😆😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣mana inyichu nza b face bi urampimbara ndakunda ibikorwa vyiwe kandi ndanamukunda nkakunda numutima wokwitanga afacha abana bipfuvyi B face iman ichichikare kukwongera imbaranga ninkomenzi mubawe no.muvyawe warahezagiwe I love
Ikiganiro B Face Arimo sinogenda ntakiravye ntago bibaho! Numuntu ari Sawa kandi inyishu ziwe nizo zituma tumukunda kabisa.🌎 is watching right now! 🇺🇸🇧🇮
B-Face nasanze naramukunze kubera inyishu ziweeeee😀😀😀😀 kd reo benshi nic tumukundira kwl B ntakundi Imana igushikane kure kd ntuzohebe inyishu
B-face vrt araryosha ikiganiro nukuri yubahwe respect Isaac TV 💪💪💪
B face umusore yiyubashe w'indero encore. Uzi gutandukanya imyifato bivanye n'ikibanza urimwo wubahwe. Urashigikiwe Musaza 😘😘😘
Inyishu nazo zirantesa wubahwe cane.
B face nihonkibona yakuye chapeau uraberewe vraiment😍😍😍
Nubwamber ndakubony utambay ichap ❤️❤️❤️Arik uragar kbs
Oooooh God mbega umusore usetsa gsa numuhanga cyane pe ndamufana cyane
Ngufise ingorane nyabaki?n'Urukundo rwamusaranye rwagurumanye 🔥 🔥 kandi muri romantic ♥nibon gusa turonse ibindi bigoma urigushunguruka imistali ubutesa natwe biratunyura I love you guy so much ♥ rap yuda respect 👏
B fce respect gusaba imana wangu wamoyo ❤ eeyaahh!!!
On the flo kama kawaaaaaaa👊👊👊👊🔥🔥🔥🔥
Bi gap musaza ya mani basha uwabonye b face umenga ni merekiori ndadaye🇧🇮🇧🇮 uko kuntu yasokoje nukur arapendeje pee❤️
Waooooooh uraberewe cne kabx kimwe courage bro ndabafana mwesee
Nari nabaye nkuwumuyoberw kuk yakuy chapeau
B FC ndakwemera sana nivyo udafise abakuvuga ntaco Ubu maze kwer nivyo .narinkumbuy kubon mukiganiro warahiii
Egooo kwl nari ndagukumbuy undamukiriz maman wawe shaa🥰❤️❤️❤️
Bfc ndakwemera keep naho i Isaac yariyabuze
Nukur nari nabakumbuy mukorana ikiganiro kwer.nawapendaga sana Isaac na b Face 🥰🥰 hata na raha sana 💃💃🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Respect B face hama isaac terimbere Allah akurinde mukazi kawe
Ndabakunda Sn muranezeye Mwese
B face much respect best Rap etc..
Wawuuuuu vyiza cane ndabakunda mwese mwabikozeneza mwubahwe cane
B face araberew vrmt🥰
Ndabakunda can isaac na b fec ✌️✌️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Ababatipe barikumwe ndabemera sana iyaba mwokwanwe hano kwer
B face narinkukumbuy trop knd uraberewe vrmnt courage
Kimwegusa unomusi ndamubonye atachapo yambaye♥️♥️
Uraberewe sana bro B Face
B face numwana mwiza gusa aragara
Mbeginyishu mamaweeee😂😂😂😂
B_face 😂 urumuntu ushavura ntiwomwihanyanira kwer..yishura ibibazobiri funny sana😀😀😀😀
Issac ndagusavy'umbarize b face inomero z'ikirato y'ambara pleas🙏🙏🙏nkwiriye kumuha kado imvuye k'umutima vrement uyu musore yarangomwe sow a'm sory
B face araryosh ikiganir kand inyish ziw ninziza can zirigish kl courage 👊👊
😆😅😅😅🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣mana inyichu nza b face bi urampimbara ndakunda ibikorwa vyiwe kandi ndanamukunda nkakunda numutima wokwitanga afacha abana bipfuvyi B face iman ichichikare kukwongera imbaranga ninkomenzi mubawe no.muvyawe warahezagiwe I love
Mwami wigani uraberewe vraiment 🔥🔥🔥💫
Boniface ndamwemera kunyishu✌️
The. Interviewer asks jokes only 🤣🤣🤣🤣 hampa b face nawe akishura muri jokes 🤣😂🤣. That so unique
Best rapper In Kenya respect
B face urampimbay pe!!!babwire abo bantu biyumvira gukorera ibibi abandi bigira Imana mukuroga bagenzibe ngo ntibazopfe bateye imbere ico batazi nuko ivyo Imana Iba Yaranditse ko atawobifuta nuko nuko
🇧🇮🇧🇮 mer6 ndashimyecan kubona umu sani akundagusenga😍🙏🙏
urishura nje nje ya kingorongoro
Ntiyikorogo aragurutse mumutwe💯💯💯👍👍
The best Rapp turinyumayaw
Isaac ndakunda cane B-face kubuyo mukoranye ikganiro bintesa arashoboye cane kand ndabakund cn Isaac TV mubkora neza cane mwubahwe cane
Yuda n'a Isaac bubahwe Bose ndabemera sna kbx mwubahwe
Ikiganiro B Face Arimo sinogenda ntakiravye ntago bibaho! Numuntu ari Sawa kandi inyishu ziwe nizo zituma tumukunda kabisa.🌎 is watching right now! 🇺🇸🇧🇮
Respect kabis iramara
Really respect❤🎉 kwa,kweli narimbakumbuye 😂😂😂murikumwe ntarungu ngira😅😅😅muranyica😊😊😊
sha Isaac unomunsi urahumy pe Bfc aragukoreyeko ila big up sn bro
B- Face nasanze naramukunze kubera inyishuziweeee😀😀😀😀😀😀😀😀
Inyishu ziwe zirankuyeho,courage uterimbere nkumuzinga
Boss wangu yaberewe ❤️❤️😘😘
🎉😂😂😂😂Big up xn bro nakubali xn
None rap yuda mumushakiriki azimidiho yose kabidsa kandi courage caane vrma kuko turabimukundira caane yubahwe mutoto wa katanza uraturyohera kandi twari tugukumbuye kuri media utuyagishe .lsaac asanti urakoze caane sha .hama b face ndamukundira urupfasoni nubwitonzi bwiwe kabisa.ubahwa bro
B_face ndagukunda San uritahura kbs 😘👊
Kuberwa nivyawe Bro nakureke Isaac
Kbx😊
Muradutwenza kwer nimwirambire kwer 💗💗💗💗💗
Umependeza sans sioooo siriiii, NC bro
Ndagufa.na sana Isaac and BBB face.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇲🇿🇲🇿🇲💪💪💪🔥🔥🔥🍾🍾🍾
B feci uraberewe cane ndagukunda
Be face on the flow good.👏👏👏👏
B Face respect
Cool
B face much love
b fc turamwemer kand ari intelligent
B umukunzi wawe ntiyigera agushavurira vrt 😂😂😂tugukunda uko🙌🙌
Isaac uzumumbarize b face izonyishu iyazikura kubera araryohera cane kuntu yishura
Mbe isaac nkubaze ba delicia ko batari gukora bari hehe??🥺🥺🥺
Ahubw, kwer naj sinkibabon n'a Sante
Yaaaagwagwana Bonifase
Isaac ukozumuti pe,hma turashaka interview ya masterland
B uraberew Sana vrmt first time kukubona Ata nkofero courage bro sorry tuyigumamwo
B face uraberewe caneee ariko uramp ikiganiro bro 😂😂😂😂 mwibanga ariko ndagufana sana
Mb delicia na santa(hguette)barih kontakibabon
onelove from skynice news
B face vrmt ndagufana gusa ingofe zawe zirantesa kbx😆🤸
Eeeeh none muramufashe! Umengo avuye gukora icaha. Niyisengere
Iyi ndirimbo nukur ni 4 kabis guma mur rap
Aca wivu indirimbo iraryoshe kand vyos arabishoboy
B face inyishu ziwewe ziranyicape🤣🤣🤣🤣🤣 yemwe musaza courage wubahwe👌🙏
Nacerewee
Mwiza
Rapp komando nuwac turamwemer
Ego pe B-face pe uritond knd uratuje kbx Rer niwirambir kbx knd waberewe Cyane 🙏🙏
B fc mukunda kubi
Araberewe bifs👍💪🌹🇧🇮❤️
Mbega Delicia n'a Santa KO tutabaherutse?
Ndakumbuye santa
B face uyumusi chapeau muri congé 🤣🤣
Asaca b face bahaturiye jewe ndabakunda mufatanye🤣🤣🤣🤣🤣
Mana weee B_ fac
Urininyishu zihariye
Much love❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🇸🇦🇧🇮
🤘
Komera murundi wacu b face
B face urumuti wamenyo kbs🤣🤣🤣🤣🤣
Wapende my freind.
Komutamusigira rink yokwinjirako kuri page yanyu umuntu agaca araba indirimbo yiwe
Issac twari tugukumbuye cane wakoze kudukorera umuti.
Uyumujama naduge kbsaa
Abafana b fec tumenyane 👇
Fyonda s'abonne kur New media uzoz urabon amakuragezweh
Isaac na b face ndabikundira nanje niryambere mbonye ata chap yambaye uwo muhungu yu bahwe
Ndasavye bface angabanirize kubintu vyinyishu. Kuko uranyuzuza kunyishu😀😀😀
Jw B face aranyica kinyishu ziw
B Face 😂😂😂😂😂😂 yani wewe nomasan kwakweli ariko ndakwemera pe san 💓💓💓😘😘😘
😀😀😀😀narindamu kumbuye kweri canecane kubibazo yishura rero so funny😂
Warukumbuwe cane kabisa ndagukunda cane urikumwe na B-face😂
Abo mukomeretsa ni benshi muryabana benshi