Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ikiyago ciza canee 🥂🎉🔥🔥🔥👌🏾
Urakoze cane Gaël ukoribikor 'inka ahubwo nawe raba utangura gutegura urundi rwaruka kugira turonke ba Gaël nku 1m mubu Burundi . Hanyuma Vichou uduhaye ikiganiro ciza cane Imana Ibandanye kuguha ubumenyi nubwitonzi ,bandanya uduza izompano zikwiragiye mu gihugu cose imbono yu Burundi muri Music 2040-2060❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Gael ndakwemera ubaza ivyotuma tuva ibuzimu tukaja ibuntu,gukunda igihugu nu mukuru wigihugu cacu nukwitera iteka
Okiiii very well my brother ❤
Vichou 🤝
Courage Mkali wa Live
Waouh Vichou Umugabo Cane🤞👊
Mbe kumusaba gufunga ishate Nico conyene ukuye muri Kino kiganiro ? Umviriza ibirimwo ninavyo bizogufasha kurusha ivyubona.
Avuze neza hama dukeneye mbayahaga nawe agire icashikirije kwigenekerezo rya 20
Muburundi uririmvye ibintu abategetse badakunda bacabakuboha, nicogituma batohirahira
Komera Vichu nawe turagukunda mwana w'igihugu no mu Rwanda tubona kagame Abaririmvyi bo mu Rwanda baramuririmvye muri Tanzania ba Harmonize bararirirmvye magufuli nukuri nta kosa narimwe wakoze ahubwo nabandi baririmvyi bakubonereho akarorero
Muzoze muramutumir azanana nimbnda guiter
komera bwana vichou
❤
Ahubwo jewe mfise iyompano ntanizindi noririmba akazi kinziza ntabindi ahubwo tegura nizindi usohore
Uriko ukoresha s 24 man vichou
Vichou koko ntubona ufise ubumuga bwo kutabona urakura amarori rimwe gusa uzi ko ntarakubona mumaso kandi ivyukora siniyumvisha ko woba ubikora utabona pe
Komera cane gose
Irambire mucuraranzi turagukunda cane
🎉🎉🎉🎉