Nawe urimo gukora iki kiganiro ndumva urigusobanura byiza cyane. Komererezaho ngaho.. Bwira Ndanovye ako kabwa k' imbonerakure. Erega bazanwa kuroga les Tutsis et les opposants hutus
Umva, uwu mugabo Kasuku ari muri INDE ariko avuga ko yagiye kwiga... Birashoboka ariko reka nkubwire monsieur. Uwu mugabo njya nkurikira ibyo aposyinga kuri chaîne ye , kandi ndamukunda mais il a un problème avec les diasporas occidentaux. Il a des complexes d' infériorité terribles. Ikintu cyose avuga kuba diaspora kiba always negatif. Iyo parfum Polo original ya 1200 euro ntibaho mwese mufite Google mushobora kubyirebera.. Agapora ka faux etc.. Ibye sibyo exemple pour tous les diasporas Iyo marque y'saha Rolex original avuga yogurwa 100 mille euros ntibaho ba utanga des exemples logiques. Parcontre je suis content kubitegerezo byawe kandi cyine.
These behaviors are not for burundians only Bro abantu bameze uko baba hose hariho benshi babumbwa n'ivyo bafise kǎndi babarundi bari proud n'ivyo bafise
Wewe womenga uri muri moment loop yo guhora ugereranya uburundi n'u Rwanda! U Rwanda si u Burundi kandi ntibizokwigera bibaho. Nta narimwe rero bishobora kugendana mw'iterambere iryo ariryo ryose!! Iterambere ritangurira mu kwemera niveau uriko mu buzima hama ukagendana na society mu guteza imbere i gihugu!
Wew ufise ibitekerezo byiza cyane bifite ubwenge
Thanks mwana Chimamanda
You always tackle things that are important. Rwandans and Burundians should be careful
If not, they will stay poor
Very good content abarundi baransesta nanjye uburyo badufatavywebwe aba diaspora uba wumva bazi ko aba diaspora Bose babaruta
Nawe urimo gukora iki kiganiro ndumva urigusobanura byiza cyane. Komererezaho ngaho.. Bwira Ndanovye ako kabwa k' imbonerakure. Erega bazanwa kuroga les Tutsis et les opposants hutus
Kumamako
Iki kigabo Kirandyohera..✅ komerezaho mwene wa..
True brother I like the way you analyse things in region politics
Moses sinahora ndakwemera arko ubu ndatanguye kukwemera kuvyo uvuga
Wangu nkwemera sana
Ndakwemera komerezaho
Komerezaho urwanda nigihugu cyumutekano giha abantu ubuhungiro nigihugu cyizacyane twahabaye imyaka 26 ariko twaridufite umutekano uhagije
Do you have any information about new driving test systems in Rwanda ? Where they use Robot …. We need to learn more from others for sure .
True, 😂 ndaje njyekwiga murambwiye😂 ndunvise!
Birunvikana ko wize vraiment,bravo
turakwemera cynee ngukurikiye ndi mu rwanda 🇷🇼
Kbs nukwigengesera mwaba Rundimwe kbr muriyerekn nabi kbs
bose barutwa nakakajwi utwisekereza
Moses Kasuku mwembi muvugisha ukuri niyompamvu Abantu benshi ntibabemera kuberako batinyukuri😂
Brother nkunda ukuri ugira pe uzakomerezaho 🤝🤝🤝🤝✅
Kasuku agirukuri kwishicyana ntamukunda❤
Chimanda niwe wange pe
Niwowe musesenguzi nemera
Mwaretse kuba mutyoza ahomwavuye. Konziko naho murikuvuga iburayi naho nyene hariyo injinji kandi aribenubutaka.ntamwonga uburisato…. ”ntamuntu yibona ububi bwiwe burumwe wese yibona ko arumuhanga”
Ndagukunda umusa❤uvuga ukuri gusa Kandi guhagije ❤❤naho abarundi nabanyarwanda twese turibamwe
Mubirofa naw urimwo chima
Mubisanzwe niww yarikuvuga wewe nukonyen uri ikirofa udatahura😂😂😂😂
Bien dit
Hhhhhhha we nta sentiment kweli😅😅😅
Nawe yes na yeah zabaye nyinshi😂
Umva, uwu mugabo Kasuku ari muri INDE ariko avuga ko yagiye kwiga... Birashoboka ariko reka nkubwire monsieur.
Uwu mugabo njya nkurikira ibyo aposyinga kuri chaîne ye , kandi ndamukunda mais il a un problème avec les diasporas occidentaux. Il a des complexes d' infériorité terribles.
Ikintu cyose avuga kuba diaspora kiba always negatif.
Iyo parfum Polo original ya 1200 euro ntibaho mwese mufite Google mushobora kubyirebera..
Agapora ka faux etc..
Ibye sibyo exemple pour tous les diasporas
Iyo marque y'saha Rolex original avuga yogurwa 100 mille euros ntibaho ba utanga des exemples logiques.
Parcontre je suis content kubitegerezo byawe kandi cyine.
Haha Naturanye n'umurundi hano muri America, akagura ecouteur za Beats zigura $350 ngo agende azambaye iburundi, akaza asaba abantu ngo bamugurize ahantu hose abafitiye amadeni abantu bose akagenda abakwepa kubera amadeni yamubanye menshi, nigute wafata vacance yagutwara hafi $4000 ukagaruka usaba amafaranga yo kwishyura Rent? ubwo bwenge nari narabuburiye uko nabwita kabisa. Aba Diaspora twikebuke.
🤣🤣😂😮
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 UKWO NI UKURI NAJE VYAMBAYEHO, JE NAGURA VYAMAKE BAGAHITA BAVUGA KO ATAMAFARANGA FITE
These behaviors are not for burundians only
Bro abantu bameze uko baba hose hariho benshi babumbwa n'ivyo bafise kǎndi babarundi bari proud n'ivyo bafise
Ikibazo mu burundi ababono buzuye mugisagara kandi nakinu bazi murekere abana bomumuji bazi ibinu binshi
Uri kuvuga ukuri rwose mutama, ndorera uburyo abantu duturanye birirwa biruka ngo barashaka abazungu bo gukemura ikibazo natwe ubwacu kitananira kandi banze kutwegera abantu ni bamwe ubushobozi twese turabufite batuze twubake ibihugu byacu ho uri hose birakureba ninawe bifitiye inyungu gusa ibyiza nuko waza gufasha bene wanyu kandi muburyo bwiza bwo kubahana
Arikose mbabaze w
Ko mwingereranya nu Rwanda
Cyaneee😂 mubona tungana
Abarundi mwangiye mwingereranya na za haight
Ibyo bavuga sibyo bakora.
Abanyafrika tuyoborwa n'imyumvire y'ubucakara niyo mpamvu kugira mubukene.
Uvugukuri kabisa
Chimamanda ufise icomutahurijeko nuyo ndayanovye,
Noneho n'ubwambere numvise Gasuku avuze neza ijyambo ryubaka.
Rubyiruko turi murwanda dushime uko turi turusheho guhanga cg guhimba udushya
Uwambere utavuga neza igihugu ciwe ni wew nyene uvuga ivyiza bike cane ibibi umuyoro ariko urwanda ntamusi uruvuga nabi niyompamvu uri injiji ndundi yambere pe hakaba hohera 2jours utavuze ivyiza vyurwanda nticobaho ariko ivyiza vyuburundi ngora ubivuga rimwe mukwezi none wumva atariwe njiji yambere yo muburundi
None abavuge ibihe,niba ubizi uzashinge platform zawe ubinyuzeho 😮 tuzakureba nawe😂 nimukagire amashyari aba ari kuvuga ukuri
Uwutazi ubgenge ashima ubgiwe. Natwe dukunda abanyarwanda. Kuko umunyarwanda numurundi. Turumwe. Nkajewe ndumututsi womuburundi umugore wanje numuhutu womurwanda kubana umunani dufitaniye twibaniye neza. Rero izondyane ushaka kutuzanamwo Abarundi nabavandimwe babanyarwanda. Ngo uronke ABARUNDI ujana muri all Shabaab. Somalia na Mozambique. Nkuko wabigenje muri 2015. Niwibagire kandi wewe uzofatwa umusi umwe tu.
Bandanya gukuga wa musega we! Uribaza ko abo ubwira batazi ubwenge? Kuko avuga ibitagenda uriko urashaka kumutwankisha rero ngo akorana n’abansi b’igihugu? Abansi b’igihugu ba mbere ni Imbonerakure nibo batwaye uburundi mu manga. Igihugu ca mbere gikenye ku isi vraiment 🤣
@@Kasongoyihwa ndipfuza yuko tuba abambere bakenye kuko naho twogirante ntitwiteze gucako America ngo tube igihugu cambere gitunze. Rero ndipfuza ko ducako Haiti. Tukaba abambere bakenye kwisi noshimira imana uwomwanya yoba iduhaye.
@@Kasongoyihwa naho mwogira gute ntimuzotwankanisha nabanyarwanda. Kuko nabavukanyi. Ariko gukorana na all Shabaab nukuri ntitugeza nagende aronderere mubindi bihugu kuko twaramuhinyuye. Nikihebe rukokoma.
Sibo binyine bakunda uburofa nisi yose Ibamo abantu bakunda uburofa
Oooh k 22:29
Nibageyo bakore tuzamure igihugu byacu bave muri ça va or And you know...
Injinji niyivuga menshi ntishire mubikorwa mb ww ko wirigwa uravuga ukora iki kuvuga menshi siko kuyamara ukunda uburundi garagaza ivyumaze kubaka iburundi nicumaze gufasha abarundi
Kasuku ajye abatamo
Mubisanzwe kuvuga ABAntu nibwo bujiji burenze
Ababono buzuye mu gihugu abanyamuji barihe ababono bifatiy igisagara 😅
🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣uzatubabarire uhure nicyo kibwa kbs mudukorere ikiganiro
Moses wowe na Kasuku ndabemeracane sinarinziko mwomenyana Ark mbonyeko munemerana muziranye.
That is true
Ntanjiji iruta wewe uta umwanya kumuntu mudasangiye akazi
Uravuga ukuri mugabo
Wewe utari injinji usivye kuvuga ubusa umariye iki uburundi? Ninde utunze wanjinji wee.
Mwe na kasuku muri bamwe
Iki kirabombirekana gusa
Barware babwire ,,,nkubu nzi abadiaspora benshi niririrwa nigisha nka business za cryptocurrency bijyanye na Bitcoin ariko barite ubuswa bwinshi,,,rero ibyo uvuze nibyo 100% ,,,,twice guca bugufi twige twigishanye kandi twe wishy-washy hejuru
None se nawe ko uri IKIGORYI nka kasuku,ukaba umwifashishije,we ntari kukwerekako yambaye pirate?
Ndumva ukunda uRwanda da uzaze bakugororere nka bamporiki🤔🤔🤔🤔🤔🙆🙆🙆🙆🙆🙆⚰️⚰️⚰️⚰️⚰️
😂😂😂😂😂😂😂😂
Thank you brother
Ahubwo ikigugu niwewe erega ubumenyeshamakuru bufise ivyicaro none edisson arumumenyeshamakuru wimyidagaduro avuge ivyapolitike?jijuka
Nonese umuhoye iki?
😂
Wewe womenga uri muri moment loop yo guhora ugereranya uburundi n'u Rwanda! U Rwanda si u Burundi kandi ntibizokwigera bibaho. Nta narimwe rero bishobora kugendana mw'iterambere iryo ariryo ryose!! Iterambere ritangurira mu kwemera niveau uriko mu buzima hama ukagendana na society mu guteza imbere i gihugu!
Ntabwo watera imbere ugifite imyumvire iciriritse. Ikibazo cy'abarundi, Neva yarwaye amakaburo, ateza abarundi ubukene. Kdi iyo umuntu atinze mu bukene akena no mu bitekerezo.
Mu Burundi nibashyiraho Tolerance Zero, abiba abaturage bakabahana by'intangarugero, izo miliyaridi zagateje imbere abaturage ntiziharirwe n'abantu bamwe nibwo muzatera imbere.
@@kasafazila3028 None unyishuye ari wewe nabwira? Ubwo nyene namwe mwumva muteye imbere? Ewe basha... wumva hari mutandukaniye na vya bikuri bibiri vyashwana kubera kimwe kibwiye ikindi ko coco gisumba ibindi mu burebure!!! Kubera vyose ni bikuri bishake bibe birebire canke bireke! Namwe rero mu Rda, mugomba kwihira yuko mwateye imbere mugabo vraiment ntaho muri. Uko kwiba uvuga wagira hari uwusumva kwiba abo biwanyu? Muranaheza mukiba nibindi bihugu! Nagomba nisabire abanyarwanda bareke kuza barivanga mu vy'u Burundi kubera nta murundi uta umwanya wiwe ku vyiwanyu. Mushobora Kuba mutejwe imbere nivyibano mutakoreye ariyo mpamvu mu mitwe yanyu mwama mwumva superiorité mudafise! Nuyu Moses nawe ubujuju bwiwe akagendera kuvyo abona ataranshika mu Rwanda na rimwe. Ba mureka kwiyemera, turi muri category imwe au niveau yubutunzi!!
Kkkkkk ese uburundi nurwanda nihehe haba inzara hose kwari iwacu twahabaye!!!!!!ntaburundi ntarwanda kumibereho kbsa bisa naho bisa.kukijanye nokurya hoho urwanda inzara ninyishi bro kurusha burundi .gusa ntimuze mwankanisha ibihugu bwaba uburundi turabukeneye knd nurwanda turarukeneye kuko turibamwe
Numva ariko avuga wewe nyene Mose. Sabarundi bose Moise. Abarundi uriko usigurira nibande. Abanu bize bameze gute? Ibintu vyinshi ntibikorwa nabize. Harivyo bita street smart. Jewe nkeneye kumenya Chimmamanda ico umaze gukora cincabwenge. Urishima mukwiyerekana ko wewe uzi vyiza kurusha abandi barundi. Am very sad.
Icokirofa
Ubu ni ubugoryi bro! Reference wakoresheje ni feke sana mu mboni zawe niba ubona uyu mutype wamwigiraho kuvugira igihugu, cg ngo kuvuga ukuri ni ikigoryi nkawe. Muri amadebe mwese kdi ntimuri serious
Wowe utari idebe x nikihegitekerezo kizima utanze, garagaza ubwenge bwawe noneho tububone? Hhhh😂 murasetsa kweli
Wew ufise ibitekerezo byiza cyane bifite ubwenge