Mugisha | Narongoye uyu mugore anduta imyaka | Ankorera vyose nkeneye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 4 окт 2024

Комментарии • 315

  • @aliceuwimana9291
    @aliceuwimana9291 4 года назад +23

    Mugisha arabizi nawe ko mu Rwanda tumukunda arashoboye rwose

  • @rehematambwe8999
    @rehematambwe8999 4 года назад +10

    Umubwire Mugisha na Aisha big up sana bararyoheye ijisho canye, imana ikomeze ibahezagira mu rukundo rwabo 👏👏👏😘😘

  • @Gorilla-gospel
    @Gorilla-gospel 2 месяца назад

    vraiment uyu journalist ni numu proffessionel numuhanga kbsa ndabikunze kweli courage

  • @nyiringabofrank3427
    @nyiringabofrank3427 4 года назад +24

    Mugisha mu Rwanda twamukunze cyane nkumuntu ufite displine kdi wubaha kdi ubanza arinako kuri (film mugisha)

  • @noriellaakimana7425
    @noriellaakimana7425 4 года назад +3

    Ntumbaze umuzi wibuye gusa😆😆😆Mugisha we love you so much

  • @vanessandayisenga9285
    @vanessandayisenga9285 4 года назад +13

    Sha nanje ndakunda Mugisha namadamewee

  • @للاالااا-ر2ش
    @للاالااا-ر2ش 4 года назад +4

    Mugusha urinimpano ndakwipfuriza iherezo ryiza niyokado nobona noguha nanje ndafise umwana yitwamuginha urukundo rwawe namandame wawe lmana izarukomeze💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕💕

  • @nsanzabahizirahma7104
    @nsanzabahizirahma7104 4 года назад +5

    😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😊😂😂😂😂Apo pamwisho nimeceka adi mbavu Zina uma Mugisha nakupenda sana na familiya yako pongezi kwa mkewe alipata mumu asiyo tiya stress ❤️

  • @lilianeerica3675
    @lilianeerica3675 4 года назад +6

    😂😂😂😂😂mugisha we na comedy wozishobora pee umwami ashishikare gukomeza urugo rwanyu👍❤❤

  • @therayantvshow
    @therayantvshow 4 года назад +10

    Mugisha Turamukunda Hano Murwanda 🇷🇼 kbsa nadukorere akandi

  • @neyokevin8815
    @neyokevin8815 4 года назад +3

    Mugisha ko wabuze cyane none films zawe nsinkizibona wallah

  • @BigiBeex
    @BigiBeex 4 года назад +5

    Thus nice ...mugusha u are talented...

  • @estherirambona3460
    @estherirambona3460 4 года назад +1

    Mutangazaji bujahit ndakwemera

  • @burundisgottalent2184
    @burundisgottalent2184 4 года назад +5

    Isaac uko sutwa kabisa! Icompa ukaronka uwukugirako, interview nkiyo ugiriye Mugisha! Turabe ingene uvyifatamwo. But, Mugisha ari mature kabisa, iyaba uwundi, yarigupanika, canke akishofa. Thank you, Mugisha and his family👍!

  • @mwaminishakalili4120
    @mwaminishakalili4120 4 года назад +9

    Couple nzuri saaaaaana kabisa👌❤

  • @protainkagwiza3073
    @protainkagwiza3073 4 года назад

    Ikigari turabakunda cyane umuryango wa mugisha

  • @umukiranutsieric9351
    @umukiranutsieric9351 4 года назад +3

    OH MBEGA MUGISHA SINARINZIKO WABONYE UMUGORE NDAGUKUNDA KABISA MUGISHA IMANA IGUKOMEREZE UMURYANGO NUKURI YOU ARE A BEST PERFOMER IN FILM

  • @firgencebarakusha3939
    @firgencebarakusha3939 4 года назад +5

    Nukuri Mugisha numu Dame wiwe barantwengeje 😄😄😄 Bampa ninyigisho ndakunda isinema zabo

  • @nizigiyimana3sayidati80
    @nizigiyimana3sayidati80 4 года назад +1

    Madamu mugisha harikintu cumwihariko nkwigiyeko kandi merci irambire

  • @idayasaidi2770
    @idayasaidi2770 3 года назад

    Asww vipihalinguguzangu nawapenda sana anti sultana Ankara yetu mugisha nawatakiya maisha marefusana bilakumsahauna wards nawaridi newspaper haisana

  • @aidahacimana7844
    @aidahacimana7844 4 года назад +1

    Ndabakunda cyane gose mugisha na madam aisha

  • @بنتابوها-ح7خ
    @بنتابوها-ح7خ 4 года назад +11

    Mbaye uwambere ndazindutse muraberewe pe kandi ikiganiro canyu kiryoheye umutima n'amatwi Imana izabazitirire ibihe bidashira. Impanuro mutanga zubaka benshi

  • @samillabimenyimana8443
    @samillabimenyimana8443 4 года назад +4

    Wamudamuwe uramubajije ikibazo kiryoheye kwel gusa ndabakunda.

  • @ibrahimrukundo3064
    @ibrahimrukundo3064 4 года назад +1

    brodher IS HAQ nakubali kazi yakoooo ya utangazaji na brodher mugisha na mfamilia yake wako vizuri kabisa.

  • @desirenkunzimana1161
    @desirenkunzimana1161 4 года назад +4

    Mugisha aranyishe ATI isura ntihindukaa ucumusiga mukorogooo

  • @EvangelistNiceMinistries
    @EvangelistNiceMinistries 4 года назад +5

    Wow mugisha

  • @neveragainneveragain1880
    @neveragainneveragain1880 4 года назад +1

    Mugisha turagukunda💝💝Tubona wararezwe neza 💝

  • @nononila4876
    @nononila4876 4 года назад +9

    Mugisha ndaryohew nibiganir vyanyu

  • @omarhakizimana7595
    @omarhakizimana7595 4 года назад +6

    Gusa yarandijije hafi yo gupha ndamukunda kbx kubera Allah

  • @baskasbas7989
    @baskasbas7989 4 года назад +3

    Irukundo murukundo nukuri muzemugume mukundana uko🥰🥰

  • @anitanahimana2115
    @anitanahimana2115 4 года назад +3

    Mugisha wallah unani che kesha sana. Kabisa

  • @MariamuBahati-l4c
    @MariamuBahati-l4c 5 месяцев назад

    I Love you so much mugisha😂😂 uvuzukuri

  • @musabwaconcorde8638
    @musabwaconcorde8638 4 года назад +2

    Turagukunda sana mugisha nishimye nokubona numufasha wawe!

  • @سنتياالشهري
    @سنتياالشهري 4 года назад +2

    Bujahitv
    Muratwishr cane mugisha na madame wiwe ndabakunda kbs muk muraryohera sana.

  • @zobidazobida2353
    @zobidazobida2353 4 года назад +2

    ndabakunda cane imana ibahumugisha mubanyu nomuvyanyu

  • @MaMai-v6n
    @MaMai-v6n 3 месяца назад

    Mugisha turagukunda from Rwanda

  • @egidegoodman93
    @egidegoodman93 4 года назад +4

    Nice answer big up sana

  • @buteranoresirakiv4767
    @buteranoresirakiv4767 4 года назад +3

    Ndabakunda cyane mugisha namadame

  • @Mariam-h8l9c
    @Mariam-h8l9c 4 месяца назад

    Courag m❤❤❤ rwany Imana ibajimber nimwakir🎉🎉🎉🎉yany

  • @cherinerockofficial785
    @cherinerockofficial785 4 года назад +1

    Mugisha ongeza mke mwengine kwasababu umebarikiwa okowa dada zetu wanahitaji kuolewa

  • @anitanahimana2115
    @anitanahimana2115 4 года назад +2

    Kaka uko vizuri sana imana ibaje imbere murukundo ryanyu kabisa 😍😘

  • @moskhadija3347
    @moskhadija3347 2 года назад

    Aswww virement muraberanye.murubahana

  • @languidenzoyihera2394
    @languidenzoyihera2394 4 года назад

    Komera mugisha numuryango wawe.

  • @dullymushsa1450
    @dullymushsa1450 4 года назад +1

    NAWAPENDA SANA MUGISHA N'A MKEWAKE😍😍😍😍😍🇧🇮

  • @ishtarbby624
    @ishtarbby624 4 года назад +1

    Mugisha aranejeje hhhhhhh

  • @gafdg6413
    @gafdg6413 4 года назад +6

    Jewe ahokwumviriza ikiganiro , nagumye ndaba ibirato vya Isaac 😂😂 ninde yabonye ibirato vya Isaac yambaye 😂😂

  • @baskasbas7989
    @baskasbas7989 4 года назад +3

    Mugisha akokantu kaza iyurwaye mumutwe😅😅😅

  • @patriqueniyibizi7310
    @patriqueniyibizi7310 4 года назад +4

    Urugo ruhimbaye cane komera mugire imigisha🤗🤗🤗

  • @noraevers8868
    @noraevers8868 4 года назад +1

    ManshaAllah nawapendasana Allah abaliki ndoa yenu. awawekembari na mahasidi .🙏

  • @jacquelinenduwimana2357
    @jacquelinenduwimana2357 4 года назад +2

    Nfasha mana kwihangana narakunze cane iyo ndirimbo kuburyo ndayisubiramwo wogira nije nayitanguye .uti bandanya turabakurikira cane.

  • @boranshimirimana4288
    @boranshimirimana4288 4 года назад

    Mugisha utuzanire muri youtoube LA Belle salha

  • @DesireNsengiyumva-f7r
    @DesireNsengiyumva-f7r 5 дней назад

    Mugisha murundi wiwacu turagukunda cane

  • @HosaAli-o2v
    @HosaAli-o2v 3 месяца назад

    Na wapenda sana. Jamani🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤

  • @divinekanyange4585
    @divinekanyange4585 4 года назад

    Turakumbuy bishasha vya mugisha

  • @ithianathitirightness1361
    @ithianathitirightness1361 4 года назад +1

    Hhhhhhh Isaac uransekej kweri 🤣🤣🤣Ngo Mukawawe😆😆😆

  • @elisabella2323
    @elisabella2323 4 года назад

    Noe mugisha kuberiki utatwaye wamukobwa yagukunda womunyagabiga mugisha

  • @Aimee-m8d
    @Aimee-m8d 4 месяца назад

    Mugisha nkunda madame wawe nimwizape mbona mwese murabanyamahoro nuko ndi Nairobi umunsi naje nzaza kubasura rwose Rwanda turabakunda sana

  • @officiallyafazza2105
    @officiallyafazza2105 4 года назад +3

    Mugisha turakwemera kandi imana ibandanye kukufasha

    • @LilaLila-zr3ei
      @LilaLila-zr3ei 4 года назад +2

      Ndagukunda kandi cane madamu wawe ndamwemera😘😘😘😘

  • @muvunyiolivier8606
    @muvunyiolivier8606 4 года назад +4

    anyone from Rwanda hit the likes

  • @christellanirere1791
    @christellanirere1791 4 года назад +1

    Mugisha we lov u🥰🥰

  • @yousrahussein7010
    @yousrahussein7010 4 года назад +2

    Pole na safali watu wang ndabakunda nukuri asante sn Kaka Isaac kazi nzuli

  • @nzobakengaesperanza6266
    @nzobakengaesperanza6266 4 года назад +4

    Ndakunze uyomuryango murakoze cane Maman Haisha irashira muriryo Shira hamwe ryanyu

  • @amissaitangisha8586
    @amissaitangisha8586 4 года назад +2

    Kumbe muka mugisha arafise abuzukuru urukundo nihatari

  • @mykitchenmy375
    @mykitchenmy375 4 года назад +1

    Mugisha abanyarwanda turagukunda ufise indero

  • @racheluwamahoro9097
    @racheluwamahoro9097 4 года назад +2

    Mugisha uranzi guteka waratekanga waba runsatsi my film yawe

  • @musabyimananadia7989
    @musabyimananadia7989 4 года назад +2

    Mukundane rata no murwanda turabemera🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤️

    • @ysgtge8114
      @ysgtge8114 4 года назад

      Mansha allah nawapend sana

  • @nzobakengaesperanza6266
    @nzobakengaesperanza6266 4 года назад +5

    Issac ndakwingize nukuri wige icongereza kandi vyokubera cane gose

  • @lydianshimi1864
    @lydianshimi1864 4 года назад +5

    Assalaam alykum warahmatullah, big up San Isaac kuw unakumbuka wa star wa kiislam ivo ivo na wao wazidi ksonga mbele, so, harumu star yitwa Abdoul yririmvye song yitwa "Ushaka gute" Isa nukumenga yriko yishura iy Natacha yitw "ufise gut" ndashak uzomutuvumburire nshak kumenya ko hoba harimw bif cank arkumudisinga bisanzwe

  • @kanyambochadia3997
    @kanyambochadia3997 4 года назад +3

    😀 😀 😀 😀 😀 Hassa, ntuzi guteka. Niyarwara uzompamagare. Miss guys

  • @gerardndikumana677
    @gerardndikumana677 4 года назад

    Mvugisha ndamukunda cane

  • @nostressfreedom7431
    @nostressfreedom7431 4 года назад +2

    Abantu banje nkunda disiweeee😍😍😍😍😍😍😍😍😍kandi murugurutse vyahatari😂😂😂😂😂😂

    • @rehemnyinawumuntu6320
      @rehemnyinawumuntu6320 4 года назад

      Nostress Freedom ikiganiro cyanyu ni kiza mutumare amastiko abantu beshyi baziko MUGISHA atunze karire byukuri bitaribya filime nonese uwo Aisha nu mugore wakabiri mwadufasha mukatumara amastiko

    • @rehemnyinawumuntu6320
      @rehemnyinawumuntu6320 4 года назад

      Nostress Freedom ikiganiro cyanyu ni kiza mutumare amastiko abantu beshyi baziko MUGISHA atunze karire byukuri bitaribya filime nonese uwo Aisha nu mugore wakabiri mwadufasha mukatumara amastiko

  • @uwimbabaziaaliyah1080
    @uwimbabaziaaliyah1080 2 года назад

    Manshallah congratulations

  • @majaliwajerome7809
    @majaliwajerome7809 4 года назад +4

    hahahaha ikiyago canyu kiryoheye amatwi koko

  • @venusteniyongabo9484
    @venusteniyongabo9484 4 года назад +1

    Turabakunda cyane

  • @ndayishimiyealice6363
    @ndayishimiyealice6363 4 года назад +3

    Bite vyanyu nn mugisha yarongoye uyo mugore mugisha yarakiri umusore

    • @fafadixit8712
      @fafadixit8712 4 года назад

      Mugisha yarasanzwe afise umugore wa mbere bavyarany numwana gusa arapfa.uyo yamuzany aruwakabiri.

  • @honestchilambo3270
    @honestchilambo3270 3 года назад

    Mugisha yakuriye mukidida

  • @ntibanganafadila3753
    @ntibanganafadila3753 2 года назад

    Mureke kuntera ameru

  • @User12358__
    @User12358__ 4 года назад +5

    What a nice couple ! Aisha&Mugisha, so inspiring 🙏🏼 murakoze guys.
    Buja hit tv, @Mr. Isaac big up👊🏽

  • @zuzubintabdu4701
    @zuzubintabdu4701 4 года назад +6

    Sinari bwabone interview ya mugisha Isaac Big up kbx

  • @zainabkooi8248
    @zainabkooi8248 4 года назад

    Mugisha turakwemera ariko turakubanza kotunona mumaboko yawe impeta nzibiri Ayisha Iman izabakomeze murukundo gwanyu

  • @methodmethoddaniel7561
    @methodmethoddaniel7561 4 года назад +7

    Uranyishe isura mbi ntihinduka nuko bana mugisha!!!

  • @TuyizereMariaclare
    @TuyizereMariaclare 7 месяцев назад +1

    Aisha muraberanye🇷🇼😂😂

  • @mugishamarthine5807
    @mugishamarthine5807 4 года назад

    Mbe ga isac ushaka nawe akuririmbire wabaye umugore wiwe mugisha wewe uratesa nukuri naho urimajina wanje😂😂😂😂😂😂

  • @blandinekwt1001
    @blandinekwt1001 3 года назад

    Mugisha imana ibandanye ibazigama murugo gwanyu numuryango wose tunawapenda sana

  • @feliciteirakoze2544
    @feliciteirakoze2544 4 года назад +1

    Komera wa kwetu

  • @Tigomyshow31
    @Tigomyshow31 2 года назад

    Mugisha ndagukunda cyane ndimurwanda nange nkina film nyarwanda♥️♥️

  • @baskasbas7989
    @baskasbas7989 4 года назад +4

    Oya iyo nikode yomumutima😅😅

  • @patriqueniyibizi7310
    @patriqueniyibizi7310 4 года назад +9

    Mugisha ngo yamushizemwo code umugore wiwe😅😅😅😆

  • @jossyjossy2175
    @jossyjossy2175 4 года назад

    Mugisha uratwenza pe nivyo mugisha umudamu niwe yubaka I

  • @turibamweali8661
    @turibamweali8661 4 года назад +1

    Ariko utwo dupantalo mwicara tukazamuka noneho muri 2040 muzasubira mwambare utubutura nka bimwe twumva kuri ba sogokuruza badukuraga Uganda cyera cyaneeeee

  • @dancetraditionnelduburundi5771
    @dancetraditionnelduburundi5771 4 года назад +2

    Mugisha turagukunda Canée kandi cane twebw abarund arik mugish ndabaz flm zaw zikin abomusangiy idin gus

  • @umuhozamchantal7506
    @umuhozamchantal7506 4 года назад +1

    Muraberanye mwese mwifitiye umutima mwiza

  • @solangeniyonsaba4017
    @solangeniyonsaba4017 4 года назад

    Murakoze muzotwereke abobana nuyomwabyaranye namugisha

  • @blaisepascalniyongere1505
    @blaisepascalniyongere1505 4 года назад +2

    reka nje kumu susbtrabinga

  • @deboraimanayakubayhafimama9441
    @deboraimanayakubayhafimama9441 4 года назад +2

    Mugisha mukomer

  • @kamikazigracia2529
    @kamikazigracia2529 4 года назад +4

    Izuru rya Isaac rirarenze atwenze naryo riratwenga 🤣🤣🤣gus ndagufana.

  • @gasasirafabie.2199
    @gasasirafabie.2199 4 года назад +1

    Oooh

  • @izabayoshadia3305
    @izabayoshadia3305 2 года назад

    Manayanjye mugisha ndamukunda nukuri cyeretse mbonye amahirwe yokumubona from 🇬🇦

  • @aishaafricanas7519
    @aishaafricanas7519 4 года назад +2

    Very good

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 3 года назад

    Mugishe nemeye kabisa