbo zisa
🔥🔥🔥🔥