Rambo 2 - KIRADUKENEYE (official video)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 фев 2025
  • Song Writer: Rambo 2
    Producer: Cizzo Bwoy
    Director: KIBANOMIC
    Colorist: LLOYD
    Stylist: Wizzy Nation
    Team: CB music
    aba jeunes nitwe burundi bwejo
    nitwe bo guhindura amateka mabi
    igihugu cacu caciyemwo.
    ayo mazina twitana,amariye iki
    igihugu?
    new generation
    wake up wake up,satand up satand up
    igihugu kiradukeneye,twubake urukuta rukomeye
    kuko tuki cankana,tukinenana uburundi bwacu
    ntakazoza.dushire inguvu hamwe tukigwanire nka basogokuru
    kuko;;;;;;;;
    kiradukeneye
    kiradukeneye
    twese hamwe birashoboka.

Комментарии • 119