Bwa mbere Neva avuze kuri General Bunyoni mw'ibohero🔥Abarundi Bose arabatunguye/Umviriza amajambo ah

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 ноя 2024

Комментарии • 4

  • @dominiqueniyonizigiye1986
    @dominiqueniyonizigiye1986 4 часа назад +1

    Emwe impanuro yarazitanze nukuri. Baba abafunga baba abafungwa, bobikurikiza ntamurengera w'imfungwa wosubira kubaho.

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 4 часа назад +1

    Nubuntabakundwa nukwimenya murikunda mugakunda bagorebanyu nabanabanyu gusa igihugu mikimariyiki kucibagusa ntakugitezimbare kucibagusa nukubiba nukubica ntakindi

  • @mathieuniyongabo9751
    @mathieuniyongabo9751 5 часов назад +1

    Igikorwa ciza cene nyenicubahiro umukuru w’igihugu cacu c’uburundi yakoze.
    Jewe ndakunda ko ivyiza bivuga biba biriko birakorwa nindongozi zigihugu cacu.
    None hariho ikinyamakuru kijejwe kuvuga ibibi gusa?
    Iyo ikinyamakuru kivuga ibibi gusa ntituba kikicita ikinyamakuru ahubwo kiba citwa ikinyabinyoma.

  • @NzeyimanaGloriose-m4v
    @NzeyimanaGloriose-m4v 5 часов назад +1

    Kabisa