Muri Etiyopiya, abantu batari musi ya 71 bapfuye igihe ikamyo yari yuzuye abantu yagwa mu ruzi. Abanyamerika babandanya kwibuka Jimmy Carter yahoze ari Perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yitavye Imana ku myaka 100. Muri Kenya polisi yarashe imyuka ibabaza mu maso ku bari mu myirekano.
Inkuru Igezweho Amerika yatwaye umudari wa zahabu mu mikino ya Olempiki mu kwezi kwa munani gushize mu Bufaransa 30-12-2024 Ikipe y'Abagore y'Amerika Isoje Umwaka Iyobora Urutonde rwa FIFA
Muri Etiyopiya, abantu batari musi ya 71 bapfuye igihe ikamyo yari yuzuye abantu yagwa mu ruzi. Abanyamerika babandanya kwibuka Jimmy Carter yahoze ari Perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yitavye Imana ku myaka 100. Muri Kenya polisi yarashe imyuka ibabaza mu maso ku bari mu myirekano.
Inkuru Igezweho
Amerika yatwaye umudari wa zahabu mu mikino ya Olempiki mu kwezi kwa munani gushize mu Bufaransa
30-12-2024
Ikipe y'Abagore y'Amerika Isoje Umwaka Iyobora Urutonde rwa FIFA