Sammy zamurek kuz muratubesh mushakak turab ibiganiro.ngo kanyana yasohotse.nimuyinyarukan iyikwikir .kand ay ma titre muza murandik wap.ngo sammy ahemukiy kanyana afatany na madudu ar mushikiwe.knd berahino urinz uhemukir kanyan.noc ndabaheb
Ariko manawee madudu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nukuri kanyana muyibandanye pe nokuvyara bishobotse muzovyare mugire nabuzukuru turayikunda canegose kandi murabe cycy muyage neza agaruke hama ivyamahiganwa rukundo TV na ihuriro TV murashoboye barabatinya pe mobakubita hasi kabisa uko nukuri kwanje pe
Ndabikundira mura nyitwengereza madudu. Arakumbuwe. Muranvunaguye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😅😅😅😅😅😅😅😅🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹mwubahwe👌👌👌👌👌👌
Oya Shaka mwiyemere murashoboye ,barabarenganya,turabikundira,courage.
kubwanj jewe ngenda kuri RUclips kubwarukundo TV sammy hamwe naciza mwubahwe
Arabishoboye madudu Ariko mubandanye kanyana
Ivyo vyokwigira abakozi bimana nimuvyihoze.gusa nimuduhe kanyana.mugwize ibikogwa mugabanye amajambo
Batwita utudumbidumbi sammy mwubahwe vrm ndabakund nzobagwinyum
Madudu ndagukunda iyukinye ndaruhuka sana kuko ndatwenga sana!
Nimwatubandaniriza umwobo na kanyana azobari sawa kbs apana kuguma muduha film ngufi
Imanibafase, namwe, muuzoje, mumahiganwa
Ntamworo azobona ijuru ma dudu ndagushigikiye 10/10
Ndamwikundira madudu 🥰🥰🥰
Murashoboye mutunyarukirize kanyana 😘😘
Ma dudu turamukeney, 😂 😂 😂 😂 kuko turamukumbuy caaaane
🤣🤣🤣donata arasekej sana,Samy w courge vmt muriko mudukorera umuti
Nukuri hamwe rukundo na ihuriro batobashira muri compétition boba bafis inzigo pe
Oy Rukundo TV Muburundi Yubawe Ninayonkurikirana Kukojyembona Ariyikoraneza Kandicyane Kurndigwego Rushimishije Pe Ntibaraba Nabobaziha
Mr sammy donata.courage mwubahwe mubirimwoneza ariko uranyishe.gotujoja mwijuru yemwe iyaba ariryawe ntaworibute🏃♀️
Mr Sammy ,courage na Sonate ndabakunda caane
@@nkurunzizaedouard721 ruclips.net/video/k5k7mBCnO30/видео.html
Madudu ndakwikundira uratwenza narimbabaye
Babwire Sammy wow
Donata urankoreyumunsi kweri murantwengeje mwenasammy mugabo Iyo title siyo kweri
Jyewenahontijayo Nfise Amafranga kwisi Narariyubuzima Ntacyovyatwara Arikontagiyeyondinumukene Vyombabaza Ariko Naragiyemubihungu Bitandukane Nabaheza Ntacyovyantwara
Aba fana ba buja today TV mwese muzoja mwijuru
Madudu mushikiwe murasara mura kanyana films
Kumbe Madudu Nuwi Mabayi Mubatunzi Yubahwe Imabayindahakunda Kwisoko
Ibi bizotuma tutabizera kuk mwize ingeso yokubesha
Muratubesha newbie atagice gishasha casohotse .
Muhindure kabisa
donata
ndamukunda 👌 👌 ❤ ❤ 💋 nukuntakina
Hahaha 😁😁😁🤪🤪kwani nyinyi ndo mtawapeleka mbinguni?hahaha Nawapenda tu
Icokimenyesha makuru giciyekishisha
Ibikorwa vyanyu bingeza ahantu! So ndabasabe iyi reresi ya kanyana muyibandanye kuk muyihagaritse igeze aho supe(mama shurwe) yariko arondera umwana wiwe. Muyibandanye vrt!!!
Kandi rero film turazikeney muzishire ahabona apana kur réseau sociaux gusa! Jew ndazikeney.
Bamureka gusanura abantu
Mureke uburofa mutuzanire flme
Muzohorane Ndabakunda
Sammy zamurek kuz muratubesh mushakak turab ibiganiro.ngo kanyana yasohotse.nimuyinyarukan iyikwikir .kand ay ma titre muza murandik wap.ngo sammy ahemukiy kanyana afatany na madudu ar mushikiwe.knd berahino urinz uhemukir kanyan.noc ndabaheb
ruclips.net/video/k5k7mBCnO30/видео.html
Ijur riragoy kuronder namwe
Nagira ngoniyo☺
Madoudu wubahwe kbsaa
Sammy urihenz non uronderik?🤗🤗🤗
na sammy kwer akina role zose arazishoboye
Fantastic
Maddux Ndashaka Music Yamadudu 1 Itwika
Rukundo murakunzwe
Muna. Shiba. Walli
Kbs musigay mukin san
Ntamuntu Atagirivyaha
Ivyobintu mugira sivy?mutubwir NGO kanyana s02 Ep6 atarivyo
Sami nawe nimaraya
NONE nkaha noheza kuraba iki kiganiro gute kandi titre ivuga ibindi ngo Gloria ?
Donate nihwihane Ubu ugifise umwanya
Donate kumbe arashobora gutekereza
Donat nikiboregwa
Gusa muransekeje murakoze kunkorera umusi
Basha oya vraiment iyotitle 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 iranyishe Samy nukuri nubeshe urakunda pompompo nakubesha wew nuzoboni juru 🤣🤣🤣🤣
Jew nobafata twohura non sinobashobora
@@mmbb9770 ruclips.net/video/k5k7mBCnO30/видео.html
Mwubahwe
kimwe gusa rukundo TV nihabwe intebe yimbere kuko murashoye saaanaa kimwe rukundo TV ntago ikwiye guja mumahiganwa kuko ntago boronka abo bohiganwa
Uvuzukuri chr
Jewe nkoresha wifi 😆😆
♥️♥️
Mureke kuduhenda
,😂😂😂😂😂sammy uratwenza gose
ruclips.net/video/k5k7mBCnO30/видео.html
Donatta yagiyehe
Ndabikundira murasetsa kweri🤣🤣🤣
Mana we donata ni too much
Donata, nasami, 😂😁😀😐
Ushobora kuraba KANYANA uciye kuri ino Link
ruclips.net/video/rZLYzZhp9Hk/видео.html
Inje niruka ngo n kanyana🤣🤣🤣
Ariko manawee madudu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nukuri kanyana muyibandanye pe nokuvyara bishobotse muzovyare mugire nabuzukuru turayikunda canegose kandi murabe cycy muyage neza agaruke hama ivyamahiganwa rukundo TV na ihuriro TV murashoboye barabatinya pe mobakubita hasi kabisa uko nukuri kwanje pe
ruclips.net/video/k5k7mBCnO30/видео.html
Sammy iryojur uvugak abakwirikiran rukund tv bazojamw niryaso?gusa muraz kwishebeduw
Ahubw mugisha niyubahw aracar uwamber mu bdi nah ba rukund tv bishebeduw
Rekinzigo
Rukundo tv nabamber
@@suzanaburundi6061 niwubahw kbx
😂😂😂😂👍
🤣🤣🤣🤣🤦♂️🤔
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👍👍👍👍👍
Sammy warahinduy nume ya whatsapp?