Это видео недоступно.
Сожалеем об этом.

🚨RADJABU NI MUZIMA/IGIHUGU ABAMWO, IMODOKA IMWUNGURUZA/VYOSE BIRAMENYEKANYE/KUJA MUBWONGEREZA

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 авг 2024
  • #amakuru #umuhuzatv #burundi #husseinradjabu

Комментарии • 28

  • @NzeyimanaSalvator
    @NzeyimanaSalvator 25 дней назад +1

    Yarapfuye kera sha mureke gusamaza abantu

  • @scolasticaamwai
    @scolasticaamwai Месяц назад +1

    Niyirambire

  • @daviirizima7485
    @daviirizima7485 Месяц назад +1

    Ibande amakuru yiwanyu murwanda! Kuki inyenzi mukomeje kuba abakehabwenge? Uyu Rajabu udedemba kuki utamuvugisha tumwumve? Toka!

  • @user-mf7gi8oh2i
    @user-mf7gi8oh2i Месяц назад +2

    Rajabu suwo guta munda nsa!!!ariho gusa yahinduye uko akora

  • @IRANDAGIRAULEDI
    @IRANDAGIRAULEDI Месяц назад +2

    Twebwe ico tuzi aba cndd FDD turibamwe twese nyakubahwa ndayishimiye na reverie ndikuriyo Ubu basenyera kumugozi umwe ntacobuza na useni rajabu nimba akiriho batazohuza tukababona bafatanye munda kuko bose barazi umubabaro bagize kugira cndd fdd ushike aho ugeze Ubu

  • @gahizalaurent3527
    @gahizalaurent3527 18 дней назад

    Ntabwo muhavuze

  • @pascalndayiragijepascal1393
    @pascalndayiragijepascal1393 Месяц назад +1

    Amakuru yanyu ntawoza arayize

  • @user-ld4lx6wg4b
    @user-ld4lx6wg4b 12 дней назад

    None niba ahali ni yigraze uwamuhinganga yarafuye none yinyengeza inde najye ahabina erega ni umugabo wangu

  • @gahizalaurent3527
    @gahizalaurent3527 18 дней назад

    Arihehe?

  • @sammarley1413
    @sammarley1413 12 дней назад

    Uwubaho ataboneka ni imwe rudende umwami wabami ALLAH/ELIE

  • @SaidiVyankandondera-g9c
    @SaidiVyankandondera-g9c 21 день назад

    Ivyo birahari ariko nivya atikrste nivyo bitangiye gukora hano kwisi nibindi bizoza bisubivyo

  • @user-sw6zu3ku7y
    @user-sw6zu3ku7y Месяц назад

    Hussein Rajab ari TZ mumutumeho nibatamubaha mufunge imipaka, hahaha

  • @asmaniniyonzima
    @asmaniniyonzima Месяц назад +1

    😂😂😂😂😂😂umunezero

  • @veroniquekubwayo5169
    @veroniquekubwayo5169 27 дней назад

    rajabu yarapfuye

  • @NzeyimanaSalvator
    @NzeyimanaSalvator 25 дней назад

    None ko akiriho niyiyerekane kur vidéo apana Ama photos

  • @emmanuelnijimbere490
    @emmanuelnijimbere490 Месяц назад

    Mpemuke ndamuke

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere Месяц назад

    Reka kumushinyagurira,nizamuriye zaramuneye .komugima mwerekana agafoto kiwe ka kera?

  • @ukuriijambo9418
    @ukuriijambo9418 Месяц назад

    Reka kutwifatira, narinzi ko mwamuhaye ikiganiro!!!!!

  • @user-ll8wc5ff9q
    @user-ll8wc5ff9q Месяц назад +1

    Ivyo sinizerako arivyo

    • @user-ll8wc5ff9q
      @user-ll8wc5ff9q Месяц назад

      Kubera amarira ni menshi kwl baba barabikemuye iyaba babona inzira

    • @JamaliFulaha
      @JamaliFulaha Месяц назад

      Ariho

  • @NdayisengaRashid
    @NdayisengaRashid Месяц назад

    Niyibereho ntiyafya. Ngotumurye

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih Месяц назад

    Mumuvugish twumv

  • @user-xc5fd2ve5r
    @user-xc5fd2ve5r Месяц назад

    Nimutwereke vidéo yiwe ariko aravuga mbega izompuzu muguma mwerekana yambaye ntazindi afise imwaka 10 iraheze mwerekana izofoto zitigera zihinduka

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Месяц назад

    Kiberiki ibinyamakuru vyo mu rwanda 60% bivuga kuburundi?????

    • @victorg7280
      @victorg7280 Месяц назад

      Niba gatumwa binjavyi zitumwa na Kagame ngo ziryanishe indongozi.Imana tugira nuko abarundi bahinyuye izo njavyi!!!!

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 Месяц назад

    Iryo perereza rivuga ko ryamukuye mu nzira
    nirya he ?reka guhumba .nimwaba mwemera Imana
    ntimubona ko muzorwa mugetengo hageze.Muvugishe uwo
    mwubahwa twunve.Wewe ntuzi lomeo,