Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mwirinde gutukana no guterana amajambo , ivyo utakunze wihorere urabe Imana kuko niyo ihamagara abakozi b'Imana
🎉🎉🎉Wamugeneral aziyahura mbebasha nuyu numva yakinjiye!!!
Amen amen
Amen ivyobih nibibeho kugihugu nokumuryango wanj bless u prpht
Yesu abahezagire. Hanyuma umuntu azoba yiyahuye Sinzi iyo Mana wavuze izomwakira iyariyo. Kuri ibi navyo uvuze nivyaba uko tuzokwemera ko ivyo uvuze Ari vyo.Yesu abamdanye kuba Ku Gihugu cacu. Amen, namwe muhezagirwe.
Amenn Imana Dusenga Idufashe Yesu aguhezagire Ivyo uvuga vyose nu kuri Kandi Biraba . Imana Ibandanye Itonesha Igihugu cayo
🙏 🙏 🙏 Muhezangigwe nuhoraho imana yacu
God bless you Man of God. Ubuhanuzi bwawe ndazi Imana igiye kubushitsa
Iyi turimwo iteye ubwoba.ibihe vyanyuma vyacurwa ga na Yesu nibi ,baracaza,
Haleluuuuuuuaaaaa ubuhanuzi bwaraye busohoye Yesu akongere amavuta meshi prophète yogusohoza amasezerano
Amen ndakiriy uburumbuke mwizina eryasesu kristu
Amen Amen tank you so much brother 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
AMEN AMEN. NDAKIRIYE KURWIRA MWIZINA RYA YESU CHRISTO MURI PROMOTION MURUVYARO MUMAZU MUMAFARANGA MUBURYO BWOSE. URAKOZE CANE PROFET MODEST
Amen ndavyakiriye ,ukurumbuka kube murugo nomuryango wanje mwizina rya YESU KRISÎTO WINAZARETI
Amen Amen uraruhuye umutima wanje uhoraho akwongerereze amavuta ashishikare kukwereka ivyikinze nivyihishije
Hagarika ubuvugishwa wivugire ijambo gusa, none Tanganyika gupunguka no kwiyongera sibisazwe, ahubwo bwira abayisugereje bakubaka badakurikije amategeko, bo Imana ntakintu ubakubwiraho ko baba basuzuguye amategeko? Nibaze ko ibijanye numupira utazosubira kubivugishwa kubera ntibijanye nijambo ry'Uhoraho nagato. Mpwemu ntiyakwiha abatwenzi aja mubintu vyumupira tureke n'Afrika nuburaya aribwo buri imbere ntampwemu yoja mumipira kuko yoba yitesheje agaciro.
Hakubwira abantu bave muvyaha bihane barondere ijuru ivyo nivyisi reka kuzimiza abantu muzobibazwa
Amen Amen Imana niguhezagire ugize neza natwe turawakiriye uwomugisha wi Mana
Reka reka ubwo Buhuhuta...icazanye Yesu Kristo mw isi ni kugira ahe ubugingo budashira abavyawe n urubuto rutabora...Heburayo1: 1-3
Amen amen amen 🙏
Amen na jewe biranejeje vraiment .Ndakurikirana ibibera mu Burundi ,ndabakunda .Imana ibahezagire ibahe uburumbuke tuzobusangira ndabizi ndi ngaha muri Congo.vyiza cane
Naw'Iman'Ikugirire neza cane Umukama Abandany'agusig'Amavuta🙏🙏🙏
Amen turavyakiriye mwizina rya Yesu christo
Amen Amen mukoz w,Iman iguhumugish ndavyakiriy munjy no kumuryango wanjy nurug rwanjy rwahazaz hezagirw ukomezw nuwitek
Amen, qu'il soit ainsi
Amen i receive it 🙌🙏in the Name of Jesus Christ
Imana ihimbazwe ibihe byose niyo iri hejuru ya byose
Ndavyakiriye mwizina rya yesu kristo umwana w'imana nzima amen amen amen murakoze muhezagirwe amen
Ameen ndavyakiriy mwizina ry Yesu Christo w Inazaleti
Shalom Apostle, Imana ishimwe ngo mwagarutse i Burundi.Jewe nsigaye ndi i buraya ariko sinigeze mpagarika kugusengera kabisa.Karibu saana.Papa Gael
Ndabiziko Amasengesho Aruhisha kandi ababaza kugira muronke amakuru nkayo ntamikino muba mwababajwe bihagije ndabizi ntivyoroshe ariko vyose nubuntu bwImana muhezagirwe cane
Nukuri kubareretse batasamaye umwaka uheze harababonye Imana ibakorera ibikomeye nanje ndabihamya cane Kuko narayibonye.
Amen. Ndavyakiriye ibihe vyo kurumbuka jewe na mon ami Boniface Kadege
Amen ,mwizina rya Yesu christo Yesu abongere imbara nihishurigwa rikomeye
Amenanen ndavyakiriye
Ndakiriye uburumbuke mwizina rya Yesu yabambwe
Muhezagirwe ndaryohewe cane❤
Amen amen murakoze muhezagigwe
Amen Amen Amen muhezagirwe mwizina rya Kristo Yesu!
Amen ndavyakiriye mwizina rya Yesu Kristo
Amen uburumbuke butubeko mw'Izina rya Yesu Christon
IMANA uguhenawe umugusha ikwibuke nkuku itwibutse
Amahoro !narimbakumbuy pe,nari narabarondey ndabura uko nobatora,none Imana ishimw uz uza keshi uduha amakuru,kuko ndibuka aho abantu bari bacanganikiw uvuga ngo ntantambara ihari ngo ahubwo musenger 2023,none naho utanz amakuru
AMEN
Amen ndavyakiriye mw’izina rya Yesu Kristo wi Nazareth
Amen
Amen Amen ndakiriye umwaka w'uburumvuke wo kuronka ivyo nasavye uhoraho
Amen Amen, ndakiriye ibihe vyo Kurumbuka au Nom de Jésus.
Ameeen Imana ikuzigame kandi ikwambike inkomezi , inaguhe umugisha utagabanije.
AaamenAriko uwiyahuye Imana ntiyomwakira.
Amen amen mukozi ' Imana
Amen amen amen amen shalom shalom
Mbe bimwe waswaganya ngo intambara ya Russian na Ukraine ngwizomara 3mois bigeze hé??reka Basha kuba mubeshera Imana
Amène
Ameeeen, Daddy I receive in the mighty name of Jesus
Amen Amen Allelua
Amena amena ndavyakiriye
Ivyiza byuburundi turabyishimiye kuko nigihugu dukunda cane
Amen🙌
Amen ndavyakiriye
Ndavyakiriye mwizina rya yesu Christ
Ur'umuntu w'Imana mpamiriza ko ukorera Imana pe🙏
Ameen,bibe,nkuko,inama,ibigomba
Habwa umugisha Muhanuzi wUwiteka
Amen kubwaaaa
Amen,I receive
Amen I receive it in the might name of Jesus Christ
Amen amen halleuya halleuya
Hezagirwa mukoziwimana ndakwemeye urumuvugishwa kuko ivyo harinahandi nuvyumvise kumukoziwimana
Amen.
Amen, Amen.
Ndavyakiriye mw’izina rya Yesu Christ.
Murabura ibyo Mwakira
Amen tubonye aho tuzahahira
Amee ameen Prophet
Ameeeen, ameeeen
Amen amen prophet
Ameeeen
Nukuri Imana idukurireho intambara
Ameeen
Ameen
Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen
Nakiriye uburumbuke muri vyose je mba mu Rwanda mugabo ndashima ko ikuyeko ibibi igahumuriza abayo
Kurumbuka Amen.
Ameeeeeen
Ameeeeen kuuu
Amen i receive it
Ndavyakiriye mwizina rya YEsu christo
amen
Ngumahamwe birikucika
Ameeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeen
Amen je reçois au nom de Jésus de Nazareth
Amen 🙏🙏
Intambara ikuwehose yigeze ibaho ?
Amennnnn
Amen amen amen 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
amen🙏
Mwirinde gutukana no guterana amajambo , ivyo utakunze wihorere urabe Imana kuko niyo ihamagara abakozi b'Imana
🎉🎉🎉
Wamugeneral aziyahura mbebasha nuyu numva yakinjiye!!!
Amen amen
Amen ivyobih nibibeho kugihugu nokumuryango wanj bless u prpht
Yesu abahezagire. Hanyuma umuntu azoba yiyahuye Sinzi iyo Mana wavuze izomwakira iyariyo. Kuri ibi navyo uvuze nivyaba uko tuzokwemera ko ivyo uvuze Ari vyo.Yesu abamdanye kuba Ku Gihugu cacu. Amen, namwe muhezagirwe.
Amenn Imana Dusenga Idufashe Yesu aguhezagire Ivyo uvuga vyose nu kuri Kandi Biraba . Imana Ibandanye Itonesha Igihugu cayo
🙏 🙏 🙏 Muhezangigwe nuhoraho imana yacu
God bless you Man of God. Ubuhanuzi bwawe ndazi Imana igiye kubushitsa
Iyi turimwo iteye ubwoba.ibihe vyanyuma vyacurwa ga na Yesu nibi ,baracaza,
Haleluuuuuuuaaaaa ubuhanuzi bwaraye busohoye Yesu akongere amavuta meshi prophète yogusohoza amasezerano
Amen ndakiriy uburumbuke mwizina eryasesu kristu
Amen Amen tank you so much brother 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
AMEN AMEN. NDAKIRIYE KURWIRA MWIZINA RYA YESU CHRISTO MURI PROMOTION MURUVYARO MUMAZU MUMAFARANGA MUBURYO BWOSE. URAKOZE CANE PROFET MODEST
Amen ndavyakiriye ,ukurumbuka kube murugo nomuryango wanje mwizina rya YESU KRISÎTO WINAZARETI
Amen Amen uraruhuye umutima wanje uhoraho akwongerereze amavuta ashishikare kukwereka ivyikinze nivyihishije
Hagarika ubuvugishwa wivugire ijambo gusa, none Tanganyika gupunguka no kwiyongera sibisazwe, ahubwo bwira abayisugereje bakubaka badakurikije amategeko, bo Imana ntakintu ubakubwiraho ko baba basuzuguye amategeko? Nibaze ko ibijanye numupira utazosubira kubivugishwa kubera ntibijanye nijambo ry'Uhoraho nagato. Mpwemu ntiyakwiha abatwenzi aja mubintu vyumupira tureke n'Afrika nuburaya aribwo buri imbere ntampwemu yoja mumipira kuko yoba yitesheje agaciro.
Hakubwira abantu bave muvyaha bihane barondere ijuru ivyo nivyisi reka kuzimiza abantu muzobibazwa
Amen Amen Imana niguhezagire ugize neza natwe turawakiriye uwomugisha wi Mana
Reka reka ubwo Buhuhuta...icazanye Yesu Kristo mw isi ni kugira ahe ubugingo budashira abavyawe n urubuto rutabora...Heburayo1: 1-3
Amen amen amen 🙏
Amen na jewe biranejeje vraiment .
Ndakurikirana ibibera mu Burundi ,ndabakunda .Imana ibahezagire ibahe uburumbuke tuzobusangira ndabizi ndi ngaha muri Congo.vyiza cane
Naw'Iman'Ikugirire neza cane Umukama Abandany'agusig'Amavuta🙏🙏🙏
Amen turavyakiriye mwizina rya Yesu christo
Amen Amen mukoz w,Iman iguhumugish ndavyakiriy munjy no kumuryango wanjy nurug rwanjy rwahazaz hezagirw ukomezw nuwitek
Amen, qu'il soit ainsi
Amen i receive it 🙌🙏in the Name of Jesus Christ
Imana ihimbazwe ibihe byose niyo iri hejuru ya byose
Ndavyakiriye mwizina rya yesu kristo umwana w'imana nzima amen amen amen murakoze muhezagirwe amen
Ameen ndavyakiriy mwizina ry Yesu Christo w Inazaleti
Shalom Apostle, Imana ishimwe ngo mwagarutse i Burundi.Jewe nsigaye ndi i buraya ariko sinigeze mpagarika kugusengera kabisa.Karibu saana.
Papa Gael
Ndabiziko Amasengesho Aruhisha kandi ababaza kugira muronke amakuru nkayo ntamikino muba mwababajwe bihagije ndabizi ntivyoroshe ariko vyose nubuntu bwImana muhezagirwe cane
Nukuri kubareretse batasamaye umwaka uheze harababonye Imana ibakorera ibikomeye nanje ndabihamya cane Kuko narayibonye.
Amen. Ndavyakiriye ibihe vyo kurumbuka jewe na mon ami Boniface Kadege
Amen ,mwizina rya Yesu christo Yesu abongere imbara nihishurigwa rikomeye
Amenanen ndavyakiriye
Ndakiriye uburumbuke mwizina rya Yesu yabambwe
Muhezagirwe ndaryohewe cane❤
Amen amen murakoze muhezagigwe
Amen Amen Amen muhezagirwe mwizina rya Kristo Yesu!
Amen ndavyakiriye mwizina rya Yesu Kristo
Amen uburumbuke butubeko mw'Izina rya Yesu Christon
IMANA uguhenawe umugusha ikwibuke nkuku itwibutse
Amahoro !narimbakumbuy pe,nari narabarondey ndabura uko nobatora,none Imana ishimw uz uza keshi uduha amakuru,kuko ndibuka aho abantu bari bacanganikiw uvuga ngo ntantambara ihari ngo ahubwo musenger 2023,none naho utanz amakuru
AMEN
Amen ndavyakiriye mw’izina rya Yesu Kristo wi Nazareth
Amen
Amen Amen ndakiriye umwaka w'uburumvuke wo kuronka ivyo nasavye uhoraho
Amen
Amen Amen, ndakiriye ibihe vyo Kurumbuka au Nom de Jésus.
Ameeen Imana ikuzigame kandi ikwambike inkomezi , inaguhe umugisha utagabanije.
Aaamen
Ariko uwiyahuye Imana ntiyomwakira.