Yooooooo😭😭😭niba utarihana giravuba kuko abera barataha vuba cyane/Isi yabaye mbi bikabije nukuri
HTML-код
- Опубликовано: 18 окт 2024
- yesu ashimwe mbashimiye urukundo murushaho gukunda ibiganiro byubaka ndetse nijambo ry'Imana nindirimbo tunyuzahano! muramutse mushaka kutugira inama cyangwa ibindi bitekerezo muduha mwaduhamagara cg mukatwandikira kurizo nimero +250783731299 na +25#0788469364
muramutse mushaka kudutera inkunga nubundi mwakoresha izonimero tubahaye hejuru
murakoze cyane Imana ibahe imigisha
Mana ndagukunda wa muntu wee❤ imana iguhe umugisha.vuga ukuri izina rya yesu rihabwe icyubahiro.
Nivyonukuru ABAbana tuvyaye nugusenga tigakovya kandi bible Irabivugako hahiriwe Ibère ritonkeje Imana Iturindire ABAna ndimubanbere bababajwe nivyo
BONJOUR SERVITEUR DE DIEU ,SUIS BENIS A CAUSE DE LA PAROLE DE DIEU . SUIS CONGOLAIS
Amena amena❤❤
IMANA iguhezagire pasta uranyunaka cane uravuga amajambo ahumuriza abantu
Asante sana Mukozi wlmana
YESU ASHIMWE CYANE, NIKUNDIRA UYU MU PASTOR 🥰🥰👍👍
❤
Amen
Amen Amen 🙏
Imana iguhe umugisha kd komeza utubwirize.
Muhezagirwe pasta uhoraho agukomeze canee
Imana iturabire abana kwer❤
Nukuri kwuzuye mwisiga yuno musi ntakintu kiyiriko kiryoshe.nukuri ibara ryaraguye.
IMANA IGUHE IMIGISHA . IKURINDE YANDIKE IZINA RYAWE MUGITABO CHUBUGINGO
Amen.iman.ishimwe❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🙏🙏👏👏kumajanbomena
❤❤❤❤
Nukuri muhabwe
Umugisha❤❤
Imana Ibe kumwe nawe
Imana ibahe
Umugisha❤❤❤
Asante mutumishi
Mbayahaga uracarimwe
Ni hatari n'ubukene burarenze
Ndakwikundira disi iyaba ndihafi nazandaza gusenga none ndi saudia ariko nzotaha nzoza tuuuu
Hello
Abantu bagize intege nke mu rusengero agatiro kakabafata be mureka kubandagaza mubatuga za caméra. Birababaje 😢
Nivyo ibikorwa mukora bizobakurikira.igihambaye naho ivyobikorwa bizobakurikirira.niwaja mumuriro bizogukurikira ati ba.ukwo nikwo kuri kuko abanyavyaha nabagororotsi bose barafise ibikorwa vyiza.rero kumunyavyaha nivyo bikorwa vyiwe bizomuherekeza nomumuriro.umugororotsi nawe nukwo.rero mbayahaga wewe urumunyavyaha canke urumugororotsi.ico nico kibazo canje.niwaba ukiri umunyavyaha nurire uboroge kuko ntakindi kiraririye abanyavyaha atari umuriro.
Amen🎉🎉
❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
None barataha bajya hé?