"INTAMBARA IGOMBA GUHAGARARA"||TRUMP WARAKAYE ASHAKA GUSENYA ABADEMOKARATE|INDEGE ZA KIM ZABIHINDUYE

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 ноя 2024
  • TUBASHIMIRA KO MUBANA NATWE MU MAKURU N'IBIGANIRO TUBATEGURIRA.IBITEKEREZO CG INYUNGANIZI NI KURI 0788680580,

Комментарии • 13

  • @DusabamahoroJean
    @DusabamahoroJean 23 часа назад +3

    Number two from Zambiya

  • @neemaleoni1758
    @neemaleoni1758 День назад +2

    Number one wangozi100/100

  • @bukurufabrice4831
    @bukurufabrice4831 20 часов назад +1

    Merci 👏

  • @olivierkamatari7471
    @olivierkamatari7471 18 часов назад

    Hello NKUYEMURUGE, hari ivyiyumviro vyinshi twipfuza kuza turagushikira kubiganiro ushikiriza, ahubwo ushireho urubuga twoza turashirako ivyiyumviro muburyo bw'amajwi kuko turafise vyinshi twoterera ariko akanya usanga katatworohera kuko ibiyago vyawe turabikunda kuburyo tuvyumviriza muma headphones turiko dukora. Rero ushizeho urubuga nka Whatsapp twosigaho ivyiyumviro vyoba vyiza. Thanks

  • @neemaleoni1758
    @neemaleoni1758 23 часа назад +1

    Wangozi100/100 akabazo Kandi mumpe igisubizo:mbega trump ntabwo yokina umukino wokwemerera poutin ivyashak kuri Ukraine mgb bigasanaho ashaka umubano wa Iran na poutin uhere?vyitwe ko Iran igurishijwe?

  • @JocelyneHabonimana-tf3mb
    @JocelyneHabonimana-tf3mb 18 часов назад

    P j Trump numweranda, uvugisha ukuri ntiyiyorobeka

  • @gakwereremupenzi
    @gakwereremupenzi 20 часов назад

    Muri USA ntabwo bagira ibisekuru bagira ibinyogokuru

  • @trivarapokanto743
    @trivarapokanto743 22 часа назад +1

    Lil Wayne yambwiye ngusuhuze

  • @karibushi
    @karibushi 21 час назад

    Robert F. Kennedy we ni mwishwa wa John F. Kennedy

  • @DusabamahoroJean
    @DusabamahoroJean 23 часа назад

    Harya putin ntiyota irani hubwo azobubaka kugira yagure brixe kuburyo bakora empire brixe iyibowe na putin ikibazo gihari putini ntariko ategura uwuzomusubirira kuko burya abarusiya batagira putin bazishura vyishi

  • @IhizabayoUwayezuOlivier
    @IhizabayoUwayezuOlivier 20 часов назад

    Mwebwe mubona Trump azasoza mandate ye?!

  • @DusabamahoroJean
    @DusabamahoroJean 23 часа назад

    Putin sumwana bohenda muhu!! Urya uko bazomutsinda bazoreka asaze arekure igihugu uwuzokurikira niwe bazotera ! Gusa ukraine nukuyigabura nkakurya bagabuye africa kubukoroni ! Putini atware aho yatsindiye nato nayo itware ibindi bice kuko yafashij hama abanya icren babe abacakara rero bubake igihugu ! Kuko burya putin bazomurindira asaze hama bazobibaza uwundi azojako

  • @munyamahoromutabazi1029
    @munyamahoromutabazi1029 23 часа назад

    Turagukurikiye 5/5