Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Urakoze Pastor. Ndagushimira cyane Imana. Ikomeze ikwagure
Amen amen🙌
Amen. be blessed pastor
Amen Amen Bless you Pastor
We thank God for you
Thank you pastor
Ndafashijwe
God bless you 🙏🙏
Mpwemu Yera arushirize kuguha vyinshi kubwa benshi.Isi iraca keneye guhishurirwa kwanyu
God bless you our pastor 🙏
Amen
🤲🏿
be blessed pastor
Mu vyo wigishe uze wongere wiyumire kuriki kintu " umuntu vyaramwankiye kwirekura wese ngo yanke ubugingo bwiwe ahubwo ico ico ahora aharanira nukuntu canke nibintu yokora ngwabukize! nkuko Adamu yagomvye guhisha ubwambure bwiwe akoresheje ibibabi,niko nabamukomotseko tutigeze twemerako twapfuye,ko nta hantu hazima hasigaye muri twe!Kwizera sigikorwa dukora ngo Imana itwambutse inyanja itukura(urupfu)iyo twizeye ntabwo aribwo tuba turemewe muri kristo,kandi iyo twizeye sibwo kristo aca apfana natwe!Ahubwo iyo twigishijwe ivyo Imana yakoreye muri kristo,tukavyizera biduhindura abantu bashasha bataba bakigenda bayoborwa nivyo babona ahubwo basigara bayoborwa n'ijambo.ryaba rihura nivyo twumva twebwe ryaba ridahura nuko twe tuvyumva turyemera uko kuko riba ari jambo ry'Imana.Mu bumenyi bwinshi ufise wongere utekereze no kurico kintu, kubaciye bugufi ntaho tuba turagera tutokwiga canke tutokwigishwa.
Merci beaucoup kuri zino nyigisho, harigihe biducanga nukuri.nagomba mumfashe, numva umengo kamere na ca gice cama desire birasa.ni kimwe? canke biratandukanye?
Mwadufasha kumenya iyo group ya WhatsApp iko umuntu yayijyaho
Urakoze Pastor. Ndagushimira cyane Imana. Ikomeze ikwagure
Amen amen🙌
Amen. be blessed pastor
Amen Amen
Bless you Pastor
We thank God for you
Thank you pastor
Ndafashijwe
God bless you 🙏🙏
Mpwemu Yera arushirize kuguha vyinshi kubwa benshi.Isi iraca keneye guhishurirwa kwanyu
God bless you our pastor 🙏
Amen
🤲🏿
be blessed pastor
Mu vyo wigishe uze wongere wiyumire kuriki kintu " umuntu vyaramwankiye kwirekura wese ngo yanke ubugingo bwiwe ahubwo ico ico ahora aharanira nukuntu canke nibintu yokora ngwabukize! nkuko Adamu yagomvye guhisha ubwambure bwiwe akoresheje ibibabi,niko nabamukomotseko tutigeze twemerako twapfuye,ko nta hantu hazima hasigaye muri twe!
Kwizera sigikorwa dukora ngo Imana itwambutse inyanja itukura(urupfu)iyo twizeye ntabwo aribwo tuba turemewe muri kristo,kandi iyo twizeye sibwo kristo aca apfana natwe!
Ahubwo iyo twigishijwe ivyo Imana yakoreye muri kristo,tukavyizera biduhindura abantu bashasha bataba bakigenda bayoborwa nivyo babona ahubwo basigara bayoborwa n'ijambo.ryaba rihura nivyo twumva twebwe ryaba ridahura nuko twe tuvyumva turyemera uko kuko riba ari jambo ry'Imana.
Mu bumenyi bwinshi ufise wongere utekereze no kurico kintu, kubaciye bugufi ntaho tuba turagera tutokwiga canke tutokwigishwa.
Merci beaucoup kuri zino nyigisho, harigihe biducanga nukuri.nagomba mumfashe, numva umengo kamere na ca gice cama desire birasa.ni kimwe? canke biratandukanye?
Mwadufasha kumenya iyo group ya WhatsApp iko umuntu yayijyaho
Amen
Amen