Ibyabaye kuri MPINGANZIMA N'UMUGABO WE I BURUNDI🤗Ibyamubayeho harimo ibitangaje|NGWINO byamurenze🤣🤣

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 10 сен 2024

Комментарии • 200

  • @kamikaziallen8071
    @kamikaziallen8071 Год назад +30

    Mumpe like Mbaye uwambere😂😂😂

  • @furahamugisha
    @furahamugisha Год назад +6

    Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @mugisharita3109
    @mugisharita3109 Год назад +6

    Waouh ndaryoheweee cane Kubaa Waraje Mu gihuguuu Cacu c'uburundi c'amata n'ubukii❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮esee niwagiyee ahantu hitwa I gitegaa

  • @fifi445
    @fifi445 Год назад +1

    Fruits muri rusangi tuvyita ivyamwa, rero uvuze izina rya kimwe kimwe nuko nyene babikubwiye, imfungurwa zaha iwacu ziraryoha kurusha ahiwanyu nivyo nanje indya Zaho iwanyu zarananiye pe mbese zarambihiye pe ,mwariye umukeke uva mu Tanganyika, hama ingoma zivuza abagabo n'abahungu abagore n'abakobwa baratamba.

  • @Chanelleinamugisha
    @Chanelleinamugisha 4 месяца назад

    Ndabakunda caneee hasigaye Ngwino nawe niwaza uzotubarire tukwakire❤️❤️

  • @fifi445
    @fifi445 Год назад

    Kirundo, masanganzira entre ngozi muyinga na kirundo nyene, uvuye ngozi, kayanza, bukeye, muramvya, bugarama , présidence, Gard du nord, Bujumbura sasa, amamesa ni bugarama umanuka Buja aho naho mwagiye muca , muba mwinjiye muma quartier agize igisagara ca Bujumbura rero ndumva warafashe ahatari gake ubutaha uzazana ngwino Ndebe.

  • @irakozeines9581
    @irakozeines9581 Год назад +4

    Maramvya ni au Centre du Pays😍Uzogaruke wavuze tukuramutse na Ngwino😍

    • @Mila-vu1yr
      @Mila-vu1yr Год назад

      Ni Muramvya si Maramvya biratandukanye ni province zitandukanye.

  • @kwizeralydie3676
    @kwizeralydie3676 Год назад +3

    I surrender kbx! Aba bae muranshimish Cyn kubury integ yang yamber ar ukurar nshyize like kur bur kiganiro cyanyu! Noneh ikigambo cya Mpinga cyiranezeza! Ngwino woe ho umuchou nawe n nex! Mbakunda 🌹🌹byuzuze I mean 💯%

  • @nadranauriakayitesi266
    @nadranauriakayitesi266 Год назад

    Ni kirundo ,ngozi,kayanza, muramvya,bugarama then buja 😂😂😂😂😊love u girls

  • @sierapapayankeee7334
    @sierapapayankeee7334 Год назад +2

    Imbuto = ivyamwa wowe !😂😂 Ndabakunda
    Canee

  • @AmandineKazeneza-jd6nh
    @AmandineKazeneza-jd6nh 9 месяцев назад

    Jewe murantwengeje shaaaaa gusa Mpiiiinga urafata kumutwe p Kalibu kandiii ♥️🇧🇮♥️🌹 ugarutse tuzoguha amashurwe🌹🥀🌹 cank Ngwino WW ntibikuraba Cank Yesu aduhane umugisha😂😂😂😂😂???

  • @user-po5zn1jp3b
    @user-po5zn1jp3b 7 месяцев назад

    I love you twins❤from 🇧🇮 ;ng umupfasoni😂😂😂😂

  • @dondeliciagateka7962
    @dondeliciagateka7962 Год назад

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮bavyitwa ibiti vy'ibigazi nivyo vyama hama utwo tubuto nyene bakadukoramwo amamesa.washoboye kubisigura di mukenyezi.welcome again mpinga chérie 🇧🇮🇧🇮

  • @abeliamugisha4985
    @abeliamugisha4985 Год назад +1

    Ahantu Hari amamesa ngo ni mukayanza 😂😂 u so cute 😘😘😘

  • @BobuFINA-bd1ux
    @BobuFINA-bd1ux 3 месяца назад

    Ndabakunda setu ❤️❤️

  • @obrettensabimana3568
    @obrettensabimana3568 Год назад +2

    ❤❤❤from Burundi ham Fruits mukirundi ni ivyamwa

  • @user-fz8iw6ny5w
    @user-fz8iw6ny5w 4 месяца назад

    Kirundo,ngozi, muramvya, bugarama....bujumbira

  • @jonathannjejimana1300
    @jonathannjejimana1300 Год назад

    imbuto tuzita IVYAMWA. ndakunze ukuntu wadutatse neza. ugire umugisha

  • @christophemanirambona7069
    @christophemanirambona7069 Год назад

    Urakoze kuvuga Ikirundi neza, ukadushimira ibintu vyacu

  • @user-fz8iw6ny5w
    @user-fz8iw6ny5w 4 месяца назад

    Bravoooo

  • @josianebizimana2397
    @josianebizimana2397 Год назад +1

    Mpinga numusazii neza neza numu comedienne

  • @user-fz8iw6ny5w
    @user-fz8iw6ny5w 4 месяца назад

    Ntamugore avuza ingoma iburundi

  • @tiumuganwakazi7166
    @tiumuganwakazi7166 Год назад +1

    NGAGARA Q9 niho dutuyeee.... NGAGARA oyeeeee

  • @fifi445
    @fifi445 Год назад

    Turabakunda disi tubahaye karibu mwese muzazanane, gusa wahavuye wamenye ikirundi da, buja harashushe vya danger haguye akavura nukuzimya nyene haba agahengwe🇧🇮 turabakunda 😘

  • @c257-abc
    @c257-abc Год назад +1

    Waouh mpinga we waraje ntiwatubwiraga ngo tukwakire

  • @estherirakiza6675
    @estherirakiza6675 Год назад +1

    You guys make day for sure ❤❤❤ l wish meet you one day from 🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸

  • @YYYTTYYYTT-mb6hk
    @YYYTTYYYTT-mb6hk 9 месяцев назад

    Ndakwmeye kaze iwacu Kandi iwacu bujumbura

  • @uweraclaudine5212
    @uweraclaudine5212 Год назад

    Imbuto ni ivyamwa @ndabakunda kweli❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @RaelleIrakoze-tq7ke
    @RaelleIrakoze-tq7ke Год назад

    Shn mpinga niwagaruka uzaze tukwereke utuvyinire muri club yacu

  • @inesirakoze1954
    @inesirakoze1954 Год назад +1

    Imbuto ni ivyamwa🥑🍍

  • @murungiesther2041
    @murungiesther2041 Год назад +2

    Jo twins pls muzatumire anather twins

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 3 месяца назад

    .imbuto mukirundi ni ivyamwa

  • @DuduGloria
    @DuduGloria 7 месяцев назад

    Hotel iramvya ni mwihoreho nihomwari disi iyombimeny nkaz kukubaramutsa

  • @Mila-vu1yr
    @Mila-vu1yr Год назад +4

    Ukuntu uvuga " mugabo " bidakenewe biranyishe 😂
    Biratangaje ukuntu muba muvuga ikirundi nk' ururimi rugoye rwa kure kandi Abarundi tuba twumva ikinyarwanda cose ahubwo turibagira ko atari ikirundi turiko turumviriza kandi ni kuva kera na youtube itaraza ngo turabe chaînes zo mu Rwanda.
    Nk' imbuto ndabizi kuva kera ko ari ivyamwa mu Kirundi, n imineke ikaba imihwi.

  • @Amande02112
    @Amande02112 Год назад +1

    Ngwino umwizere mpinga ahubwo ufite ubwenge ntaze asubire kwibeshera😂buja nirya wabonye😂i jipo barakuzimvye😅i kirundi uzoze watubwiye tukwigishe, hama ntibavuga wari wambaye ni yari yambaye,gusa rero wabonye ubukwe bw'abaturage nyene😂 Mana mwarahezagiwe muratesa pe!

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru Год назад +1

    Muzoharuke mwese ibujumbura karibu sana

  • @umutonichristelle2314
    @umutonichristelle2314 Год назад +4

    Hahaha! Imbuto ni vyamwa😀😀😀

  • @deborahdusenge3712
    @deborahdusenge3712 Год назад

    Uva kumupaka winjira kirundo, ngozi,kayanza,muramvya,buja rural,buja mairie

  • @dondeliciagateka7962
    @dondeliciagateka7962 Год назад

    Sha mpinga wubahwee👏👏👍vyose uravyibuka warasize kumutweeee

  • @sandy_ira-2711.
    @sandy_ira-2711. Год назад

    Welcome back Mpinga...niwagaruka uzoshike muri Sud mu Rumonge

  • @claudineniyongabo834
    @claudineniyongabo834 5 месяцев назад

    Ni ivyamwa

  • @user-wm6td6my1s
    @user-wm6td6my1s 8 месяцев назад

    Barakuzivye iyo jupe ino iwacu ni 10000 kweri

  • @user-jo2gs5uq5q
    @user-jo2gs5uq5q 4 месяца назад

    Oya kayanza uba urengeny ngozi wa kintu we

  • @AlthrayhQw4-kq4ru
    @AlthrayhQw4-kq4ru Год назад +1

    Mpinga bravo ku kirundi nukonyene

  • @nezamarie7233
    @nezamarie7233 Год назад

    Mpinga nzima unkumbuje ngoma Jeanne muvuga kimwe kweli

  • @alicenihangame13
    @alicenihangame13 Год назад

    Ndabakunda disii 😘 mpinga rero arantwenza saana🤦😂 kalibuuu caa ne 🥳🥳 🇧🇮🇧🇮

  • @beatricenyirahabyarimana7560
    @beatricenyirahabyarimana7560 Год назад +3

    Abamararungu bacu❤

  • @user-jo2gs5uq5q
    @user-jo2gs5uq5q 4 месяца назад

    Imbuto tuvuga ivyamwa

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 Год назад +1

    Hagati yakirundo nangozi hari muyinga Hama amamesa ava kubiti bimeze neza nkivyo bavita ibigazi bisa nkinazi vyama ninazi yibumbiyemwo utubuto twinshi aritwo bita ibigazi bisa neza nki tende abandi bita tamoron😂😂 nuko mukomeze muryoherwe😂😂

  • @sierapapayankeee7334
    @sierapapayankeee7334 Год назад

    Jo twins show turabashaka ibujumbura tubahaye ikaze

  • @GibbonBlake-p9w
    @GibbonBlake-p9w День назад

    Martinez Kevin Jones Cynthia Jones Susan

  • @YYYTTYYYTT-mb6hk
    @YYYTTYYYTT-mb6hk 9 месяцев назад

    Inzira nzose zose wazifashe kumutwe ntiwibagira uko hato nze

  • @sozvin1869
    @sozvin1869 3 месяца назад

    .ibit bivamwo amamesa vyitwa ibigazi

  • @princiamuhoza279
    @princiamuhoza279 Год назад

    Uzoz nkwerek ah batamba ikirundi umu chu ndaba❤pee

  • @kethiakelly8522
    @kethiakelly8522 Год назад

    Bugarama ni commune ikaba iri mur province muramvya

  • @evelynemunezero5499
    @evelynemunezero5499 Год назад

    Kirundo n'a ngizo n'a kayanza n'a bugarama mpinga wacu, ndagukunda disiiii

  • @user-fz8iw6ny5w
    @user-fz8iw6ny5w 4 месяца назад

    Poisson

  • @daphrosebutoyi5138
    @daphrosebutoyi5138 Год назад

    Oyaaa mpinga cibitoke ni quartier ntabitoke bihari

  • @user-gg9tg3fs5n
    @user-gg9tg3fs5n Год назад

    Karibu kandi i Burundi i wacyu

  • @daphrosebutoyi5138
    @daphrosebutoyi5138 Год назад +1

    Love you ❤ mes chries

  • @umutonichristelle2314
    @umutonichristelle2314 Год назад

    Sha, Impanga naguha 7/10 kabisa 👏👏👏

  • @agatakoofficial2644
    @agatakoofficial2644 Год назад

    Imbuto muri rusange mukirundi bazita IMVAMWA

  • @daphrosebutoyi5138
    @daphrosebutoyi5138 Год назад +1

    Nivyo mpinga goût yibirundi iratandukanye nivyo murwanda

    • @josephinendayishimiye1757
      @josephinendayishimiye1757 Год назад +1

      Abantu benshi baje i Burundi
      Bavuga ko ivyokurya bitetse canke ivyamwa bifise akanovera spécial (bon goût)
      Nanje ndahaba nvuye ahandi nunva différence

    • @alicekayihura3845
      @alicekayihura3845 Год назад

      Ntibakoresha imvaruganda

  • @EmelyneNiyomwungere-sf7gc
    @EmelyneNiyomwungere-sf7gc Год назад

    Mwig français et kiswahili

  • @user-fz8iw6ny5w
    @user-fz8iw6ny5w 4 месяца назад

    None mpinga pousson nikirundi nukuri?

  • @janejenny3122
    @janejenny3122 Год назад

    Les palmiers à l.huile

  • @shekinahndayizeye8769
    @shekinahndayizeye8769 Год назад +1

    Fruits n’ivyamwa

  • @sierapapayankeee7334
    @sierapapayankeee7334 Год назад

    8/10

  • @YYYTTYYYTT-mb6hk
    @YYYTTYYYTT-mb6hk 9 месяцев назад

    Mucibitiki ntabitoke bihari haramazu nkahandi hoise ni mugisagara ca bujumbura

  • @user-mm1jb5yj6b
    @user-mm1jb5yj6b 4 месяца назад

    ❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮

  • @RaelleIrakoze-tq7ke
    @RaelleIrakoze-tq7ke Год назад

    Ark shahu mpinganzima uterinkuru 😂so imbuto mukirundi ni ivyamwa

  • @amiebienvenueabayo9891
    @amiebienvenueabayo9891 Год назад

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣love from Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @kariraregine4215
    @kariraregine4215 Год назад

    Imbuto ni ivyamwa!

  • @sehene9324
    @sehene9324 Год назад

    Wanyuze Muramvya ntabwo ari Muyinga!!! Et puis ugashika muri Bujumbura Rural!!

  • @cyriaquesindayikengera8657
    @cyriaquesindayikengera8657 Год назад

    Mpinga urakoze turagukunda abarundi. Ngwino nawe kalibu i burundi

  • @elogeniyonganji5749
    @elogeniyonganji5749 Год назад

    Mpinganzima ndishimye ko waje i Burundi kdi natwe turagukunda cn ibiganiro vyanyu turabikunda cn

  • @user-fz8iw6ny5w
    @user-fz8iw6ny5w 4 месяца назад

    Ivyamwa

    • @user-fz8iw6ny5w
      @user-fz8iw6ny5w 4 месяца назад

      Ibungo: amabungo; itunda, : amatunda.

  • @joliecolombenineza1966
    @joliecolombenineza1966 Год назад

    Oya amatunda namatunda nyen ibungo nibungo nivyamwa bibiti bitandukanye

  • @kariraregine4215
    @kariraregine4215 Год назад

    Kwa sioni!

  • @mamanrisa6059
    @mamanrisa6059 Год назад

    Nta mugore CNk umukobwa avuza ingoma mu migenzo ya Barundi

  • @JassiellaIshimwe
    @JassiellaIshimwe Год назад

    Mpinga wee hose warahaborotse

  • @furahamugisha
    @furahamugisha Год назад

    Mukayanza uba warenze ingozi uba ugiye gushika ibugarama ukaca ushik ibujumbura

  • @muhlydie1970
    @muhlydie1970 Год назад

    Iyo jupo barakuzimvye

  • @gloriosenduwimana2280
    @gloriosenduwimana2280 Год назад

    Jewe narinzi ko umugabo wawe yabaye i Burundi kubera hariho famille Rusagara yabaye ino kuri Rond point kwa Rusagara

  • @sergessabukunze7785
    @sergessabukunze7785 Год назад

    MPINGANZIMA NDAGUSHIMIYE GOSE, NGUHAYE 9/10. NIWAGARUKA I BURUNDI UZOMBWIRE NKUGURIRE

  • @JulietteMutoni-lu4sy
    @JulietteMutoni-lu4sy Год назад +1

    Ndabakunda mwabintumwee😂😂😂😂😂❤️❤️❤️❤️❤️❤️

  • @mugisharita3109
    @mugisharita3109 Год назад

    Twebweee ibyooo twitwaa Ibiharage mwebwee nibishyimboo

  • @landradamutegarugori5513
    @landradamutegarugori5513 Год назад

    ivyo bitaro vyakunaniye ubwo ni kira hospital?ugarutse i Burundi uzombwire ndakuramutse

  • @laurancemanirampa3960
    @laurancemanirampa3960 Год назад

    Eee waciye iwacu ingozi iwacu kweli 💋💋💋🇧🇮

  • @furahamugisha
    @furahamugisha Год назад

    Mpinga weee gute waje iburundi nturamutse abakunzi ba jo twins show?

  • @user-rj7rl9ve5l
    @user-rj7rl9ve5l Год назад

    Les fruits,mu kirundi n'ivyamwa...

  • @tiumuganwakazi7166
    @tiumuganwakazi7166 Год назад

    Amashurwe n'indabo

  • @MMuco
    @MMuco Год назад +7

    😂😂😂😂😂😂 vous êtes tellement drôle, je vous adore ❤❤❤❤

    • @valerientigahera6913
      @valerientigahera6913 Год назад

      Imbuto bazita ivyamwa

    • @valerientigahera6913
      @valerientigahera6913 Год назад

      Hanyuma amamesa yera canke (yama) kubiti bita ibigazi.
      Amamesa ava murizo mbuto canke ivyamwa nyuma yo kuvyenga canke ( kubigana).

  • @fifi445
    @fifi445 Год назад

    Amashurwe niyo mwita indabo mweeeee

  • @deborahdusenge3712
    @deborahdusenge3712 Год назад

    Urantwengeje we waraciye imuyinga kweli

  • @gaiemamela1557
    @gaiemamela1557 Год назад

    Imbuto mukirundi bavuga ivyamwa

  • @mugisharita3109
    @mugisharita3109 Год назад

    Waouh waragezeeee no muri town

  • @shekinahndayizeye8769
    @shekinahndayizeye8769 Год назад +1

    Yooo ndababaye ukuntu waj mur 9 sinakubona nagato 😭😭mu Burundi turabakunda jotwins ♥️♥️♥️ 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @tiumuganwakazi7166
      @tiumuganwakazi7166 Год назад

      Shekinah yambiiiiiii 🤣🤣🤣 mwe naba Jennifa iyo mumutembereza diii

  • @Amande02112
    @Amande02112 Год назад

    Ivyamwa=imbuto en kinyarwanda

  • @inesirakoze1954
    @inesirakoze1954 Год назад

    It's a Vibe🔥🔥🔥🔥🔥🔥🥰♥️🇧🇮