Umukuru w'igihugu asaba ikigo OBR kwisubirako

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 11 дек 2024

Комментарии • 38

  • @NdayizeyeSylivestre
    @NdayizeyeSylivestre 6 дней назад +2

    Mudahinduye ingendo ifranga ry'iburundi riraba nki Rya Congo Rya 1995----

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 7 дней назад +4

    None ko mubaz mutabashengez namwe mba mbona mubashigikir iyo umwana akà ikosa uramuhan muba mubashengez mukanabafung muzoguma mubiririmba je nkah sinumv nivyo muba muvuga😮

    • @Surprises3558
      @Surprises3558 6 дней назад

      Never numukuru windirimbo 😂
      Sha arazi gubamamaza , OBR nikibazo gikomeye Nico gituma tudashaka gutahana imitahe pe

  • @EmanRikundeNkurunzuza-bu5li
    @EmanRikundeNkurunzuza-bu5li 7 дней назад +2

    Gusa Mutama icukoze urazi amanyanga yose bakoreramwo amanyanga.

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 8 дней назад +2

    Iyo igihugu gipanze nabi abayora baba benshi

  • @Aaron-x9t1i
    @Aaron-x9t1i 4 дня назад

    Ni muhe gaciro technologie n'a système
    Kuko muburundi muhana umuntu aho Guyana ikosa ryakozwe

  • @FrederickThadeo
    @FrederickThadeo 7 дней назад +1

    Pezida waduwanie wote wafungwe wafukuzwe wanyanganywe Mali zao zote bira hivo ni mateso

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 7 дней назад +1

    Kuvunja s'akazi 😅😅😅 canke ni kubera abantu batakiza kuvunjisha mu mabangi yanyu!!!

  • @giraubuzimabwiza9894
    @giraubuzimabwiza9894 7 дней назад +2

    Kuvunja ngo sakazi. Huu none ko kwisi hariho ama bureaux de change.

  • @EricIrakoze-s7b
    @EricIrakoze-s7b 7 дней назад +1

    Rekareka kuvuga ko isazi irwuye mukirahuri c'amata wosesa
    Isazi uyikuramwo amara asigara ari dori

  • @EmanRikundeNkurunzuza-bu5li
    @EmanRikundeNkurunzuza-bu5li 7 дней назад +2

    Kutavuze abareka gutanga ikori kubera Titre bafis mugihugu baterubwoba Bose kubera bazwi.icishe igihugu cacu nabategetsi cazira kobakora Business ariko Ubu presque nkabose nibo bazikora kandi nibo bacabiha exonération

  • @NiyuhireJeff
    @NiyuhireJeff 7 дней назад

    benegihugu dutukunda nimutubik umukanda kuko ikigega ca leta kirera twarabamenyeee papaaaa

  • @William-x9g
    @William-x9g 7 дней назад +1

    Aba bagabo vyabagiye😂😂! Ikawa nizisigaye ni kuzitema twirimire imyumbati!

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere9347 7 дней назад

    Duwane yuburund na tanzania yew igiturr gihar nyen 😢sinz ko mwo batuz

  • @FrederickThadeo
    @FrederickThadeo 7 дней назад

    Jyayo ejo wilabile bilo na matongo ya bakozi nukwimbura

  • @RutareIrambona-gh1d
    @RutareIrambona-gh1d 6 дней назад

    Mbe 1ère ministre arihe ko atagifata ingingo??nkiyo rapport niwe yarikuza akayishikiriza akaca agirako afata ingingo ataruko 'natange imihoho

  • @FrederickThadeo
    @FrederickThadeo 7 дней назад

    Abamigarasiyo kumupaka nukwambula kungvu kulanka pasiporo igitilile ni 400000 550000

  • @HabonimanaSilas
    @HabonimanaSilas 7 дней назад

    nivyizako umwenegihugu atanga ikori. KUKO igihugu niciwacu, ninatwebwe dutegerezwa kugiteza imbere. KUKO nabisirayeri bariha igihugu ataricabo iconaco(nabaroma) murakoze.

  • @AdamAmos-i9e
    @AdamAmos-i9e 5 дней назад

    Mwe mutwara nimwe mutwiba hama ngo kuvunja sakaz ko mutagaduha mushaj mubise abato twigereze

  • @FrederickThadeo
    @FrederickThadeo 7 дней назад

    Migration duwani Kwa bulundi waondolewe wote Wana chagua nchi

  • @numekofelix6130
    @numekofelix6130 8 дней назад +1

    Reka guha akazi ubwoko canke umugambwe nibaza ko mwisi yose agence d, échange zirahari

    • @EricIrakoze-s7b
      @EricIrakoze-s7b 7 дней назад

      Sha ntabwoko bwera akari mumpene niko nari muntama

  • @FrederickThadeo
    @FrederickThadeo 7 дней назад

    Urabateye akamu balye amahe cyangwa babohwe abandi baboneleko akalolelo

  • @DavidNdaha
    @DavidNdaha 7 дней назад

    Amakamera nimashine mureke makayi nibitasi vyimpapuro

  • @pacifiquedesiremaruanebara5693
    @pacifiquedesiremaruanebara5693 6 дней назад

    Non wajana amafranga yama rundi mûri tanzaniya nind yoyakira? ko itagaciro ifaranga ryuburundi rifis

  • @innocentbimenyimana7858
    @innocentbimenyimana7858 7 дней назад

    Kuvunja sakazi ? 😂😂😂😂

  • @NiyokwizigiraChretienne2-ny5hk
    @NiyokwizigiraChretienne2-ny5hk 7 дней назад

    Yemwe namayobera Ahogutezaumunimbere bamusubizainyuma ober ningorane

  • @boashamah3642
    @boashamah3642 7 дней назад

    AHUBWO NTAMAKURU AFISE KUVUGAKO KUVUNJA ATARAKAZI
    UHUBWO NTAMAKURU UFISE

  • @MuhiziSimon
    @MuhiziSimon 7 дней назад

    Gélase kutamubwira ko yakosheke mukubwira abanyakayanzako ata $ bashaka

  • @emilebihibindi5822
    @emilebihibindi5822 8 дней назад

    Vuga ukuri urakuze

  • @JonasNtibagiri
    @JonasNtibagiri 7 дней назад

    Mukwiye kugabanya ayo makori muhebera abategetsi bakariha nkabandi kuko baranayafise sabakene

  • @numekofelix6130
    @numekofelix6130 8 дней назад +1

    None ugurura kanyaru