Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ndashimye iki kiganiro. Well done.
Kbs komera
🎉🎉🎉🎉
Komera Bwana Samuel kugikorwa muriko murakora kubwinyungu z igihugu cacu ciza c uburundi. Abatavyumva bozovyumva ni pole pole muri twebwe Abarundi harii abatahura n ingogan abandi batahura haciye umwanya. Bose bazoja ku murongo
Wirambiree
Ubuntu kuri wese ni wo mushinge w'amahoro n'iterambere. Amoko n'imigambwe bizokomeza kubaho igihe kirekire, Ubuntu nibwo bugomba kubirengera.
komera mutama
Arizona batanze 60000$ aya namafaranga imaginaire muri bank ntayariyo….
Kuvuga ngo muri diaspora ntabatutsi, ntabahutu bahari nibaza ko atari ukuri. Ni gute ushobora guhindura ubwoko bwabantu?Ubwoko burahari, buzokwamaho ahubwo igikuru nukubana neza munyungu za twese, zigihugu, atagushira ubwoko imbere.
Ivyo vyubwoko ntibizohera kuko nomuri Reta birimwo
Nivyiza kubaka amazu meza mugisagara biratuma igihugu gisa neza!ariko rero ntituzonatera imbere kubera ayo mazu meza muriko murubaka!turakenye ko mwoja hamwe mukubaka ama industries kandi birashoboka urwaruka rushobore kuharonkera ubuzi!
Mahoro samweli uvugamazima . Ariko iyibibi biguma vyi subiriza . Ivyiza ntibiba biki boneka . Wirambire
Sha we uri umucuruzi .hama ayo mahera nibayatanga wumva batazona bayatangiye wewe .yoba iyabo gute
Ndashimye iki kiganiro. Well done.
Kbs komera
🎉🎉🎉🎉
Komera Bwana Samuel kugikorwa muriko murakora kubwinyungu z igihugu cacu ciza c uburundi. Abatavyumva bozovyumva ni pole pole muri twebwe Abarundi harii abatahura n ingogan abandi batahura haciye umwanya. Bose bazoja ku murongo
Wirambiree
Ubuntu kuri wese ni wo mushinge w'amahoro n'iterambere. Amoko n'imigambwe bizokomeza kubaho igihe kirekire, Ubuntu nibwo bugomba kubirengera.
komera mutama
Arizona batanze 60000$ aya namafaranga imaginaire muri bank ntayariyo….
Kuvuga ngo muri diaspora ntabatutsi, ntabahutu bahari nibaza ko atari ukuri. Ni gute ushobora guhindura ubwoko bwabantu?
Ubwoko burahari, buzokwamaho ahubwo igikuru nukubana neza munyungu za twese, zigihugu, atagushira ubwoko imbere.