I like Mr. Jerome's journalist approach to queations! He is focused on issues and seeks to get the right answers. His Excellencies, the incumbent President Maj. Gen. Evariste Ndayishimiye, former President Domitian Ndayizeye, former President Sylivestre Ntibantunganya are engaged in a very interesting narrative in the life of Burundi politics, economic growth, and national development. This is very important discussions and should be continued.
I am greatly disappointed!The recording is not clear because we can't follow this important conversation! Secondly, the journalists came late to the meeting point and this is not a good thing at all because the press must on the front not back front.
Since Technical employment is still leaning on political origins, we will always face the same problems. Young people who are advanced in TIC are not considered. Time will tell. The nature will do its job. One we will arise and shine...
Ikitoke kugira ndakiry ahondi ni budget y 17€ kndi aho nakuberabirimwo. Produit exotiques so très chère. Nibazako ntaronka abampinyuza. Gusa le burundi et le pouvoir d'achat c'est là où se trouve le problème. D où échange pour monnaie étrangère hari ikibazo .solution essayez de produits et exporter
Biraryoshe kwumviriza. Uburundi tuzohava dukira pe
Ibintu nibyiza cyane ❤❤❤❤❤abayoboye igihugu bicaranye nuyoboye igihugu abarundi murabambere
Burundi bwaradusize cyaneeee! Twebwe uwayoboye Ubanza atanemerewe kugaragara muruhame.
@@sabitijohn2770uzajyende baguhe ubuhungiro!
Rtnb wapi ntakigenda kuri qualité d'images et de sons
Bakeneye gukora video editing mbere yo kuyisakaza. ABA banyamakuru barambabaje.
I like Mr. Jerome's journalist approach to queations! He is focused on issues and seeks to get the right answers. His Excellencies, the incumbent President Maj. Gen. Evariste Ndayishimiye, former President Domitian Ndayizeye, former President Sylivestre Ntibantunganya are engaged in a very interesting narrative in the life of Burundi politics, economic growth, and national development. This is very important discussions and should be continued.
Ababona ko ntibantunganya aciye ubwenge cane ampe liké twikomereze
Yoo ibintu byiza cyane pee, ndabakunze
uwo ni Rufyiri
😂😂😂 nnj kbsa sinshobora kurengana kumuzungu ariko aresega ngo ndmwime kbsa😂😂 uwowifoto uranyumije kbsa😂❤
Thank you for improving the voice! I am following the discussions very well.
Nivyo ivyo Pr. Ndayizeye avuze coup d'état ntikiri ingendo ibereye yo gushika ku butegetsi.
Ibi biganiro nivyiza cane goso bibandanye kabisa batama
Abohejuru bahindutse neza nabohasi ntiboreka guhinduka
Abatuyoboye nibobafise kutwereka inzira nziza 😇
Ijwi ntiriza neza kandi ikiganiro kiryoshye !
Umuntu atanga akarorero ngwikiro kigugwa angahe ngaha, kenya naho nangahe ariko ntatubwire mbe kenya umwigisha cnk umupolisi, umuyede ahembwa angahe abaaduhenze cane, kuko ubuzeko dubai ubuzima buzimvye ntiwibaze kumafaranga umwenegihugu ashobora guhembwa uba wihenze, muri make akokarorero ntimuzosubire kugakoresha
Mwaramutse amahoro?Nitwa Nzabamwita Manirakiza Benjamin.ndi umunyarwanda,mperereye mu Rwanda.ni ukuri uburundi mufite democratie.ikindi mufite intumbero nziza kuko mwifuriza igihugu cyanyu ibyiza.ariko ndanenga technicians.kuko barasuzuguza igihugu cyanyu.ibyuma umukuru wigihugu avugiraho ntibyagakwiye kuvuga gutya, ukurikije aho isi igeze.ubumwe n'iterambere nyakubahwa NEVA yifuriza abenegihugu be muzabigeraho nimuramuka mumwumviye.murakoze ni Nzabamwita manirakiza Benjamin I Rwanda.
Je numvirije neza ,les ex -présidents bamubwiye neza ko abatwara aribo bishw igihugu mais umengo ntiyatahuye neza .
Iyomugiye gukoresh ikiganiro abantu nkaba bambere bakomeye mugihugu bemubanza murabeneza ivyuma mugiy gukoresha kobisohora amajwi neza kk nkiki kiganiro numva vyishi nkene ntavyumva
Itangazamakuru narinebaguye
Turababajwe nukuntu BRB Ariyo ituma abavuka gihugu bashora ubutare bwacu mubihugu duhhana imbibe kubwo kutatunganya neza uko ibugura
Merci pour tout.
Courage ❤❤❤
Mbega amajwi...
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 birabereye ijisho Cane
Gsa uwumuntu ajejwe ubuhinga nyakubahwa ikiganiro gihez wari guca umusubiriza
I am greatly disappointed!The recording is not clear because we can't follow this important conversation! Secondly, the journalists came late to the meeting point and this is not a good thing at all because the press must on the front not back front.
Since Technical employment is still leaning on political origins, we will always face the same problems. Young people who are advanced in TIC are not considered. Time will tell. The nature will do its job. One we will arise and shine...
murakoze twagikurikiranye knd twanezerew nohanyuma musubire mutuyagire biratwungura
Hirambir sebarund
Wabarund
Turabukunda ariko mbona na Jérôme mwaramwibutse..ariko urawaririmye iyo ndirimbo sagamba..canke imwe ya burikukiye muvyeyi wacu ntuze ubibagire.
Ayo majwi yubuhinga mumutima wigihugu birababaza......aho murabuze amuhinga wa son???????????
🤣🤣No leader
Médias wapi kabisa,ibiganiro nkivyo bamwitegura kuko ntibaba batananwiye ama son asohoka nabi cane gose.....
Abo bavuga ngo nibabise abandi barye nuko babona mubategetsi bamwe mubava muri CNDD-FDD bahari kugira barye.rero sebarundi yategerezwa kubaza iwo muntu ati nibande bariko bararua ivyo badakoreye
Warabonye umuryi abaza uwundi muryi ?
Abagira couverture nta professionnalisme kabisa
Kbs
Iyi myanda inuuka ninde akiyiraba ? Ikibanza cayo ni muri WC
Ikitoke kugira ndakiry ahondi ni budget y 17€ kndi aho nakuberabirimwo. Produit exotiques so très chère. Nibazako ntaronka abampinyuza. Gusa le burundi et le pouvoir d'achat c'est là où se trouve le problème. D où échange pour monnaie étrangère hari ikibazo .solution essayez de produits et exporter
Ahuri ubona vyorosheko umu securité waho arya igitoke ca 17$mbe muburundi umu sécurite ubona vyoroshe koyogura igitoke ca 5000fbu?
Nimba koko umukuru w'igihugu ashaka abarundi b'ibanga n'ubutwari bamufasha gushika ku mbona kazoza nziza, azoze arahana ku mugaragaro abo yagirije amakosha (ibiturire) kandi abitangariza abarundi nk'uko abitangaza mu kubavuga
Kwarabahutu gusa abatutsi bagiyehe? Igihugu caraboze.Nimugarure abatutsi babereke uko batwara
We waramunzwe kandi ntaho bizogushikana urabonye akasigay ugekenye umusaya
Mwaravumwe n'a sekibi, ico mubona imbere arubwoko, KO mu Rwanda hatwara abatutsi benewanyu, umaze kubona ahamagara abahoze bayoboye ngo bicarane, ikigugu gusa
ntizi ivyo uvuga Abatutsi baradutwaye imyaka 40.twarabonye intwaro yabo ivyo urimwo ntavyuzi.
@@joelnzeyimana7791 ivyo mwicayeho nibagaza wavyubatse mwabaja mwe.kuva 2005 kugezubu nimyakingahe? Ibihutu ntabwenge bigira gutwara nigisoda sivyanyu
@Makakulaya buvugana ubwe niwe urikingungu wo kwubaka Igihugu gute kugananirwa nikirimba cumukuru wigihugu ntaco mwovuga tutazi ,, ivyo mwakoze nishono mwemere mutwagwe imyaaka 40 nihera muzogaruka,kuru indabi ngaho.
. wokubaka