Mama Canjo Amissi mu gahinda kenshi kubw'Umwana wiwe|Inkuru utigeze Umenya kubuzima bwa Canjo

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 13 мар 2021
  • Murugendo Indundi Magazine yakoreye muntara ya #NGOZI aho yari yagendeye umuryango usigwa na #Canjo_Amissi Mutama Naseebu yarashoboye kutuyagira Ubuzima yabanyemwo n'umuhisi aho mbere yanahaye zimwe mumpanuro zotuma Umuririmvyi #Berry_Music ashobora kugera agasiga izina n'indirimbo zitazopfa nka Canjo AMISSI
    Tonight By Berry Music
    👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾
    • Tonight by Berry Music
  • РазвлеченияРазвлечения

Комментарии • 31

  • @clovisnahimana1302
    @clovisnahimana1302 3 года назад +3

    Komera mama canco Hamisi,Warahaye igihugu cacu umu legend,kuva nubu ndunviriza idirimbo zumwana wawe,Igihugu cacu carahomvye umuririmvyi akomeye,Komera Nyokuru kandi unwana wawe imana izomugumane mubwami bwawe,Ndi Clovis umurundi aba muri Swede.

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose 3 года назад +5

    Berry Music Avuze ijambo ry'Inkora Mutima. Nukuri ndakoroye Amosozi 😭😭😭😭

  • @rachelleniyonkuru9482
    @rachelleniyonkuru9482 3 года назад +3

    Murakoze cane ico gikorwa mwakoze Imana ibahezagira

  • @beaimfurayase4482
    @beaimfurayase4482 3 года назад +4

    Kwel canjo nuwambere nakuzendamwumva

  • @ncuti_yabose
    @ncuti_yabose 3 года назад +5

    Ako ga Sound karariza 😰😰😰
    Imana ibahezagire mwese mwiyumviriye kino gikogwa🙏🙏

  • @muhetowilly9652
    @muhetowilly9652 Год назад

    Yooh, mwakoze neza cane kutwereka Ayo masanamu Imana ibahezagire kuri icyo gikorwa, muzotubwire akahise kiwe.

  • @prudencensaguye9411
    @prudencensaguye9411 3 года назад +3

    Mwakoze cane kuri iki gikorwa! That is what we need

    • @devonbriar4627
      @devonbriar4627 2 года назад

      Sorry to be offtopic but does anybody know a method to log back into an instagram account?
      I was dumb forgot the password. I appreciate any assistance you can give me

  • @jamilairakoze6600
    @jamilairakoze6600 3 года назад +2

    Yooooo ndishyimye cn❤❤❤🙏🙏

  • @Agnes-qq4np
    @Agnes-qq4np 3 года назад +3

    😭😭😭Uburundi bwacu Umuntu yakoze amateka menshi mugihugu akomeye nanugufasha umuvyeyi🤔ningekua nanjishi mimi ningebadili uraiya kwamana Burundi wapi kweli

    • @adijaamur962
      @adijaamur962 2 года назад

      Acha hasira ndugu njodunia yaleo

  • @user-hu9ym7vg6n
    @user-hu9ym7vg6n 4 месяца назад

    Kumbe nana wiwe aracariho imana ishimwe ❤❤❤

  • @bukeyenezaeloi9589
    @bukeyenezaeloi9589 Год назад

    Mpore mamacanjo

  • @bahuwifisesteve2422
    @bahuwifisesteve2422 2 года назад +1

    Merci Waka Light TV

  • @masterjaphetofficial4287
    @masterjaphetofficial4287 3 года назад +5

    Vyiza m'y bro Berry music ukoze ivyamateka love from,#master_japhet

  • @mwananyamalaz4427
    @mwananyamalaz4427 Год назад

    Mpore mama waravyay legend forever young God bless 🙏

  • @esther8032
    @esther8032 3 года назад +2

    mwarakoze kumushikako

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja1267 3 года назад +1

    Imana ibahezagir kurico gikogwa ciza mwakoze ham nicigwa kirekire mbonye bose bokwigirako

  • @ndeyeastoumbanga8037
    @ndeyeastoumbanga8037 3 года назад +1

    Mwarakoze cane imana izabasubirize aho mwakuye je twarakuranye nduwi ngozi nasibu twariganye

  • @ericsuzu6095
    @ericsuzu6095 3 года назад +2

    Yooo uyo mu Bibi umenga iyofanta yamubihiye!

  • @malicksag466
    @malicksag466 3 года назад +2

    My God!!!!!numva mbabaye cane umuririmvyi nka canco vrt mam wiw akabaho uko!!!pt frère wiw kurira arumugabo Aho nivyishi yibutse leta nirab icoyofasha ndetse nabandi ba star nukuri birababaje cane🤦🤦🤦🤦

  • @adijaamur962
    @adijaamur962 2 года назад

    💃💃💯💯

  • @hitsong257
    @hitsong257 3 года назад +2

    Murintwari mwubahwe

  • @moubarakingabire1384
    @moubarakingabire1384 3 года назад +1

    isoko.yingozi.irikirasha

  • @user-sr5bm5ic2e
    @user-sr5bm5ic2e 5 месяцев назад

    Quel dommage 😢😢😢😢

  • @gshugsua9531
    @gshugsua9531 Год назад

    Non umugor wa Hamis aracariho? IMANA imuhe iruhuko ridashira.

  • @adijaamur962
    @adijaamur962 2 года назад

    😭😭😭😭😭😭😭😭

  • @karimukarekezi3671
    @karimukarekezi3671 3 года назад +1

    Www

  • @bukeyenezaeloi9589
    @bukeyenezaeloi9589 Год назад

    Mwebwe namwe kuva yitabimana mukaba mwagiye ejobundi agahinda karamwishe nyina wa çanjo ariko vvyoba nivyo. Nivyo murkoze