IBARA RISUBIYE KUGWA Kukibuga c'indege Bujumbura🔥Indege zabujijwe kugwa😭Gishobora kwugagwa/Umutegets

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 24 дек 2024

Комментарии •

  • @HAKIZIMANAClaudine-m9i
    @HAKIZIMANAClaudine-m9i 10 часов назад +1

    Ubwoko bwose bwaremwe n'Imana sivyiza gucoza abo Imana Yaremye uba uyisuzuguye

  • @dondivinIragororotse
    @dondivinIragororotse 14 часов назад +2

    Justine Burundi
    Ivyu Burundi Nahimana
    Umuntu bamukura gukora mundimiro bajanwa gukora kukiunga c'indege ?ntagitanengaje kirimwo kuvyuburundi mbona menga buri kumpfiro Nahimana gusa

  • @BoscoNdayishimiye-w3h
    @BoscoNdayishimiye-w3h 13 часов назад +1

    Jewe nibaza ko abajejwe ico kibuga cindege batobarenganya cane kuko sibo bokwipfuza gukorera mu kizime,ahubwo vyobazwa abo numva baguma banyuruza itunga ryigihugu,harimwo nabamwe banyuruza amamiliyoni yokubaka urugomero rwumuyagankuba .

  • @nyabendadaniel4074
    @nyabendadaniel4074 8 часов назад

    Nogomba kubaza ko iyo radio ivuga vyo

  • @GeorgesByabagabo
    @GeorgesByabagabo 10 часов назад

    Des remarques : 1) d'abord kwigishwa le journaliste à parler le kirundi comme il faut
    2) il parlerai mieux le kinyarwanda sa langue natale
    3) il est mal informé sur l'aéroport international de Bujumbura
    4) ce journaliste doit être parmi les opposants du pouvoir en place
    5) même s'il ya qlqs choses de positif qui se fait au Burundi, lui dira tjrs le contraire
    Pour ne citer que ces qlqs ex.

  • @Angependo9141
    @Angependo9141 14 часов назад +1

    Nduwambere mwihende

  • @Manirumvaro
    @Manirumvaro 9 часов назад

    Ntakintukizima muviga

  • @scholastiqueharushiyakira8890
    @scholastiqueharushiyakira8890 13 часов назад

    Ubwo we uvuga ivyo abahutu uri umuntu akomeye? Wewe urasara neeeza bazokujane kwa Legenti bakurabire ko wotora mitende kuko ivyo uvuga nukuri nivyo umusazi
    Mbe abo Banyarwanda ivyo bavuga nibo basulvya inkuru abari mu gihugu hagati

  • @YamuremyeGilbert-d6e
    @YamuremyeGilbert-d6e 12 часов назад

    Abajejwe gushiraho inzego kurico kibuga nibasuzume ubinyj bimeze ntituze tumaramare abashitse batugendera basibiye munzira

  • @scholastiqueharushiyakira8890
    @scholastiqueharushiyakira8890 13 часов назад

    @peacelove Israel neza urasara

  • @daviirizima7485
    @daviirizima7485 4 часа назад

    Murwanda musigaye mwarabaye abakehabwenge nkumuyobozi wanyu kagame! Murwanda nta kibuga cindege mufite? Ibande ibyiwanyu murwanda uburundi bwarabasize! Ikirundi naco carakunaniye Ikinyenzi nikirundi nindimi zibiri zidasa!

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 14 часов назад +2

    Uwu munuuko ngo n' abahutu bavumwe naho biga baguma ar' umwaku gusa...nta muhutu yigera aba umuntu ntibibaho
    Imana yabavumye ikibarema muri Gahini