Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Sawa sawa 😅✊🏾✔️ j'suis haïtien mais j'aime bien les gens du Burundi ego
SAWA SAWA veut dire bien, Ego veut dire d'accord ou oui comme quand tu réponds d'accord en français en fin de phrase.
Urabesh kabisa sunstone beach Rumong niyo yambere
What a beautiful place for having vacation!!!
Niheza walahi big up muhira i Burundi
Thx Cankuziano narik ndyumvir ah nzorir cash zanj nn.....🤣🙏
❤❤❤
WOOW . IKEEP FINDING GREAT THINGS MAN. THIS IS AMAZING. SO STAYING HERE
Nukuri uburundi nibwiza aho hantu harandyohey nahora ndahaca sirinzi ko hari ivyiza nkivyo ngaruts mubundi nzoruhukira ngaho haratesa Burundi bwacu Burundi bwiza 🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰
Mbega inyubako nziza
Very good, bahateguye neza kabisa
Je suis en France j'aimerai être là Green Park ❤️❤️🇫🇷
C'est super chouette
Uburundi nigihugu ciza basha twahabonye
Very good hotel
Ndashimiye cane uyu Murundi Muzaneza yubatse iyo hôtel mu ntara ya Muramvya, ni iteka kugihugu. Abamaze kuhagendera turahanezerererwa, turamukeje kandi tumwipfurije gutera imbere kuruta.
Iyohoteri ninziza niburundi
Basha nukuri ntacumuntu yohagaya kibisa
Komera komera bro
Niheza cane kabisa
Nice place of vacation
Wawo nice 👌 hameze nkasawudia naho nyene kubabosi
Vyiz cn kwl kugihugucacu cuburundi
Mwaduha ibiciro basi
Mukaza muratwereka ivyiza vyiwa cu
Good Job Show UP Tv
thx
Nic
Nziza cane
Ndahakunze san
None. Ntapisineziriyo. Mumbarize
Haramara kabisaaa
Nice sana
Heza cane
Nihezacane mzohasohokera kabisa
Gusa muze muragabanya kuvuga ngo niyambere ni nziza ariko siyambere muburundi
Iwacu niheza
Nandanya uko kijana big up sana
Ndahakunz mbega nangahe kimusi??
Bugarama Iwacu oyeee💪💪
Nihezu cane🇧🇮🇧🇮
Courage ndakunda ikiganiro vyawe
Haratesa💪🇧🇮
Waooooo nihezaNdahakunze caaneNdasavye numero zabo
Uburundi bwacu nibwiza cana ndipfuza nimero zaho nanje nzohashikire
Uburundi ni bwiza abarundi nibo babi
Niho peee
NIHEZA PE.MBEGA NTAMA JEUX YABANA AHARI
Nihenza🤣🙌👌
I am from Colombia what does it cost per night in this hotel thanks
Muga imbeho bi 2much
Ayonzoyarekura ndahararekabisa
🤦🏽♂️This guy, amazi ashushe arihe nayakanye 😊😊Ibibazo vy'ama sume🙄
Nice place
Ndabaramukije.ndashaka kubabaza muriyo Hotel ijoro Rimwe mucumba gisanzwe nangahe??
70mill
Ndumvarisaw
Iekantahe nsubiriyonataye iburundi uruzogi
None icumba nangahe
Noneko muburundi hari Ama hôtel meshi mwafatiye kuki kugira muvugeko ariyambe nziza muburundi canke nibimwe vyabarundi vyogushimivyabo?
Jameni bugarama iko wapi
Icumba nangahe😂😂
70milles francs b🇧🇮
Numero pls
Nimuduhe contact zabo
61043719
Number mwatanz ntikor whtsp
nice place
Sawa sawa 😅✊🏾✔️ j'suis haïtien mais j'aime bien les gens du Burundi ego
SAWA SAWA veut dire bien, Ego veut dire d'accord ou oui comme quand tu réponds d'accord en français en fin de phrase.
Urabesh kabisa sunstone beach Rumong niyo yambere
What a beautiful place for having vacation!!!
Niheza walahi big up muhira i Burundi
Thx Cankuziano narik ndyumvir ah nzorir cash zanj nn.....🤣🙏
❤❤❤
WOOW . IKEEP FINDING GREAT THINGS MAN.
THIS IS AMAZING. SO STAYING HERE
Nukuri uburundi nibwiza aho hantu harandyohey nahora ndahaca sirinzi ko hari ivyiza nkivyo ngaruts mubundi nzoruhukira ngaho haratesa Burundi bwacu Burundi bwiza 🇧🇮🇧🇮🥰🥰🥰
Mbega inyubako nziza
Very good, bahateguye neza kabisa
Je suis en France j'aimerai être là Green Park ❤️❤️🇫🇷
C'est super chouette
Uburundi nigihugu ciza basha twahabonye
Very good hotel
Ndashimiye cane uyu Murundi Muzaneza yubatse iyo hôtel mu ntara ya Muramvya, ni iteka kugihugu. Abamaze kuhagendera turahanezerererwa, turamukeje kandi tumwipfurije gutera imbere kuruta.
Iyohoteri ninziza niburundi
Basha nukuri ntacumuntu yohagaya kibisa
Komera komera bro
Niheza cane kabisa
Nice place of vacation
Wawo nice 👌 hameze nkasawudia naho nyene kubabosi
Vyiz cn kwl kugihugucacu cuburundi
Mwaduha ibiciro basi
Mukaza muratwereka ivyiza vyiwa cu
Good Job Show UP Tv
thx
Nic
Nziza cane
Ndahakunze san
None. Ntapisineziriyo. Mumbarize
Haramara kabisaaa
Nice sana
Heza cane
Nihezacane mzohasohokera kabisa
Gusa muze muragabanya kuvuga ngo niyambere ni nziza ariko siyambere muburundi
Iwacu niheza
Nandanya uko kijana big up sana
Ndahakunz mbega nangahe kimusi??
Bugarama Iwacu oyeee💪💪
Nihezu cane🇧🇮🇧🇮
Courage ndakunda ikiganiro vyawe
Haratesa💪🇧🇮
Waooooo niheza
Ndahakunze caane
Ndasavye numero zabo
Uburundi bwacu nibwiza cana ndipfuza nimero zaho nanje nzohashikire
Uburundi ni bwiza abarundi nibo babi
Niho peee
NIHEZA PE.MBEGA NTAMA JEUX YABANA AHARI
Nihenza🤣🙌👌
I am from Colombia what does it cost per night in this hotel thanks
Muga imbeho bi 2much
Ayonzoyarekura ndahararekabisa
🤦🏽♂️This guy, amazi ashushe arihe nayakanye 😊😊
Ibibazo vy'ama sume🙄