😎 Hangout na ChrisLamez 🔥 : "Sindi umu slay Queen // Nararya amahera ya Minerval 😂 ..."

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • 🤩 Dusohoke na ChrisLamez twumve ivyo abayemwo, uko abona ubuzima, ivyo asanzwe akora hama dutere n'inkuru 🥰

Комментарии • 142

  • @Semavumba
    @Semavumba 2 года назад +10

    Uyo mushikanje arasara... None nkino emission maman arayiraba... 😀😀😀😀😀

  • @willermemukeshimana1682
    @willermemukeshimana1682 2 года назад +24

    #kaboss umwihwezo wanj nuko #jimbere yogufata neza kuko uri umukozi_hamwe naho iyi #hangout yoba ari creation yaw respect !!! hama vibe yari bien na lamez abana bo mwi sité barazi igikoniiiii

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +4

      Murakoze caanee 🙏🏾mubandanye munshigikira

    • @omerirankunda
      @omerirankunda 2 года назад

      Nanje nivyo mbona, ibi bintu vrmt ni vyiz

  • @Agnes-qq4np
    @Agnes-qq4np 2 года назад +9

    Uyo mukobwa ndamukunda ga basha numu happy umwanya wose nakupenda ma chr ❤niwirambire

    • @mariejeanne4958
      @mariejeanne4958 2 года назад

      Ntunsumvya

    • @Agnes-qq4np
      @Agnes-qq4np 2 года назад +1

      @@mariejeanne4958 kweli?nivyiza ko tumukunda twese

    • @meriserge1415
      @meriserge1415 2 года назад

      Asha JW imanga iyaba ndumuhungu nomukoye

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 Год назад +2

    Gomez na simbizi Nawapendaga san💖💖💪🇴🇲🇧🇮

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe9646 2 года назад +10

    😂😂😂 ewe Kaboss uva ngaho umenye guteka pe 🙈

  • @bertilleirakoze6999
    @bertilleirakoze6999 2 года назад +6

    Nar ndayirwaye much love for chrislamez

  • @irenepamelairakoze8820
    @irenepamelairakoze8820 2 года назад +8

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣mugire partie 2 ndasavye🙏🙏🙏 murakoze kuturuhura vrm🙏🙏🙏

  • @habonimanasadick2288
    @habonimanasadick2288 2 года назад +4

    Big up Sana Kaboss ubikora neza mwakoze neza na ChrisLamez mwaturyoheye pe

  • @raoullabrisemanariyo2767
    @raoullabrisemanariyo2767 2 года назад +3

    Gréation y bien kaboss ukomez ubikora neza ndabona uriko uzana nouveauté y bien wereke abandi.

  • @divineella97
    @divineella97 2 года назад +7

    I missed you my crazy girl 😍😍😍♥️😘

  • @akimanapurcelle5505
    @akimanapurcelle5505 2 года назад +5

    Lamez yarakumburw vrt🔥🔥😍😍😍

  • @furahaoman3867
    @furahaoman3867 2 года назад +2

    Courange 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
    Mwanamuke kujiyamini
    Kwenye maisha 💪💪💪

  • @ikboy4
    @ikboy4 2 года назад +2

    Uyo mukobwa Aduga kwijambo ndazi harabandi bantu bamwemera sana atazi😁

  • @noussaibalamar9684
    @noussaibalamar9684 2 года назад +7

    Christa nari mukumbuye 😍🥰 #kaboss big 🆙

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +2

      Merciii bcp 🙏🏾🙏🏾

  • @mcaurrymen3275
    @mcaurrymen3275 2 года назад +6

    Ingana n intuzeya ya ntuzeya 😂😂coup de chapeau kiki🙏

  • @adronispromoter830
    @adronispromoter830 2 года назад +5

    KABOSS 🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @deliedricekumugisha2827
    @deliedricekumugisha2827 2 года назад +1

    😂😂😂je simvuga ndiko ndafungura😂😂Lali narindamukumbuye nukurii🤣🤣🤣🤣kaboss courage vrmt

  • @Semavumba
    @Semavumba 2 года назад +7

    Nabahaye mushikanje.. Nanje ndashaka Ka kademu kanyu ico nikorera

  • @ninettehappynessninettehap7007
    @ninettehappynessninettehap7007 2 года назад +3

    Bashaa udatwenz uzoba urwaye 😅😅😅🤣kaboos courage ubikor neza

  • @measme4721
    @measme4721 2 года назад +2

    😂😂😂nilikua nakumiss chrislamez

  • @arcy_marley
    @arcy_marley 2 года назад +3

    Kaboss wenu nataka hangOut part2 yaa uy dada yenu chrislamez Wallah a.k.a ba... 🤣🤣 Nuwaa ngozi kliiiii

  • @emelyneiradukunda3205
    @emelyneiradukunda3205 2 года назад +3

    Love her so much nukur 🥰🥰🥰

  • @hejuru_cane
    @hejuru_cane 2 года назад +10

    She's amazing!

  • @hunchokendi4471
    @hunchokendi4471 2 года назад +1

    #kaboss unajua unajua sana🔥🔥

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 2 года назад +5

    🤣🤣🤣🤣🤣 ww it’s so nice
    Kaboss for real 🇧🇮🇺🇸

  • @uonebforever8662
    @uonebforever8662 2 года назад +4

    Kaboss 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮✊✊✊✊✊

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Год назад +1

    Kaboss 4Leal

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 2 года назад +1

    Ndabakunda

  • @mairymairy1851
    @mairymairy1851 2 года назад +2

    Nimwirambire😘😘😘😘😘

  • @sandysshanny224
    @sandysshanny224 2 года назад +3

    Ariko ga Mana Mana ndamukunda lamez😅😅😅

  • @nyembokatumbwe5476
    @nyembokatumbwe5476 2 года назад +1

    Big up kwazi nzuri papa

  • @khalidmousad5545
    @khalidmousad5545 2 года назад +1

    Chrislemez avuga neza

  • @mariejeanne4958
    @mariejeanne4958 2 года назад

    Asantee kaboss kutuzanir Gomez narindamukumbuy saaaan👌🏿,aba vieux bakera ibihano vyabo Bose vyaribimwe

  • @abdikevinng9292
    @abdikevinng9292 2 года назад +1

    Iciza nuko naw wemer k wamye uri umusazi 😂😂😂
    Mugab courage Kwl comédie zaw ziranryoher🙏

  • @claireclara8458
    @claireclara8458 2 года назад +2

    Narinkumbuy kubon Gomez warah

  • @mpawenimanasonia7835
    @mpawenimanasonia7835 2 года назад

    Chris lamez arabizi gutwenz il faut kwabandany je la kiffé vrmt ❤️❤️🦋

  • @softsoundtv2219
    @softsoundtv2219 2 года назад +2

    Ndi Slay Queen ,kandi ndabyishimiye, I don't care !!

  • @chaneldici4083
    @chaneldici4083 2 года назад +5

    I love Youu guyz❣👌💥

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +1

      Thanks my sister 🙏🏾

  • @iteritekacycy9244
    @iteritekacycy9244 2 года назад +1

    Icakabiri 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😭😭😭😭😭😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @banin-bradaneirakoze9535
    @banin-bradaneirakoze9535 2 года назад +1

    Iki gikobwa harukuntu ndacikundira wallah

  • @Bestof257Official
    @Bestof257Official 2 года назад +1

    Laly 😅😅 urukundo tugufitiye 💯

  • @itekachristadivine8993
    @itekachristadivine8993 Год назад

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂kaboss merci nukuri

  • @vavauwimana6942
    @vavauwimana6942 2 года назад +2

    Narinkumbuye gutwenga kubera christa

  • @ohb_oh1738
    @ohb_oh1738 2 года назад +3

    🔥🔥🔥🔥🤩

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +1

      Thanks Bredaaa🙏🏾🙏🏾🔥

  • @Claytonchannel
    @Claytonchannel 2 года назад +2

    Création ya bien kuri #Kaboss4Real Go ahead 🙌

  • @nadinnmugisha5168
    @nadinnmugisha5168 2 года назад

    Kabosi ndagufana sana

  • @annyhatungimana6705
    @annyhatungimana6705 2 года назад +1

    Nice job kaboss 👌🏾

  • @dostybuja257
    @dostybuja257 2 года назад +1

    #Kaboss You the one kbs

  • @ockieoctober5308
    @ockieoctober5308 2 года назад +2

    Courage kigikorwa canyu ciza❤ ariko nagomba nsabe nkiciyumviro nukwo ikigikorwa mwoza muragerageza mukagikorera ahantu harisuku kukwo birarabwa nabantu beshi

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 2 года назад

    Narimukumbuye clistyana🤣🤣🤣🤣🤣🤝🤝🤝❤❤❤🌹🌹

  • @yvesuwizeyimana4543
    @yvesuwizeyimana4543 2 года назад +1

    Cool 💪💪💪💪🥂🍾

  • @aminantawundiamina7229
    @aminantawundiamina7229 2 года назад +2

    Hhh narinkukumby christa

  • @blingchrisbrown6430
    @blingchrisbrown6430 2 года назад +2

    Ngo icakabiriiii😂😂😂😭😭

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 2 года назад +1

    Na partie yo kurya mwari kuyitevyako!

  • @inesirakoze1418
    @inesirakoze1418 2 года назад

    chris lamez lov u more

  • @oxy.creative
    @oxy.creative 2 года назад +2

    ka bosssss ubahwa

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +2

      Murakoze caanee 🙏🏾bandanya munshigikira

    • @oxy.creative
      @oxy.creative 2 года назад

      @@kaboss4real i'm your fan bro

  • @djchachouromantic9025
    @djchachouromantic9025 2 года назад

    Uyu mukobwa ga mana!
    Chachou Romantic from
    #BE_CHAP_TV

  • @lysemukezimana4832
    @lysemukezimana4832 2 года назад

    Ndabakunda cane knd cane

  • @jeanduchristrusiga6713
    @jeanduchristrusiga6713 2 года назад

    Christiane....baramubeshera...

  • @kabosskdn2202
    @kabosskdn2202 2 года назад +1

    bb uri umu no stress,nturagabanya amajambo menshi

  • @edissa9958
    @edissa9958 2 года назад +2

    Lakini nn 🤣😂😂😂

  • @basilejeannedishimwe6591
    @basilejeannedishimwe6591 2 года назад

    Christiane king skul 😎🤣🤣🤣🤣minerval yarikoze ibara kuri bus iraho 🙈🤣🤣🤣🤣,miss you mugenzi

  • @phanuelofficial
    @phanuelofficial 2 года назад +2

    #Kaboss urashoboye

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +1

      Murakoze caanee 🙏🏾bandanya munshigikiraa

  • @munezeroingrid3890
    @munezeroingrid3890 2 года назад +2

    Kabos4li 💯💯

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +1

      Merci 🙏🏾 bandanya munshigikiraa

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 года назад

    Nshaka munyigish gucumba ndasabiy kand ndabishaka sibanga 🙏🙏🙏🙏nobimeny noshim

  • @kwakundi257
    @kwakundi257 2 года назад

    Man chapeau

  • @lizabigirimana5004
    @lizabigirimana5004 2 года назад +3

    So good ndabakunda cyaane 🔥🔥🔥narinarabuze iyo wagiye🤣nifuza kumenya instagram yuho mu dada ndamukunda cyaane kabosi please🙏

  • @FleuryOG
    @FleuryOG 2 года назад +3

    Muba muhazee😂😂😘🔥

  • @safiasaleh7494
    @safiasaleh7494 2 года назад +1

    Laly limawe wanaichemsha na nyama dear

  • @ncuticynthia8620
    @ncuticynthia8620 2 года назад +1

    Ntubeshe kwel yazana igudire skul!k wibagiye k wigira je connais tou

  • @inkurutv8668
    @inkurutv8668 2 года назад

    Muraturyoheye cane💕💕

  • @ahishakalypse23
    @ahishakalypse23 2 года назад +3

    😂😂😂😂 @chrislamez yaraje kuri chantier yanje,aca akankamira igiti gica gicika fer à beton!🤔🙄😂😂😂😂

  • @gerdairutingabo9954
    @gerdairutingabo9954 2 года назад +1

    👌👌👌👌

  • @Françaisboutiquedusavoir
    @Françaisboutiquedusavoir 2 года назад

    Love from Umweha tv

  • @amadeusngabirano1552
    @amadeusngabirano1552 2 года назад +2

    Bahora batubwira ngo utuyabu two mu buyenzi nabantu, kariya karinyuma ni mama nde? 😂😂😂

  • @nourambarak6297
    @nourambarak6297 2 года назад

    kaboss nawapend san

  • @kwakundi257
    @kwakundi257 2 года назад

    Jimbere iri ready kuriha amenyo🤣

  • @tsexpertise257
    @tsexpertise257 2 года назад

    Love from intango Tv

  • @kenzanina9164
    @kenzanina9164 2 года назад

    Imbugita nyene

  • @ciellahirwa4017
    @ciellahirwa4017 2 года назад

    Lamez karasara hahaaaaa

  • @ydhd6420
    @ydhd6420 2 года назад +4

    Kabos ndagukunda kubwa ALLAH 🥰🥰🥰

    • @kaboss4real
      @kaboss4real 2 года назад +1

      Murakoze caanee 🙏🏾komeza munshigikira

  • @marcaurelirakiza2724
    @marcaurelirakiza2724 2 года назад

    Ikimuriko nakimeny Sha😂😂

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 2 года назад

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤝🤝ngwaba star turabarongora ndamanyutse🤣🤣🤣🤣

  • @papillonrouge6117
    @papillonrouge6117 2 года назад +4

    Amazing 😍😍😍

  • @lilianedornshimirimana3391
    @lilianedornshimirimana3391 2 года назад

    😂😂😂😂ngo sigwije mu mutwe 😂😂😂😗

  • @mariejeanne4958
    @mariejeanne4958 2 года назад +1

    Nne Kiki icakabiri nicookimamiro 🙊🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @annickhakizimana5823
    @annickhakizimana5823 2 года назад

    💯💯💯💯❤❤❤❤🤚murashoboye

  • @arlettentakiyiruta6726
    @arlettentakiyiruta6726 2 года назад +1

    Vyr bitesaaa

  • @ennymuhimpundu3121
    @ennymuhimpundu3121 2 года назад +1

    None atekesha imbugita😆😆😆😆

  • @ninanimbona488
    @ninanimbona488 2 года назад

    Madzameee i love youu 😍😍😍

  • @titythierry
    @titythierry 2 года назад +1

    Iki cana kirasara kuma stories

  • @estellatuyisenge2020
    @estellatuyisenge2020 2 года назад

    Utekesha imbugita 😂😂😂

  • @santhy9963
    @santhy9963 2 года назад

    🔥🔥

  • @lydiairakoze8506
    @lydiairakoze8506 2 года назад

    Love you laly 😚

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 2 года назад +1

    😂😂😂 Ewe kiki sha

  • @hafsasango8752
    @hafsasango8752 2 года назад

    🤑🤩

  • @Naylyy
    @Naylyy 2 года назад

    Ndakumbagaye n guseka 🤣🤣🤣🤣

  • @nitegekasandrine
    @nitegekasandrine 2 года назад

    Izonyama kwaramagupfa?

  • @brozadeoofficial
    @brozadeoofficial Год назад

    Uyu musto asa numukobwa twiganye COMIBU Buyenzi (Jumuiya) bamutazira Kabeba😅😅😅😅😅 nimba ntibeshe abize Jumuiya bankosore j ettend

  • @edissa9958
    @edissa9958 2 года назад +1

    🤣😂😂