Gabriel Rufyiri yemeza KO amafaranga yatanzwe muri wa mugabi wo kwubaka isoko akingiwe kandi yunguka

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 1 фев 2025

Комментарии •

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 4 дня назад +2

    Nisabire Fabrice azotwereke imitahe uyumutama afisemwo😢

  • @JemaliNduwayezu-di9xi
    @JemaliNduwayezu-di9xi День назад

    Kuvuga nivyiza ariko mu Burundi ntamajambo dushaka dushaka iterambere

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 4 дня назад +3

    Reta yatanze ikibanza ibisigaye uriko uvyinjiza muri reta,wewe ivyo wifuza urabisaba fablice reta ntaco yogufasha.

  • @JemaliNduwayezu-di9xi
    @JemaliNduwayezu-di9xi День назад

    Ivyo vyuko abahora bahakorera bategerezwa gushiramwo imitahe haba namba ! Nibashaka kwongera kuhakorera bazo depasa hama bemeregwe

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 3 дня назад

    Uyu mutama aratandukira kabisa ubakanation ni prive sector ivyo ntukwiye kuvyinjiramwo buri muntu wese yemerewe dushiramwo umutahe si reta iza kubabwiriza

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 4 дня назад +3

    Uwumugabo nahora ndamukunda ariko avuga amajambo menshi atubaka, please do not make our fellow brother manilakiza fablice can't fal Burundian we have to much hope in him bro I'm begging you now don't be agenest him his work speak for him U2 can do better to build our nation

  • @evelynenkurunziza287
    @evelynenkurunziza287 4 дня назад +3

    None haruwabujijwe gutanga umutahe kuki retard yorinda kuvugana ngo abahombeyeyo batange imitahe hoba habaye kunguvu kndi ari burinda murundi wese yemerewe gutanga aimitahe kndi yifuzaa kndi bija plaza ntaco ipfana nivyahiye réro Sinumva impamvu wovuguko

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 3 дня назад

    Mbega,uyu mutama ariko aravugana nande!!?? Ko ubaka nection group irongowe na Fabrice yabisobanuye neza! Ngaha uyu mutama arimubiki!!!?? None niwe washyizemo umutahe munini!!?? Aravugaaaaaaa

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya 3 дня назад

    Mbega,uyu mutama ariko aravugana nande!!?? Ko ubaka nection group irongowe na Fabrice yabisobanuye neza! Ngaha uyu mutama arimubiki!!!?? None niwe washyizemo umutahe munini!!?? Aravugaaaaaaa