Bnsr à tous et à toutes nizereko mwese mumez neza hma nn kwli ko numva arukubwirana nabi gusa mwumva hari solurions vraimnt muriko muratora nimureke guterana amajambo mupondana murondere ukuntu vyohinduka hakaba nukwiga ama stratégies yabandi kugira natwe bigende neza erg ubwenge burarahugwa
Icigwa ciyo scandale ni gushira ibintu mu nyandiko! Muri intention yo kuduza umuziki w’i Burundi boraba gushira ama standards yo kwakira aba star mu nyandiko bisigura stage imeze gute au minimum, ashikira muri hotel imeze gute au minimum, etc.. contrat ikandikwa na minimum acceptable zemegwa muri industry…hanyuma uwutakurikije bakamwitwarira mubutungane agatanga amande…ivyo kudahana umuntu adakurikije amasezerano biracumbagiza. Murabaza umuvyeyi wese kuvyerekeye kudahana abana bagize ikosa. Ariko nshimire naba promoteur naba star babarundi mukora akazi neza given the circumstances. Ndabaremesha ngo mubanye mugerageza uko buhoro buhoro tuzohashika: direction is more important than current position
None nimba ayo mahera atayagarura bigatuma atazana stage, canke agategurira concert ahantu kure habaye nabi importance yo kugira izo show niyahe? Ayo ma calcul ya be na Mario en tant que twebwe aba fans ntitubikeneye ahubwo tuba dushaka gusa aba artiste bacu babahe agaciro . Sinon bashatse kuvuga ko amahera baba bakoresheje babona ko bitangana na level zabo baririmvyi . Mwijambo rimwe uyo mu G nabihebe hazoze aba organiser babikwiriye kandi babikora neza
Mr fasha warafashijwe
Mr nosentiment
Uwo ni rap mushingantahe❤❤❤
Bnsr à tous et à toutes nizereko mwese mumez neza hma nn kwli ko numva arukubwirana nabi gusa mwumva hari solurions vraimnt muriko muratora nimureke guterana amajambo mupondana murondere ukuntu vyohinduka hakaba nukwiga ama stratégies yabandi kugira natwe bigende neza erg ubwenge burarahugwa
B face ntansaku kuko sumukecuru🤣🤣🤣
😂😂😂 bakobmwa & bagore bafise amajambo meshi 😂😂
Icigwa ciyo scandale ni gushira ibintu mu nyandiko!
Muri intention yo kuduza umuziki w’i Burundi boraba gushira ama standards yo kwakira aba star mu nyandiko bisigura stage imeze gute au minimum, ashikira muri hotel imeze gute au minimum, etc.. contrat ikandikwa na minimum acceptable zemegwa muri industry…hanyuma uwutakurikije bakamwitwarira mubutungane agatanga amande…ivyo kudahana umuntu adakurikije amasezerano biracumbagiza. Murabaza umuvyeyi wese kuvyerekeye kudahana abana bagize ikosa.
Ariko nshimire naba promoteur naba star babarundi mukora akazi neza given the circumstances. Ndabaremesha ngo mubanye mugerageza uko buhoro buhoro tuzohashika: direction is more important than current position
Iyo application mugirirako live yitwa gute?
Noné alvin Uyo muchomayi niwe Aguma Atoba discussion
Ni Alvin bigana si alvin smith
@leilaprinciaishimwe191 belle ndamuzi bigana na carrière yiwe ndayizi
anganya carrière nuwatutse Mona ngo ntiyarafise uburenganzira bwo kuryama aho ashaka atarikumwe nuwarondeye😂😂😂😂😂😂@@AlexisDusenge
Sha ndabona umumwe mubararundi❤
From Sweden, nukuri agahugu kacu nigato,mugabo turihamwe!❤
🎉🎉
None ubu nimubona ko Alvin na jesy bafitaniye ikibazo nibabanze baje kuruhande babiyage bagaruke mubandi bayage neza apana gusebanya no guterana amagambo
Mbega agasuzuguro weeeeeee hako mwogir ivyo bintu rero banza mureke hako mubafatira mu gwara nkuko umuntu akubwiye ko adashaka gufatwa nabi uko mureke nawe yiyubahishe
B wew nisaw can ❤❤❤
Inzara izobamaramaza😅😅😅😂😂
Sinzimpamvu abasore babarundi muri uduhimbiri namatiku gusa ataninoti zirimwo
None nimba ayo mahera atayagarura bigatuma atazana stage, canke agategurira concert ahantu kure habaye nabi importance yo kugira izo show niyahe? Ayo ma calcul ya be na Mario en tant que twebwe aba fans ntitubikeneye ahubwo tuba dushaka gusa aba artiste bacu babahe agaciro . Sinon bashatse kuvuga ko amahera baba bakoresheje babona ko bitangana na level zabo baririmvyi . Mwijambo rimwe uyo mu G nabihebe hazoze aba organiser babikwiriye kandi babikora neza
Mwabiharaye ivyoguhamagara
Courab star boy
✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Guhuza biragorana pee
Uwo bigana aharira nivyo atazi
😂😂😂dj😂😂😂
Afu starboy areka kupostinga amazina aki una wa promoti majina yawa ya tiktok wakuwenyewe awana followers 😅😅😅😅
Nabarundi bagenzi banje ni bon niterambere Ryacu twese
gabanya ishari 😢aba n'abarundi bacu 😉
😂😂😂😂😂😂😂
ruclips.net/user/shortso7NsBTPOR-U
Lee Sharon 😂😂😂
Reka nta 2000€ puuuiu
Ariko iki ki obèse ni gati ki???