Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
État civil hejuru cane 💯🔥🔥🔥🔥 félicitations Lyna
État civille hejuru cane kuko murabikwiye peeeee hama nsoro nawe hejuru cane kuko uvyitwaramwo neza kandi ntucika intege🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Jw birantangaj muribose bahamagawe namenyemwo fani lavin
Ibi bintu birambabaj Ravelle kweli arabuze oya vrt sivyo
Baraye babakoreyeko😂😂 twari twibereye kwa Fanny guserebura ivyo mbona atakigenda.
Pore sana nimwaba atabiceri mwasizemwo ahhh ibintu vyose vyiyimyaka nubwenge hakora inoti nikimenyane
Nibashire ahintahebishize ntakarengamyo karimwoo
Ornella nukuri numu non stress ndamufana ngo simpave nvuga ibintu ngo nzokwisubizemwo ngo wosanga ndagarutse😂😂😂
Ko mbona bose titabazi? Habuzemo Liberty, Hamede, Mugisha, na Estime cg Fany lavine,
Ego rwose ndakwemeye uvuze neza rwose cadeaux
Maramara neza😮
Ibu navyo nibiki twe twibereye nuri irebe kwafanii
Ariko Fanny wanj yironkeye gusa mbabate kubwa Ravel muraga puu
Mbisa nigire nzogaruka nyama yaje kuduha amakuru yuko vyagenze🤣🤣🤣
Hemwe nukuri abarundi badahevye gushira ukwikunda imbere nukuri ingorane zo ziracariho pe . Uwombona bahaye abikwiye ni uwa filme état civile abasigaye bose ntanabo tuzi😳😳🤔🤔🤔🤔
Hhhhh😂😂😂😂reka mbe ndatwenga kwanza😂😂😂
Sammy nabonyumeng uradandaz amashuk wombwirah ukorera??
Izo film zirabaho?😀😀😀😀😀😃😃😃😃ngo kwetu
Mumbwirako umva yamwihoto itarimwo ntama jury ngaho
Twebwe twari busy na best influencer fanny lavine ivya fasticab ntanivyo twameny
Babwire kotwari bise gose nyama yihangane ndabona iyumusi ahavavuga nabi abantu baraho gusa nyene. Dico arimukazi
GIHEKO 🎉🎉🎉
Mubikuremwo inzigo vrt kor neza ham mubironk ivy mwipfuza
Etat civil ibibintu biratanganje
None ibi vyabaye ryari.nari nibereye muri irebe fanny wacu hejuru cane.ibi navyo mudusivurire
Nishyimy kubwa mutoni
Ibi bintu birimwo ibibazo naho mutabibona😂😂😂😂 ,ndarenganyee
Aha ibibintu nibishashaa muga nukutubwirivyo bisunzeeee
Kazima lna wanj yarose
Nihatar ibi bintu pee
Murarya ivyats
Nyama turagukeneye ivyo bintu bitamenyekanye nihatari babigize mukinwa babu
Nawe ntavyo wamenye nkanje🥱🥱numiwe ahubwo
Lyne numiwe nukr mbonye ngo festicabu yabaye😅
Dico
Non nyn kwatanumw nzi abo bakina he iyo ntumvamwo inama niyo ingomboy😂😂😂😂😂😂😂
Twibereh mur irebe ivyonavyo ngo nibiki?
Ww turikumwe Nani irebe yo mama irakaze niyompanvu Ubu aba star bakomeye batakibijamwo barabonye agahaze ariko nibihangane kuko singobwa ngobigende ukobashaka Fanny hejuru muri irebe
Nn uwo muhungu aranka umuntu akavyetekana .mbega kuki ivyushaka kuberiki wipfuza kwarivyo biba
Ata Fanny ntanikimenyeken tuzi ireb ibind ntibiturab