PATRIC NKURUNZIZA ATI IMBONERAKURE TURAZIGABISHIJE ATI AKATARETSE KARASEMA!!

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 9 окт 2024

Комментарии • 16

  • @jojouwi3159
    @jojouwi3159 2 дня назад +1

    Murakoze Bashingantahe . Twese hamwe duharanire Amahoro 👏🏿.

  • @AimableNduwayo-sc6gx
    @AimableNduwayo-sc6gx 2 дня назад +1

    Volume yanyu ni nto muyongerereze

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 2 дня назад +1

    Erega ni Patrick Nkurunziza si Nahimana 😂😂

    • @TwagiramunguWise
      @TwagiramunguWise 2 дня назад

      Oya uwutwara bumugambwe SAHWANYA FRODEBU NI PATRICK NKURUNZIZA BAGENZI

  • @TwagiramunguWise
    @TwagiramunguWise 2 дня назад

    Pelagie urakoze can kandi iciyumviro waterereye tugiy kugikorerako can ❤

  • @kanimary5642
    @kanimary5642 2 дня назад +1

    Nahimana ni uwa Red Tabara

  • @PélagieNzeyimana-w1f
    @PélagieNzeyimana-w1f 2 дня назад +2

    Amoss
    Urakwiye kurondera mwena labine kurondera abantu batari bake
    Tugize Imana tukaronka umu DD ou Sahwanya ou CNL
    Bagaya ibiriko birakorrwa mufatanya ibiganiro
    Urabonako mu Rwanda ubwoko bwose buvuge
    Kugira ntibavuge ngo nibabandi

    • @TwagiramunguWise
      @TwagiramunguWise 2 дня назад

      Ndagushimiye bivuye kumutima tuzobikora ❤❤❤❤

    • @victorg7280
      @victorg7280 День назад

      None sivyo ntubona ko ari babandi nyene.Abanyeshure ba Pacifique

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 2 дня назад +1

    Neva muramusaba ivyo adafise.
    None yabaye Président gute? Yari ye amatora. Nuko nyene bavyumvikanye na Rwasa. Ntibazovaho badakuweho

  • @AimableNduwayo-sc6gx
    @AimableNduwayo-sc6gx 2 дня назад

    Turikumwe

  • @PélagieNzeyimana-w1f
    @PélagieNzeyimana-w1f 2 дня назад +1

    Yambu yambu
    Murintore mwena Labine jeho sindabayandukanya
    Kangurira abarundi bubwoko bwose
    Ubabwirekko
    Ubudasa bwacu aribwo butunzi bwacu
    Ibihimba vyumubiri ntibisa
    Muga bifise akamaro vyose

    • @TwagiramunguWise
      @TwagiramunguWise 2 дня назад

      Nakamaramaza je ntamoko nzi mugihugu iwacu tuzoba ha ikiganiro cihariye muzovyumva

  • @floraniyuhire2555
    @floraniyuhire2555 2 дня назад +1

    Mbaye uwa1 kuhagera. Imbonerakure igabisha izindi gute ? Patrick WE Niki? Si imbones ?

    • @TwagiramunguWise
      @TwagiramunguWise День назад

      Patrick atwara frodebu kuvyotubona ni navyo bizwi mubushikiranganji bwintwaro yohagiti mugihugu