Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Turagukeje Imana igukomeze cane kandi Izobane Nawe murayo Mabanga mashasha Muronkejwe uyu musi
N'interahamwe nizo zari inguvu zo mu Rwanda 1994Birateye isoni ivy'abanyepolitike Imana itubabarire cane
Niwirambire mutama wacu,wabay'intwari murivyishi,n'iki naco n'igihe canyu,kugira mubandanye kwerekana bwabutwari mwamanye kuva kera.Rambaaaa
Imana murayibeshera nukuri abicanyi karuhariwe nkamwe murazi gusiga inkore kumaso abanyagihugu muvuga izina ry'Imana😂😂😂
Wewe niwe iyizi yakugiz umuvugizi
@@ericnduwayo7539 Akariho karavugwa mutaYasavye umutwe w'umuntu atariwe yamuremye awutangira amahera agirako arawuronka.Iyo mana ahamagara rero izomwitaba nimba ari imana nya mana.
@@basaboseberahino7351 none umutorerista wagomba amare abantu ,erega ni kuri volant uragira disision ahofuhonya benshi uhitamwo umwe kugira benshi barokoke ,aho nta kosa
@@lazzR1935 Isi ntisakaye guy.Ikibabaje nuko des génerations et des génerations bazoguma muri ibi bintu kuko abarundi ni abantu babika kure caaane kandi bashigwa bihoye.Rero kwica nta ntwaro itica ariko guhagarara kwiradio ngo *Nzanira umutwe wa naka*Ukwo ni uguhaga ntacorimena wangu😏😏😏
@@basaboseberahino7351 numuvyeyi wahorhe wunvis adahana kuvaker umuvyeyiyamy agana bibayegobwa nukukuvum akakuvum ugapfa wagara nimana yarabikoze kuri kaini kand umuvyey avumy umwana ntibamuburanya
Komera mutama reverie
Ijwi ryanje nanje nirwawe.
Nakomere uwomukuru turamushigikiye abamaramara bamaramare
✊🏾🇧🇮
!😊😊
Bit wew naguhaye a
@@EricHasabumutima-zg5wp 😉🎩
Turagukeje Imana igukomeze cane kandi Izobane Nawe murayo Mabanga mashasha Muronkejwe uyu musi
N'interahamwe nizo zari inguvu zo mu Rwanda 1994
Birateye isoni ivy'abanyepolitike
Imana itubabarire cane
Niwirambire mutama wacu,wabay'intwari murivyishi,n'iki naco n'igihe canyu,kugira mubandanye kwerekana bwabutwari mwamanye kuva kera.Rambaaaa
Imana murayibeshera nukuri abicanyi karuhariwe nkamwe murazi gusiga inkore kumaso abanyagihugu muvuga izina ry'Imana😂😂😂
Wewe niwe iyizi yakugiz umuvugizi
@@ericnduwayo7539 Akariho karavugwa muta
Yasavye umutwe w'umuntu atariwe yamuremye awutangira amahera agirako arawuronka.
Iyo mana ahamagara rero izomwitaba nimba ari imana nya mana.
@@basaboseberahino7351 none umutorerista wagomba amare abantu ,erega ni kuri volant uragira disision ahofuhonya benshi uhitamwo umwe kugira benshi barokoke ,aho nta kosa
@@lazzR1935 Isi ntisakaye guy.
Ikibabaje nuko des génerations et des génerations bazoguma muri ibi bintu kuko abarundi ni abantu babika kure caaane kandi bashigwa bihoye.
Rero kwica nta ntwaro itica ariko guhagarara kwiradio ngo *Nzanira umutwe wa naka*
Ukwo ni uguhaga ntacorimena wangu😏😏😏