NUMVISE IJWI RIMBWIRANGO..._UMVA IYI INTAHE
HTML-код
- Опубликовано: 17 окт 2024
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #emcitv #ytb #ytshorts
Murakoze cane mwese ncuti zacu dukunda, lmana ikora ibintu kugira yiheshe icubahiro, lmana itandukanye natwebwe abantu,icubahiro nigihabwe NDIHO.
Amahorooooo goseee mukozi WImana 😁👏👏
Amina Imana yomwijuru sumuntu pe🙌🙌🙏
Nukuri yesumwami abahumugisha
Amen amen🧎🙌
Mukozi w'Imana zeno
Ndafajijwe
Ndafashijwe ,peee,mwompa numero za zeno
ndadashijwe peee