Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Coco arakunda fiko abavyiyumviye namwe mumpe utu like nka100k twimanukire
Aramukunda twabibonye
Baranaberany❤❤❤
@@mamancheiilla0fficial Wabibonye nawew narinzi ngo nije ndumwe nabibonye
@@AlthrayhGold-qh1ii kbx bibahooo
Muraberanye
Umunt akunda nkanj ingen Clarisse avuga neuz disi ampe aka like hano😂😂😂
🤣🤣🤣🤣umuntu atazi igiswahili nkanje n'a Fanny ampe link
Ababonye ko urukundo rwa vrai rubarimwo duti URUGO RUHIRE.Hhhhh muraberanye
Abakunz ba solution couplé mur rwarukund mump like nyinsh maz dutwik twimanukir
😂😂😂😂❤❤❤
Fanny et Nono ndabakunda murikumw Ndabipfuriza k muzorambana chimmamanda ashindwe Kwa jina la Yesu❤❤
Amen ashindwe kabisa
Clarisse ikosa akoze nirimwee kirazira kwemerera umuntu kuncuro yambere😢😢😢😂😂😂😂abumvise fico ko imitoma hageze ahantu iramuherana ampereze utu like twaje 🎉🎉🎉
Ubu ntaguteba mwikorosi😂😂😂😂😂
ntakosa ririmwo riba ikos mugihe arinabwo bwambere muhuye ariko abo barazinanye
Urazi waruzi ng urironkeye umu kunzi wibihe vyose Hama ugaca wumva ng yar prank 😅muga ndazi Fik Fik azogikorerak abikure mur prank abishir mukuri
Abakunzi ba solution couple abakunzi ba prank abakunzi ba show like vrmt tuhatwike today ni 🔥🔥💯😂
Yoooooooo fiko urumwana mubi pfumuba seriously nyene mukundane vyanyavyo
Kumbe Clarisse arakunda Fiko mumpisho .❤❤❤❤❤❤nimukomeze muraberanye bive muri prank bibe réalité
Urukundo rurababaza ntimukarukinishe urumva kw,agukunda mukunde nawe byanyabyo bivemur prank s ❤❤❤
Nanje nar nagukunze❤❤❤❤❤❤❤❤❤gusa nubw ari prank n fico birabonekanak akund clarisse
Vrt ndabakunda kand caane nd'umu fan wa solution couple atiteze no guhindura urushinge ariko, iyi prank irambabaje vrt.prank zugukinisha umutima wumuntu si nziza ,bikunda muzozihoze na cane cane kubakija iyo bija.mukomere ndabakunda❤❤❤❤
Iyo prank niba Clararisse atayiz icombonyec arakunda fico kk ntakuntu yarikuvyemera kumus wambere yarigutum yivugishati rek tubih umwanya tubisengere abanzagend kuvyiyumvirako🎉🎉🎉🎉🎉
Clarisse yaramupfiriy fiko
Gusa murakwiy kugabanura ivyo bintu,maman Lao ngo nibisanzwe,eka sibisanzwe nukuri mugize amakosa pee
Harih ico mbonye nkriii😂😂😂aha harih ico batubwiy uwubibona yabibony😅😅😅
Jewe ahanabonyeko bakundanye 😂😂😂
J nubwo nabibony naracerew uwuri nubweng yabony ico bashatse kutubwira
Manayanj muratsitaje kd cn kd iyab imana yahanirako nukur fico ubuhanywe kd uzubisabek imbabazi kd nola na fanny nibi muzovyihane kk sivyiza kugeragezumuntu nkuko ngowarabisengeye ngahnukur ugusha muzosha kd muvyihane clarisse pol san mon amie ndashavuye kwumvirizumuntu nkukwokwose
😂😂😂😂nukur ndatwenze kubwa Clarisse ngo nukur naragukunze manny arik ndamukunze ar selieuse ukuntu tor amashugw yae🌹🌹🌹🌹
Ndabikundira disii❤❤ sinumva uko nobivuga basha 🌹🌹🌷🌷🤩💗💖😍🤩🥰💯💗💓💞💕
Basha nukuri nimube muraba Ivyo mukinishako umuntu ivyarivyo jewe ndababaye kndi Clarisse numwana mwiza CN yitonda ndavye ingene yitwaye aronde urugo yokwubaka NEZA gusa ndababaye kk arakunda fiko naho aribikino fiko wihane wacumuye cn
Fanny iyaba ariwwe babigiriy utararonk uwo mugab ndaz woriz umwaka wos
mbay uwakabir abaz inyum yanj mump like zanj kbx 😂😂😂❤❤❤❤
Ndasenze mwizina ryayesu Kristo ibafatanye mubane kuko I'mbere y IMana ntagufyina kuriho
Fico ntazi gutongoza 😂😂😂nibande bavyumvise
Maman lao uvyaye gusa nzoba nahishikiye kukwibarutsa
Ubwo reo nanj nkab ndahagez solution couple hejuru cane🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Nukuri ndababaye! Fico ukoze ikosa
Yoooo basha ivyo bintu mugize sivyiza vrt kumwana w'umukobwa. Bisa nabi cane vrt iyo prank ntimwari kuyiposta nukri. Ngirek mpanura abahungu bafise ingeso nkiya fiko yogukinisha imitima yabandi malipo ni hapa hapa duniani
Fiko nimurwubake n'a Clarisse sha nono wew ubona atarwubatse na Lavigne.je ndabashigikiye
Yoooo, Clakunda wanjeee😢😢😢Pole🤭🤭🤭
Iyi si prank je ndazi inyuma y'ibi🥳🥳🥳🥳gusa akantu ko kugisha inama Mpwemu Yera kankuyeho😅😅😅😅😅
Basha lugha y kiswahili kur mam lao itumy nter commentair😂😂😂
Yooooo bashaaaa ntimukaz murafyinishaaa urukundoo vrt
Gusa clarisse ndakwemeye ngo imyaka mfise ntinyemerer ko noja murukundo,nuk hariho abo tungana barimurivyo Arik jew siyo gahunda mfisee,so ndamukunze caaane❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉amashurwe Kur clarisse nubwo vyamucanze Arik Ari sérieu
Ndagarutse kur commentaire vyukuri birambabaje kand numvise Norira kubwa clarisse ivyosivyiza gukinisha ibintu vyinkundo abakobwa benshi bagenda barayingishinzwe nurukundo pls stoped stoped
Gukinisha umutima wumuntu sivyiza vraiment
Muri 7min mbandashitse abakunzi ba solutions couple tumenyane❤❤
hahhahahha nora gumahamwe rek fiko baragukorey umuti kwer
Ibibintu biri romantic 😋😋 harukunt wambaye ecouteur ucumenga harukunt nyene😊😋
Kiswahili chenu wenzangu nakibali sana. Ndabasavye muzoze muravuga igiswahili nukuriii. Ndabikunzee❤❤❤
Fiko Clarisse wabony k agukunda ntumugishe kabisa😂😂😂naho yagway uzomukunde
Fiko giravuba sha umushire murugo uwo niwe mugore w'isezerano burya kudahanugwa nibibi
Akakabare mwakoreyemwo ndagakunda kukajamwo cane. Kitwa Bar kumutana Mucarama❤ iyombimenya nabasangayo
Yesu weee mpore Clarisse !!! Fanny muramukoreyeko yoooo gusa namutware vraiment
Hhhhhhhhhh coco arakund fikop mumumpere amash menshiii caanee mama rawu ategura ibint vyakumizap😂😂😂
🎉nibakundan RER kuk clarisse nabonyek amukunda😂❤ .So solution couple hejuruu canee🎉❤
Solution couple muranduhura mumomerezaho ndabakund❤
😂😂 abantu mwumvis coco ingen yapfiriy fiko fiko munjombe 3
Fico fico😄😂 big up saaana🎉❤
Ariko murinzigo basha 😢😂😂😂😂😂😂😂😂😂, nukuri Clarisse aravuze iryatovuze.
Yoooo!!!!! Fico gusa ntibiherer mur prank nukur mukundo vya vrai Clarisse
Turabakunda mubandanye muturyohereza iminsi 💓💓💓💓 ariko Fanny aranyishe mukuyaga igishwahiri
Waooo!!!!!Jew munezereza umutima wanjeee.
Habasamgiwiiii eweee fany😂😂
Fiko uzoja mumuriro,Clarisse sha mazina bakundekere yesu azoguhoza kwivyo bikomere wagize❤❤❤
Yoooooooooh ndagangataye ewe Coco urukundo rurakubiramwo yooooh pole Sana mamayangu😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀
Clarisse bwabundi yakunda fiko fiko musongeko mubane
NACITSWE NIGISWAHILI CA FANNY 😂😂😂😂BASHA JTM BEAUCOUP ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂😂😂😂😂
Hamwe vyohererah fiko ntabishire mungiro vyombabaz a kwl😂😂😂🎉
Clarisse mpore mwiza ubundi Imana igutabare
Fico umukobwa wabandi akangira ikibanzo unzoba ungowe ivyoyavunzemukuri urukundo rurababaza❤❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂😂mbanje gutwenga nkibibona 😂😂😂reka ntore agatebe nirabire😂😂😂😂😂
Sha fiko Imana irakubon ushats kumumaramaza kwer kugir abantu bamubone nabi
Kujua na kufahamu tofauti ni kuwa wanafahamu mtu(quelqu'un)na wanajua kitu (quelques chose).
Gusa nyene ndabakunda❤ solution couple muraduha umunezero
Ivyo bintu mukinye sivyo vyo kumbabaza Clarisse nkukwo kirazira gukinisha umutima wumuntu
Murashisheeeeeeee vrt nkivy mumukoreye nibiki vrt fanny usigay wishima cane
Coco Imana imbere MWe na Dico Aho vyatanguye
Nora yahora yiba abagabo 😂😂😂 imana yaramuhay Nora ❤❤❤😂😂😂😂
Iri nikosa mwakorey Clarisse vrt ooh lala
ewe fiko sha, clarisse yaragukunze kura ngaho ivyubwana shaaa
Urworukundo nidanj one day kweri ucufatw najugumiration😂😂😂😂😂fico muririmbir :ndajuguu jugumira jugujuguju 😢😢😢😢❤❤❤❤❤
Abakobwa bamezenka coco mwihangane namukibwa Areswango aceyemera ubwonyene
None gabasha ntibe ari prank vyombabaza uzukuntu baberanye nukuri vyoryohera cane kuko ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Gusa muraberanye kwli naho mwokwibanira❤❤
Wabajije Mpwemu yera Mugenzi😂😂😂😂
Fico weee yumvise yarakunzwe umutima umuvuyemwo😂😂😂😂😂,ngo yar blague nyene
Ndabona ibintu biriko bifata intambwe idasanzwe nigiswahili ntamugabo biba biba inzererezi
🎉fico hamw utokunda clarisse nzokwanka
Mama Lao uranyeguye 😀😀😀😀 fiko fiko wewe imana ikubabarire gusa nyene clarisse aragukunda. ❤❤❤❤❤
icogiswahili cafanny kiranyeguye😂😂😂😂 musore wetu😂😂😂😂ndegaraye peeeee😂😂😂
Dah munanichekesha hatali mungu awabaliki
Nijew natanguyeeee kuhashikaaaa😂😂😂😂😂😂😂😂😂les amies❤❤❤❤❤❤❤❤
Urukundo 😢😢😢😢 basha rubabaza sana ndakubwiye😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢vrt vrt uwovyokundir yobiheba burundu🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Yaaaa natazwe vrt Clara urakunda fiko p fiko mushire murugo aragukunda p
Rongora sha urarose umugore bitakuruhije❤❤❤😂
clarisse duuu🥺🥳🥳karamaramara🤭
Nizereko mwari mwabimubwiye kuko nimba mutabimibwiye muramubabaje nanj ndababaye basha😢😢😢😢😢
Wapiii vrement pwarengereyee peee gukinisha umutima w'Umuntu vrement 😢😢 oya pee nubwo nbakunda iyincuro ndababaye nukurii😢😢
Fiko vraiment vyaramugoye ntazi kureshaaa😂
Ongereni sana naona atajifungua mtoto wa kiume Ukiwa na chunusi mala nyingi anakua wakiume
Mamawe fany lavine igisuailli kirararokandake makubua😂😂😂😂
Solution couple hejuru cand muraryohera cyane❤🎉
Clara yaramukunze fiko araburukwabimubwira😮😮😅😅😅😅😅😅😅Clara pole
Ivyobintu mwamuguriye Clarisse sivyo,mwamuteje abantu nukuri bira babaje
Fiko ntazi gutereta kweli😂😂😂
Ndabakunda sana solution couple❤arko reo mbonye ukuntu Fiko abaye choqué hariho akantu hagati yiwe na Clarisse😂😂😂 ahbwo nabivuge✌️
Ako kantu ko gusengera ibintu niko kabi 😂😂😂 , ngo yabajije mpwemuyera 😂
Basha sivyiza iyo prank irambabaje Clarisse wihangane gusa uko nukumwararaza sivyiza
Maman lao😂Kiswahili hicho😂Fiko uyumusi ng nigiswahili gsa love u Solution couple❤
Fiko uzosha Fiko ugum ubesher Imana hahaha
Mbegaaaaa fico fatirah mug ntazosubir kwmerak mwokundan yar yaragkunz naw

Yoooo, Clakunda wanjeee😢😢😢
Pole🤭🤭🤭

Ongereni sana naona atajifungua mtoto wa kiume
Ukiwa na chunusi mala nyingi anakua wakiume