🇧🇮Apotre Mbayahaga atanze icigwa gikomeye👏 Indongozi z'akarorero🇧🇮 twige kwubaha abatúrõngõye

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 15 окт 2024
  • #burundi #fulgencemika #EvaritseNDAYISHIMIYE #PastorMbayahaga

Комментарии • 24

  • @tk-padonniyonsaba
    @tk-padonniyonsaba 2 месяца назад +3

    Panga akarere
    Kora cane,wubake izina
    Tez'imbere umuryango wawe
    Gwiza ibikorwa
    Gabanya amajambo
    Tunganya itongo ryawe
    Tunganya neza imigambi yawe
    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @T-Fellow
    @T-Fellow 5 месяцев назад +1

    Yarimpanuro ikomeye cane ndakwemera muntu w'Imana

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 5 месяцев назад +1

    Abagumya banga n,ibanga ry, Imana ivyo bintu biratandukanye aho wahihenzeko.

  • @NTAGANIRAEugene-v6p
    @NTAGANIRAEugene-v6p 13 дней назад

    Ndagukunda wamusazawe

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 12 часов назад

    Kbs ❤❤🎉

  • @PhilippeNSABIMANA-g8r
    @PhilippeNSABIMANA-g8r 5 месяцев назад +1

    Kuberiki atawundi baha ngo avuge ijambo ryimana😢😢😢😢

  • @NtirampebaRegis
    @NtirampebaRegis 4 месяца назад +1

    Respectfull

  • @nshimirimanaphocas
    @nshimirimanaphocas 7 месяцев назад +3

    Komera❤❤

  • @imanipierre6449
    @imanipierre6449 5 месяцев назад +3

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 4 месяца назад +1

    Ukuri 1000000000%

  • @TrezorNtezukwigira
    @TrezorNtezukwigira 5 месяцев назад +3

    Mana yanje iyotutakugira tubaturihh

  • @AlphredNkurunziza
    @AlphredNkurunziza 3 месяца назад +2

    Wirambire

  • @BigirimanaJeanmarie-h5d
    @BigirimanaJeanmarie-h5d 5 месяцев назад +3

    Mbayahaga numukunzi winda muribuka 2020 yiyonkora kuri UPRONA ashigikira CNDD FDD uwo ahobihiye nihafana jenkuwo sinokwinjira mwishengero ryiwe pe numu comedy

    • @josephshwagara
      @josephshwagara 4 месяца назад +1

      Ukuri kurababaza Uzopfa nabi niba Wibaza ko uwo mwubahwa muvuga butumwa Haraho Ahuriye na Politic yawe Nukuri pfukama Usabe Ikigongw Imana

  • @IrakozeElyse-hx1mm
    @IrakozeElyse-hx1mm 3 месяца назад +2

    Komera

  • @venustetuyizere7618
    @venustetuyizere7618 5 месяцев назад +1

    Niyubahwe mutama imana imukomezeee

  • @AntoinetteNizigiyimana
    @AntoinetteNizigiyimana 5 месяцев назад +1

    🎉

  • @Joel-q4m2d
    @Joel-q4m2d 5 месяцев назад +2

    Mpaka inzuki zikuriye
    Niho uronka ubuki
    Nibishuundurivyishi
    Ubuki rero bukaca buboneka

  • @FideleHegera-qk3sd
    @FideleHegera-qk3sd 5 месяцев назад +1

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @yvonnekwizera-n3n
    @yvonnekwizera-n3n 5 месяцев назад +1

    niza nawe ntiworoshe potle ! abagumwa banga havuyemwo kugumwa ibanga ! man ! uranyumije ! ndakwunva ijana kwijana! komera . urumunyabwebnge kabisa . nzokugana ejo canke hirya yejo ! utagumwa ibanga ntuba uri numuntu !

  • @SamsonNdereyimana-l1n
    @SamsonNdereyimana-l1n 6 месяцев назад +1

    Komera mutama w,amateka

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 4 месяца назад +1

    Ibimenabanga