Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mana we turagowe umuntu Basi akosheje baramuhanura ntibacumutwe ikindi uramaze kwicara uratekereza kwisahanisaha nawe kwimana ishaka yoguhamagara mbere nuwomutwe utaranawuronka
Reverien nikijuju cane None we ntazapfa mabere yanyina
Aho uwo n'umuntu?Ahubwo n'igikoko,ikinyeshamba.Non'uwo niwe yipfuza kurongor'igihugu ga yemwe.Turasavy'Imana izoduhe uwundi mutware,uwo Imana ibe iramubika ahantu hayo.Ico kinyamaswa cotumara camenyereye kunyw'amaraso ci Makamba.
Uyu atwara nde?? Azotwara abantu biwe gusa jewe nibaza koriko arironderera akazina abicanyi barahari barinumiye nibibatakarize umwanya mwigire kumirimo yanyu
Ubu Epitasi yambaye agakoti, kandi ndabona na ya nzara yaheze
BURUNDI BUJUMBURA ? Mbega uyo mutwe ugushikiriye maze uzowuhamba kweri ?
Abicanyi mwabaye benshi nimubandanye gukoma àmashi nibistindo vya mesi vyinjiye kwicumuntu muburundi bisigaye aribisazwe imiliyoni zitanu ikiremwa muntu nakamaramaze
Erega niko none bogutora wize bayashure atatu 3 ngo ugiye gutwara abanyagihugu gute, ko ubica kubera utazi ico umuntu amaze.
Uvuze ukuri
yavuze inkozi zikibi mwibaza kwari kwakundi mwaniga NDADAYE atacamira ,vyarahindutse ndeweeee uarazi igihaaaaaa
@@mucoairswich6303 abanize ndadaye barasa na reveriyano barahuje vyose vyitwa ubgicanyi fata Bose mudakuyemwo numwe Bose barase nabicanyi gusa
Epitas ivyo m,wakoze ni vyishi reka kwifuka fuka
Manawe ndagowe
Nanisoni mugira
Igisoda kitazwi kuraho
Ego banza mukureho abo basoda batagiye mwishuri arusha bakoze. Amakosa atazokwibagiranwa gucanga igisoda nababandi
Uwo pacifique murik muratuzanira nivy yadukorey nukuntu yafukamy igihugu munda adurira abantu babona😥 iyo ikiraya kiboze ugikuramwo kugira ntakiboze abandi
Akanwa kawe gakarishe gusumba inkota.buriya kwitana bamwana nivyo bituma Afrika iguma inyuma mwiterambere kuko abatari kubutegetsi bitwa amazina atarayabantu bigatuma biheba mubibi.abiswe abasaya 1993 abamenja 1972 inyenzi hakurya mu Rwanda ntakundi barikubigenza atarukwiheba.hama ubunaho ngo ibiraya biboz ibipinga mujeri nibindi.akatarets kaba gasema.
Nawe nukumwica uwicishije inkota nawe yicishijwe iyindi, nawe bakwiye ku muca umutwe.
Ngira ntiyambaye umubiri ngira ntazopfa yahindutse herodi
Ivyobibazo vyawe ntakamaro hagupfa 10 hapfa 1 nguhaye amashi
Hamaze gupfa benhi cane mugihugu kazima muvyiyemereye imana ntinsiziriye izobishurira Bose barenganijwe
Nivyiza nimundanye kwikomera amashi yesu ntansinziriye
pacifique namushire kaburimbo muri wamugambi wiwe ugayitse wa ndondeza,we uwomufata yomara ukwezi ababara ataracikana kukaga yadushizemwo muri 2015
Urugerera muka so rugatwara Nyoko.Uwutanga iminsi yo kubaho no kuva kw'isi n'Imana.Ba urimen'ico gihute cawe muga sinz'igihe kizohirirako/kizohishirirako.Mbega mweho murazi akaga mwateye??Iyo leta mpfatakibanza ya domicien ndayizeye muri 2002-2003 itabahwata(ibuka neza la route 28 novembre) ngo muje gufat'igihugu.We ngira wari umwana upfa kuvuga ivyo utazi?Uregera ubaze neza abarugwanye bazokubwira!Uwipfuza intambara be n'ukwica nka mwe na"kora"ariwe Reveriyano ndikuriyo ntabwenge agira.Rindira,ramba uzobona.
innocent NIYONKURU,ntusubire kuvuga ko mvuga ivyo ntazi imyaka ndayiryamanye kuko na NDADAYE mumwica nari muri secondaire ureke ivya 2003,NTAGA-MARANGARA nariga,aho kuvyuburundi wibaza ko mbonye bike?Reverien uvuga ko atabwenge afise twe turamwemera kutwita abicanyi naho uwugutuka akwita ukwashatse kandi numu commando umuntu umwe ntashobora gutuma hapfa abantu ijana numushoferi mwiza hako atembagaza 80 agonga umwe ari mwibarabara.
hama kandi imbugita zandondeye kuri ex Lycee MUSINZIRA(actuel ATHENE GITEGA),ex Lycee BURENGO(actuel DON BOSCO) ndacazibuka abancumise ndabazi nubu ndababona,nibindi vyishi vyaba sanc échecs,sans défaites,ba RUTAMUCERO IBUJUMBURA ba NTAYANDI muvyerwa vya ngozi nahandi heshi ntovuga ngo mare,ni REVERIEN yariko arabigira canke LETA ya NKURUNZIZA?Nimwigumye basha tuzi vyishi twabonye vyishi twumvise vyishi reka kudutoneka basha.
@@nkeshimanapascal916 utugugu.com
@@nkeshimanapascal916 birababaje cane umuntu avuze ubushenzi arashigikigwa mukinyegeza kuvyabaye kera murashisha mwiyita abakomando mutagiye mwishuri aho mwokwihanuye amakosa yanyu mukavugira ababandi nimubandanye mwese hariho umusi wanyu tudakuyemwo numwe bandanya kwinyegeza mukahise barundi
Bayampe
Bayaguhe ukore iki??? Amahera yamaraso urucira mukaso rugahitana nyoko
Uno ni ubujuju! abandi bica lu gacerere! Ntubihaya!
Ha Ivyuburundi birakaze Pe!
@@ferdinandniyonkuru4375 gukara gusa birashisha hariho utujuju tuzahano kwandika uburofa gusa amakosa namakosa ntituyiregagize gupfa twese tuzopfa nihagera
mwipfako ese mwibaza ko iyo CPI muvuga ahahaaaaa! mugwaye mumitwe! irabanza ize ifate abatikize ingamba 1965, 1972, 1988, 1993.... ivyo navyo muba mushushwe kuminwa
Nimwe mugwaye mumitwe mwinyegeza muvyakera imisi yose iyo mukoze amakosa nimubandanye mufise imiriyobi zitanu zamarundi hariho abafise us 100 miriyoni baririnumye wibaza ko arinde abatinya mwatugugu mwe