ABAKOBWA BEZA BAKINDA
HTML-код
- Опубликовано: 14 окт 2024
- Twamenye ugukinda Aho kwamuka. Kurikirana iyi Vidéo gushika kumwisho Nawe uvyirabire. Ntiwinagire gufyonda like hamwe nokubisangiea Abandi. @LeoNataFamily @natachaburundi1991 @Rwandaupdates
Ok
Urakoze ndameny vyinshi ntarinzi komeza uz uradushikiriza ibiganiro vyaw kubwishi urumuhanga💪💪
Nihatari 😂😂😂
Sha wosanga ariko nyene ino iwacu barakinda cane😂😂 like zanje Mbaye uwambere
Nihatari kabs non ABA bant nibahe jay
Urakinda wirorera ukindinyo nagakomokomo...🎉😂😂
50%Nojana nawe🤔 n'uko ntarabona umurozi ariko arakinda😂😂
Asha gusa icobikoze abo bantu barakomera ,bazi itize abiwacu ntavyo boshobora kandi ntibinabereye
Ok