Ubundi Gusubira inyuma ni akaga, uru ruganwe rw'uno musi rw'Abanzugu ntakindi ruriko rurazira atari ukureka Imana ya Basekuruza; Wumvise Umuriro watse aho nyene Los Angeles les années 1905 ugaca wumva ivyo bari bagezemwo ni ivy'ukuri ni agashavu k'Imana ihoraho yonyene yavuze ko atawizorekera icubahiro cayo
Amen Imana yacu iriho
Amarushwa yumugororotsi naho yoba meshi ate Uhoraho ayamukiza yose.allelua amen hahiriwe abizigiza Uhoraho numutima wabo bose
Amen
Amina amina❤🙏🏻🙏🏻🙌🏻👏🏻🤲🏻 icubahiro nicimana ibihevyose
🧡
Murakoze cane nokuriyo ndirimbo nayiheruka kera kandi ndayikunda bcp
Umugisha mwinshi
Imana idufashe natwe bitubere icigisho
Yahoneje abayireka bahinduka ibimaka
Imana nticokorwa icompa nkazogira iherezo ryiza amen
Amen 'amen
Amen
Imana yacu iriho nicogituma turiho abantu baramenyereye cane Imana ntikinishwa nagato twari dukwiye kuyubaha kabisaa
Amen
Imana iguhezagire cane
Imanairakomey pe
🧡
amen
❤
Imana irahambaye
🧡
Imana ihora ari Umwizigirwa
💞
Imana nticokogwa koko
Imana aguhezagire
Hezagirwa mwene data
Tuyikomezeho,kuyisenga ntagihombo bavandi.
Ego Amen nyishi
Mana mpakukubika mumutima wanje ngwino twibanire naho abandi baguhaye zero ngomba kugumana nawe MWAMI wanje . IMANA ibahezagire Mukoz w'Imana
Ameeeen
😱😱😱Bene data IMANA irahamabeye kandi siyo gukinishwa kweri 🤔🤔🤔
Amen
Ewe mana niwiyizire muri jewe nivyanje vyose uzuratugwizak imbabazi nyishi Aho tugira integenke uzuratubabarira uduhe guca bugufi buri musi
😭😭🤔🤔🤔🇧🇮🇧🇮🙇🙇🙌🙌🙏🙏
🧡
MANA NANJE NDAGUHAYE IKIBANZA GIKOMEYE CANEEEEE NIWUBAHWE KUVYORIKO URAKORA WAVUZEKO ICUBAHIRO CAWE UTAZEMERA NGOCITIRIGWE UMUNTUNIWUBAHWE UKOWARIKERA NUBU NIKUKIRI GUSHATSA IBIHEVYOSE MURAKOZE MUKOZI WI MANA IMANA YARAKOZE KOYADUHAYE KUYI MENY
Umugisha mwinshi
Ubundi Gusubira inyuma ni akaga, uru ruganwe rw'uno musi rw'Abanzugu ntakindi ruriko rurazira atari ukureka Imana ya Basekuruza;
Wumvise Umuriro watse aho nyene Los Angeles les années 1905 ugaca wumva ivyo bari bagezemwo ni ivy'ukuri ni agashavu k'Imana ihoraho yonyene yavuze ko atawizorekera icubahiro cayo
Uvuze neza caaane girumugisha 🧡
Mana yacu d'uhe gutahura vyukuri lmana igaba ikaganza vyose
Girumugisha mwinshi 🧡
IMANA yama imenya umugororotsi ibihe vyos
Amen 🧡
Amen