IRI JORO LE 17|7|2024 🚨IJAMBO RITEYE IGOMWE OLIVIER BUYOYA AVUZE BASHINGURA PETERO BUYOYA i BURUNDI💰

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 5 сен 2024
  • #ishamitv #amakuru #burundi #rwanda #rdc Petero buyoya yashinguwe
    CONTACT US: umuzungu15@gmail.com
    Join ISHAMI TV WhatsApp Group: chat.whatsapp....
    Amakuru mashya ku Rwanda na Congo
    Find us on Facebook: bit.ly/4aZt0k0
    Follow us on X: bit.ly/3SeOaDv
    Follow us on Instagam: bit.ly/3O4ZQq5
    Ishami TV Website: ishami.rw/
    And please don't forget to subscribe: ISHAMI TV: bit.ly/3vEnB1W
    #m23 #amakuru #goma #sadc #m23 #fardc #rwanda #congo #amakuru #uburundi, #goma #afc, #amakuru #congo

Комментарии • 34

  • @user-dx1yu4nv5y
    @user-dx1yu4nv5y Месяц назад +3

    Naje hirya nabana yatumye baba imfuvyi mbe yibaza ko we atazopfa.Nagende Imana izokwishurira imfuvyi

  • @user-lf9jg9oq4j
    @user-lf9jg9oq4j Месяц назад +2

    Président Buyoya était un grand homme d'État qu on le veuille ou pas,l, histoire en dira plus

  • @ackleokwenda5959
    @ackleokwenda5959 Месяц назад +5

    Kutavuzeko ariwe yishe Ndadaye.

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Месяц назад +2

    Mureke yiruhukire chacun a son tour

  • @celestinsakubu4273
    @celestinsakubu4273 Месяц назад +6

    Uryantarapfa

  • @user-yv9xk4cm4r
    @user-yv9xk4cm4r Месяц назад +2

    Sinarinziko buyoya yoza murundi iwabo bururi yubahwe ninyanka mugayo baramutahanye mugihugu ciwe

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Месяц назад +2

    Iyataba we CNDDFDD ntivyari kuyorohera

  • @yvonneirakoze-zj7bk
    @yvonneirakoze-zj7bk Месяц назад

    Imana imwakire mubwami bwayo😢

  • @ANNETWAGI-hg9fc
    @ANNETWAGI-hg9fc Месяц назад +2

    Abanya Kamenge ntituzamwibagirwa ahoyaza umengo nigihugucamuteye umengo mubo atwara kamenge ntirimwo none Nguyo aje aribigufa bitonashirwa no mwisombe nukuri !!!? Ivyisi namananiza p!

  • @ManariyoPaul
    @ManariyoPaul Месяц назад +2

    Weho na buyoya muri bamwe

  • @TheogeneBigirimana-w9o
    @TheogeneBigirimana-w9o Месяц назад +1

    Intwari ntazibagirwa.lruhuko ridahera president

  • @ackleokwenda5959
    @ackleokwenda5959 Месяц назад

    Ntega na maramgara hose yarishe abanyagihugu

  • @BolingoTheodomir
    @BolingoTheodomir Месяц назад

    ou je travaillais comme technicien

  • @BolingoTheodomir
    @BolingoTheodomir Месяц назад +1

    Oh Mon president. allez dans la paix du christ ,vous avez lutter pour la paix et l'unite du burundi,je vous souviens dans le dvpt de cheptel race frisonne ISABU MAHWA et dans toute l'environement Rutovu,Ryansoro,matana......

  • @innocentnduwimana1650
    @innocentnduwimana1650 Месяц назад

    Président Michel Micombero wewe ntabwo yapfiriye hanze hama agatahanwa guhambwa mu Burundi?

  • @NDAYISHIMIYEJeanClaude-vb1xe
    @NDAYISHIMIYEJeanClaude-vb1xe Месяц назад +2

    Buyoya naruhukire mumahoro yari lntwari.

  • @DodoEdi-dp6fk
    @DodoEdi-dp6fk Месяц назад

    Reka kwinjira muryubirundi bateye kure .nomurwanda mubikore.

  • @PieSabiyumva
    @PieSabiyumva Месяц назад

    Yarumugesera mukwicana

  • @EmanRikundeNkurunzuza-bu5li
    @EmanRikundeNkurunzuza-bu5li Месяц назад

    Muzobaze neza ivya Politique,Ndadaye ahanini yishwe naba Faransa,ninkakurya kwa Khadafi yishwe nabanyagihugu niw ariko ahanini yishwe n'a OTAN donc abanya merica nabanyaburayi

  • @AsterNsengiyumva
    @AsterNsengiyumva Месяц назад

    Naruhukire mumuriro udahera kuko aniw wamber yish beshi gusumba abandi

  • @user-xc5fd2ve5r
    @user-xc5fd2ve5r Месяц назад

    None mwagombako bamuherekeza nomukuzimu oya harya umwewese arijana Aho mwavuze ivyomuvuga

  • @JohnSinankwa-ur3ul
    @JohnSinankwa-ur3ul Месяц назад

    Ahubwo murabasazi Kuberiki mutovugisha ukuri ukoyishe ndandaye

  • @MusaniMusani-h4i
    @MusaniMusani-h4i Месяц назад

    Hama abarundi ntibazomwibagira kuciza ca ntega na marangara nurupfu yishe ndadaye

  • @salemnelson7884
    @salemnelson7884 Месяц назад

    Uruphu. rurarya rwatinyutse buyoya

  • @user-mm5mz2qg2p
    @user-mm5mz2qg2p Месяц назад +1

    Impumyi zizotahura ubutwari bwawe mon président zisabe imbabazi!!

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f Месяц назад

    Mbe abamuvuga nabi ,gushima iki?Ubu ntabariko Baricwa ari ba nyarucari? Ndadaye nawe,yapfuye nka Rwagasore .intwari zo ziba ziteze gupfira ukuri

    • @ConfusedLighthouse-ty2vu
      @ConfusedLighthouse-ty2vu Месяц назад

      Ewe buyoya we niyiryamire nu mugabo abaryana bo aribamwe? Iryamire muvyeyi kazima usize olivien nabandi bana

  • @francinemateso8358
    @francinemateso8358 Месяц назад

    Yirigwaraduhiganindege.pierre.buyoya.ntawomuririra.iyonkoziyikibi.ahubwo.imana.niyizomumenya.ivyiwe.abahutugwaraziranakumtwaroyiwe..ipfuvyininyishikuberawe.ntiyaraziko.nawazosikigwa😢😢😢😢😢

  • @user-tf9rz9kp6r
    @user-tf9rz9kp6r Месяц назад

    Cibitoke ntituzomwibagira kuvyoyakoze ikibiciwe yaduteye niyotwahungiy murikongo abantu agahonya sindamuciriyubanza

  • @user-jx6uc2ov3i
    @user-jx6uc2ov3i Месяц назад +1

    Fils des Occidentaux
    Ishusho ryigihugu turimwo abifisemwo uruhara
    Ntituratahura ico yiciye Ndadaye

    • @FatuEspe
      @FatuEspe Месяц назад

      Yamwishe kubera arumuhutu

    • @GhadyNkirabadashaka
      @GhadyNkirabadashaka Месяц назад

      Nindi yobazi igikogwa ciza yakoreye Ubundi? Atubwire

    • @nkundimanajesusmariejoseph9029
      @nkundimanajesusmariejoseph9029 Месяц назад

      Hari n'ikindi ciza cane ndamuziko. Igihe yashiraho service militaire obligatoire, ivyo vyaratumye haboneka ningoga imisore n'inkumi b'abatabazi binjira muri CNDD-FDD bazi neza kurasa kandi bafise na formation militaire, kuburyo urugamba rwo kwikurako intwaro yiwe rwaciye rufata umurindi mwiza, ari naco catumye igihugu kija muminwe ya beneco koko naho umenga kirabagora kujera.