Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Erega Kagame numusoda adasanzwe naho Neva weeeee Ahaaaaaaaaa Imana idutabare Uburundi
Mois URwanda dufite umuyobozi wangu
Kagame hejuru ntaguca kuruhande ivyo vyokubaha imana ntibikora kwisi habe namba umuntu akosheje arahanwa😀😀😀😀
Uyu biramugoye kuba Président
😂😂 comparison 😅
Neva atinya abayobozi bandi,kandi ariwe ubashiraho
Uyu Mugabo ni uwibikorwa, iyo ukosa aragukosora Kandi bituma abayobozi bakora inshingano
Kagame numugabo azokomeze kukinyiganza p aragikwiye❤❤ mutama uzobahe igiti p
Rwanda❤❤❤
Kagame ntakina
❤❤❤❤
Cyakoze✊ lion heart❤🇷🇼
Neva ni ikigoryi pe 😂😂 ntakwiye kuba umukuru wigihugu😂😂😂
We vunga mdomo wako ikigoryi niso ayize azanapfa adatwaye nagasozi nakamwe njaa tuu
Ni ikigoryi pe😅
Neva 👮🏼♀️👮🏼♀️ubundi yakabaye arumukozi wiwangye ampingira cyangwa anfungurira igipangu
Kagame arashoboy azi gufata ingingo
😂😂ico kivagundu ngo ni neva ntaho azogeza u burundi ipuuuuuuuu😢
Birakuraba seee wewe kuri Umunyarwanda.
Moses, uri uruhombo ku Burundi, igihugu nticubakwa mugusuzuguza indongozi ukoresheje imbuga ngurukanya bumenyi.
We rofa. Ukuri kuraryana. Muzoguma mwicwa no guhisha aho murwaye. Faiblesse ihari iba ihari, kandi igomba kuja ahabona mugihe ituma dusubira inyuma
Kuntuka ntaco bifasha ndizera. Moses aba I Manamba niwe azi ingorane ziri mu Burundi kurusha abasanzwe baba I Burundi? Haba namba. Mu Rwanda ntabibazo biriyo? Kuki mutavuga ukuntu Abanyarwanda bo mubwoko bw'Abahutu bakumiriwe muntwaro, ibintu vyose mu Rwanda ubona Abatutsi aribo baboneka gusa? Mushaka kuvugako atancabwenge z'Abahutu ziri mu Rwanda? Uwudahuje n'ubutegetsi wese ngo n'umuhakanyi wa Genocide, akarorero kaboneka ni Victoire Ingabire Umuhoza. Kuki mutavuga ingorane ziri mububeshi bwa genocide mukavuga ngo Genocide yakorewe Abatutsi(1.000.0000) mugihe hari Abahutu bahahoneye? Kuki mwagiriza Abahutu ngo nibo bishe Abatutsi mugihe kuva Genocide iheze FPR ariyo igitwara igihugu? Nigute igisirikare ca Leta ya Havyarimana cokwica Umuriyoni(1.000.000) w'Abatutsi hama kikananirwa no kwivuna umwansi w'igihugu (FPR) muri kirya gihe? Nsobanurira ukuntu FPR yoshobora gukorora indege, igatembagaza intwaro ya president Havyarimana ariko bakananirwa no guhagatika abasirikare bavurwa ko bishe umuriyoni (1.000.000) w'Abatutsi? Nsobanurira iyo umuriyoni w'Abatutsi wavuye mugihe population y'Urwanda muri 1993 yababa imirioni umunani (8.000.000), Hutu: 85%, Tutsi: 14%, Twa: 1%. Urwanda rwahaye indaro kandi ruranyegeza inkozi z'ikibi zashatse gutembagaza ubutegetsi bwa President Nkurunziza muri 2015, kuki mutovura iyo ngwara kwanza imbere yuko muvuga aya muhe?
Chimamanda wubahw ubwo bu video bwos naripfuza ko wobubona
Gusa kagame nawe amenera inda kurukumu 😂😂😂😂
Erega baba bamurakaje 😂 Nimba baguhaye akazi ugomba kugakora kakunanira bakakwirukana
Ugatinyuka wowe??🤌 Nneho abwira umudamu😂😂 ntamiyaga pee
@@Protais-qatabadukangiye natwe baturya ni ibisambo nuko bamutinya naho ubundi baturya
😂😂😂😂 caze
Just a shame like you Moses Chimamanda doing nothing but shaming your own country Burundi from where you live in the diaspora.
Ndayishimiye is not Burundi. He can die but burundi will never die.
😂😂😂Moses baguhe igihugu❤ niba nawe utomera nkabandi, érega Moses uburundi buragoye gutwara burimwo code yasizweho nababanje mbere, biragoye !!!😢
Ahubwo ntekerezako abariho bakabaye bari gukosora ibyo byose ababanje mbere bakoze nabi😢
Ico nico kibazo mufite ,niba mitekerereze nk'uko kwawe. Muracafise akazi, pole sana . Ariko murababaje kabisa. Muze murisengera, Imana izo bikora.😅😅
@@tainaruban8384 wibagiwe nokutugirinama yo gukora cyane, kuko ntiwasenga udakora !
Wewe ahuri uriko ukora ibitandukanye nabo uvuga b'imbere? Muratwengeje nukuri! Ababanje imbere bononye nibande? Ubu n'imbere uvuga ahateye imbere n'ihe?
Bandanya muhoha, murota.