Lt KELLY

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 11 янв 2025

Комментарии • 65

  • @LonginJhon
    @LonginJhon 26 дней назад +6

    Inkozi zikibi zirarwira.Muzovuga Imana nayo ibandanya ihezagira Abarundi

  • @SanuSanu-q5o
    @SanuSanu-q5o 25 дней назад +1

    Iman ibirimw igihug cac c' iburund ntarwan cnk ubwicany buriy kbx

  • @NdayishimiyeCedrick-g3z
    @NdayishimiyeCedrick-g3z 25 дней назад +1

    Agasubirako sinzataha ikirocymunyu ngokigeze kur 5000 ubu numva ngo ntihacitwa uburundi ngo hitwa edeni bivanye nuko ibiribwa vyaduze kandi cane😢😢😢😢😢

    • @Burunditop2024
      @Burunditop2024  25 дней назад +1

      🤣🤣🤣utegerezwa gutaha vyanka bikunda

  • @dieudonnehatungimana-r3d
    @dieudonnehatungimana-r3d 25 дней назад +1

    twarabamenye ivyanyu reka guteranya twebwe abarundi turihagati mugihugu

  • @JanvierNishemezwe-t2g
    @JanvierNishemezwe-t2g 23 дня назад +1

    Mahabarov

  • @AbdisumailiAbdisumaili
    @AbdisumailiAbdisumaili 26 дней назад +1

    Imana imbere

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 25 дней назад +1

    Gutwara amahera I Burundi nukwizera gusa nuguheba utibwe nuwo uyarungikanye canke agukorera wibwa nabategetsi.

  • @MaximeNiyoyitangiye-d8p
    @MaximeNiyoyitangiye-d8p День назад

    Imana iratubona

  • @WakawakaJoj-b
    @WakawakaJoj-b 26 дней назад +2

    Deniz imana ikujimbere

  • @NdacayisabaÉric-k7v
    @NdacayisabaÉric-k7v 25 дней назад +1

    None mwe murasara ayo makuru icotuma tuyemera nigiki numva atampamvu yotuma twemera karivyo

  • @UwamariyaDusabe
    @UwamariyaDusabe 25 дней назад +1

    Muradusunzuguraarigosikobizahora😂😂😂😂😂😂

  • @thomasntukamazina6561
    @thomasntukamazina6561 25 дней назад +1

    Ububeshi gusa. Uragahunga we nyene.

  • @WakawakaJoj-b
    @WakawakaJoj-b 26 дней назад +1

    Nikamez Jew narumiw😂😢

  • @samuelbizimana-cd3cm
    @samuelbizimana-cd3cm 26 дней назад +1

    Wavuze ururimi rwawe kavukire ukareka kwikanira kugira ngo uboneke ko ngo nawe uri umurundi
    Si Agatho Gwaswa oyaa ni Gwasa 😂😂😂

  • @IrangabiyeLielyne
    @IrangabiyeLielyne 27 дней назад

    Iman imbere ntakindi izoturinda naho abantu botwanka nukur

  • @MarryNiyo
    @MarryNiyo 28 дней назад +9

    Urikijuju cyanyuma amagambo uvuga ukwiye impimba

  • @yusuphmasabo5327
    @yusuphmasabo5327 26 дней назад +1

    Ja kwivuza

  • @alexisnduwayezu649
    @alexisnduwayezu649 27 дней назад +1

    Ikibwa gussa😅😅😅😅

  • @jacobayanke463
    @jacobayanke463 25 дней назад +1

    Heheheh

  • @KarerwaOdette
    @KarerwaOdette 28 дней назад +1

    Urikibw gikuru 😅kurinduru ngah

    • @Genokage
      @Genokage 27 дней назад

      Muragahunga ba nyoko yaco muba muvuga ikinyoma mwipfuza gusa

    • @J.claudeNIYOMWUNGERE-c6i
      @J.claudeNIYOMWUNGERE-c6i 12 дней назад

      Hhaaaa ariko abarundi baba mu Burundi muri ibijuju nukuri!!!!ntimuramenya ko uburundi arigihugu cubwicanyi!!!!?twebwe twagihunze nuko turi ibijuju??canke ko tudakunda kuba mugihugu ca mavukiro?ndayishimiye nintabwe izobamara.izombwa zabahutu.

    • @KarerwaOdette
      @KarerwaOdette 12 дней назад

      @@J.claudeNIYOMWUNGERE-c6i nn nkawewe uragaher iyo wagiy wahunze ik??😂😂😂😂

  • @NdayisengaEsperance-e8u
    @NdayisengaEsperance-e8u 26 дней назад +1

  • @TukugezeEmmanuel-dn9xg
    @TukugezeEmmanuel-dn9xg 28 дней назад

    Murabesha niyongorane mufiE

  • @JclaudeYamuremye
    @JclaudeYamuremye 14 дней назад

    Amakuru yavuzwe uyumus

  • @IirishuraYvan
    @IirishuraYvan 26 дней назад

    Toka vuga amakuru mez urekane nibinyoma

  • @ClaudeNiyokwizigira-vu4yu
    @ClaudeNiyokwizigira-vu4yu 25 дней назад

    Abanyarwanda mwabaye gute ibinyoma bizobagezahe mwabamenjamwe

  • @melchiadeirankunda3595
    @melchiadeirankunda3595 28 дней назад

    Tugwire ibibera mubutegetsi bwomu Rwanda naho twumve ndumva kubizi ub

  • @ManirakizaMarius
    @ManirakizaMarius 27 дней назад

    Mwabibwawe kura ububeshii ahoo

  • @lightas-z3v
    @lightas-z3v 28 дней назад +2

    Angeline yibagiye Ko azova ho ntagahora gahanze 😢

  • @JosephMVUKIYE
    @JosephMVUKIYE 25 дней назад

    amakuru yuzuyemwo ibinyoma gusa, twakumenye uwo uriwe. vuga ururimi kavukire ureke kwikanira ururimi utazi.Nta soni wewe !!!!

  • @Sylva-ln5mo
    @Sylva-ln5mo 28 дней назад +1

    Abeshe mu biki? Avuze ukuri, anatora yaribwe, Agathon Yari yaratowe, n Ubu azotorwa.

  • @BellaIRADUKUNDA-k3w
    @BellaIRADUKUNDA-k3w 25 дней назад

    Ayo majambo yanyu ntaco akitubwira turaziko aramacarya.

  • @JonathanNdayikengurukiye
    @JonathanNdayikengurukiye 28 дней назад +1

    Les sifle😅(ibihuha)

  • @HabyarimanaA-f6j
    @HabyarimanaA-f6j 26 дней назад

    Nibyo agato rwasa niwe tuzatora

  • @WillyIhuwizeye
    @WillyIhuwizeye 26 дней назад

    Imburakimazi gusa korivyunguka murekane nububesh

  • @AppollinaileMinani-j7w
    @AppollinaileMinani-j7w 28 дней назад

    Ariko mwebwe ibyobihuha mubikuraheh kwr mwodukuriy agasema kungabo

    • @Burunditop2024
      @Burunditop2024  28 дней назад

      @@AppollinaileMinani-j7w ukorera ubuhe bushikiranganji?? NGO utange umuco ??

  • @EricNdayambaje-r2j
    @EricNdayambaje-r2j 28 дней назад +2

    Ba mureka kubesha

  • @VianneyNzambimana-x6w
    @VianneyNzambimana-x6w 28 дней назад +1

    Nigut imbuga nkizo zitugarwa

  • @Glorytojesus-z3b
    @Glorytojesus-z3b 28 дней назад

    Ivyo mubikura hehe?

  • @CelestinNdihokubwayo-h4v
    @CelestinNdihokubwayo-h4v 28 дней назад

    Ko mutaduha amakuru yomu Rwanda naho? Ahubwo wew ukwiy kwicwa uturiwe! Ahubwo umupaka wuburundi nugwanda ukwiy kujako amagufuri atatu. Mwabicanyi mwese!

    • @Burunditop2024
      @Burunditop2024  28 дней назад

      Nijewe urikubwira none?? Canke wihenze mukandika??

    • @GituwitayeHaridi-r6f
      @GituwitayeHaridi-r6f 28 дней назад +1

      Jew mbona atatu adakwiye harihakwiye3000 abobasazi tubapfungirane umwana w'urusaku anganumurozi

  • @JabilHakizimana
    @JabilHakizimana 27 дней назад

    Non nkaw nkuyomwany uta uwuhor ik?

  • @ruugi-l6p
    @ruugi-l6p 28 дней назад

    Ico nzi co Nuko najewe natahuye Ko nyuma yurupfu gwa nkurunziza umujyango waburabujwe nigute nakuronsa amakuru? Harivyo niboneye munsi iheze basha ntivyoroshe.

    • @Abatw-l2e
      @Abatw-l2e 28 дней назад +1

      Uwutaziko angeline arikigugu nawe aragowe 😂😂😂😂

    • @Burunditop2024
      @Burunditop2024  28 дней назад +1

      Turondere kurya email 📧 Hama tuyage kandi urakoze cane vrmnt🙏🙏

    • @IrangabiyeLielyne
      @IrangabiyeLielyne 27 дней назад

      Reka kunenza nukur 😂😂❤❤

  • @MemeNshimirimana-h3q
    @MemeNshimirimana-h3q 28 дней назад

    😮

  • @AlineKAMARIZA-y6m
    @AlineKAMARIZA-y6m 27 дней назад

    Kugira twemere ko ivyo uvuga uzoze urasohora Ama vidéo utwereke ibiganiro mwagiriraniye nabo uvuga.. je ndakwumva nk'umubeshk

  • @ChristineMutoni-y4d
    @ChristineMutoni-y4d 22 дня назад

    😂😂

  • @MarieClaireShimirimana
    @MarieClaireShimirimana 28 дней назад

    Uzoheba kumbesha ryarii?

  • @MarryNiyo
    @MarryNiyo 28 дней назад

    Urikijuju cyanyuma amagambo uvuga ukwiye impimba

  • @NKUNZIMANARégis
    @NKUNZIMANARégis 27 дней назад

    😮

  • @MarryNiyo
    @MarryNiyo 28 дней назад +1

    Urikijuju cyanyuma amagambo uvuga ukwiye impimba