Kidum ft Miss Erica - NDABEREWE
HTML-код
- Опубликовано: 3 окт 2024
- Ndaberewe is a song written by Kidum and Miss Erica Produced by Amir Pro (Bujumbura) and Ihaji Made it ( Nairobi) about love and how to appreciate one another in a relationship, the video was
Directed by David Fernandez
Guitar by Chris sololo (Boda Boda Band)
Bass by Said Kinyunda( Boda Boda Band)
Performed by Miss Erica & Kidum
REST IN PEACE MISS ERICA 🙏🏼
Mzeee baba Lao it’s A big pleasure work with you our legend @kidum_kibido
Nubu sindemera ko Miss Burundi 🇧🇮 MISS ERICA kwatariho no
Uzi kurya inrya nyishi bikanka kuhaga kuberuburyohe😅😅
Ndakuyishapo kabs mwakoze igikigwa camateka👊
Amir pro nawe yakozivyo twaritwiteze birenze👊
Umuziki mwiza w ibihe vyose🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mjomba na mwipwa wameshika bendera🇧🇮❤ mugitanda nu mu cherie wanje ndamuravye mumaso urukundo ni rwose
Sinumva igituma barinda kutubwira dukunde ivyacu nkiyi numva iryosh cane twibwirize dufis imiziki myiza courage cane
Respect mzee .nice song 🎵 🎶 eban ikwij ibisabw vmt.
Ukunda kidumu liké ngaha♥️🔥🔥🔥🔥🔥
Muzee kidumu nimba wasomye commentaire yanje ,nashaka niwisabire umbwire ibitabo usoma kugirango uronke amajambo nkayo ufise
Hit song ukunda umuziki ndundi twagiye na likes 🇧🇮🇧🇮💯💯
Igehe caba Canco amisi nari muto muga ndashima kuba mubihe vya Kidumu ndi umusore wumusanga aryohegwa nibikorwa vyiwe Nu muzukuru wanje nzomubwira ko habaye umuririvyi yitwa Kidumu kibido
miss mumetengeneza kitu kizuri🥰🥰
Narintegereje Kidum aririmbe ntakindi 🙌🏾🙌🏾🙌🏾 only kidum umva sha ati ntabyo waruziko nta nomero ya telephone narinyifite 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Miss Erica wubahweeeeee mwana wigihugu umwana tubonamwo kazoza**kandi ntiwite kubihe bikugoyeeee ariko Imana yaarakuvuzeho ijambo ry'urumuri kumahanga dont wlrry dépression est le cas où vous devez être connecté à votre position de puissance la Miss ❤️
Good song kari sana iyi naona ni hit song musaza wubahwe
Kidumu sindemera ko Miss Erica ko tutarikumwe.
Hit song streaming from Kipawa Afrika Media Nairobi Kenya #InvestInTalentArtPays
Ayagambooo mubarundi avaha hehe banywarwanda
From 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ava mumitwe yabo kubera ubwenge sha😃
NO PEACE WITHOUT JÉSUS-CHRIST REPENT FROM YOUR SINS AND FOLLOW HIM
Muri mukazi kose,ndabemera,take a Big step
song ya bien kabisa nikeza peee video ya bien sana
Abantu bubwenge ntibaramba, KIDUMU RESPECT 🫡🫡
Nari nkumbuye Zouk ndundi ikoze neza,
Good work mwaduha akantu keza
Nice song hahahah kibido urundindindindii 😅😅😅nurukiii🔥🎼
Kumenga iruta iyabanyamerica???? Komunkanz ???? Nice kabisa
The hit song 🎶🔥agasoza umwaka abunvako aka ga song ari waneeee anyarutse utu like
Aka kantu karasukuye,
Mbe basha kidumu azokwigera adisssapointinga abafana biwe!!!
Ewana naho arimurikenya aratuburudisha twebwe abarundi aho turi hose kumihingo yose yokwisi.
This December 🔥🔥 komeza muhatwike
Iyi misi duheza umwaka ntagufyina indirimbo zimeze neza cane
Nicogituma nkunda kuvugako iwacu harimpano nyishi
Collabolration abarundi benshi bari barifuje irabonetse
bravo our Legend & M.Erica
ese abo bandi boreka guturira ibitoro ngo bagiye kurondera collabo en+kubo basunya umuziki || Nibegere uyumutama svp cank baumubaze Fizzo&RallyJoe.
Ndabakej mwabikoze neza
Moto Moto sana hii 🔊🔊🔊🔊🔊
Kali sana song kidum🇧🇮🇧🇮
Tuzamukumbura
Ahonyne reo ntubona🤜🤛
kali sana
Ndaberewe vrt nc sng kbsa 🇧🇮💪
Nc song big star kibuganizo
Woow Miss wanguu dii I like u dii naho nzosigara ndumwe..
Nakubari sana 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Urupfu nakumiro nukuri 😢, ubumuntu womubona akomeye ntiwokumva ngwarapfuye mwarikumwe. R.I.P💔
Kkk 3 ....mwoto ....wakuotea mbali
Mziki uyo kbsa legend kidumu
Form🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nice job from WE felicitations small mama
Waridayimoni yigendera watamba wambayubusa hanyuma ngahuri niheza genda kwa shetani wakoreye nay'lmana yoyo ntaho mwohurira
Ukaba uramuciriye urubanza nyene?
Muragowe nayo majambo mukoresha mwiyita abere urateye ikigongwe
Abakunda abatama bagisuma imisore😂😂😂😂😂 abariirimbira abakecuru bagi chat nudukimi bubahwe
Tube Duke Tudusangire, 💪🙏kidum ft miss erica Mmmh like zanje faster
Iyi clip niyuburofa cane
Good music keba nayo
Kali sana 💥
Indirimbo nziza 🏅🏅💯 kidum n'a miss Erica💥💥💥hit💥💥💥 congrat's 👌👌
Diss# between drew n leaf
Habanza kuboneka wa mutama😀😀😀
Nice song bantu banj nkunda
Mutama wacuuu hejuruuuuu cneee
Ndaberewe #Kidumu Vs #Miss_Erica
Kitengela ndahabona kbx
Good song
Mutama papa kidum wibahwe
Big up musaza 🙏🙏🙏🙏🙏
Kabisa murashoboye
Kidum you been lost darling welcome back we still love you 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Nice mze Baba
Unyama mwingi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙌
Nice song mkubwa
Kkkkkk izi style nizakera hindura nahandi azama uri Uri Under ground
Muzhe barabara yabo wubahwe
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮buja fleva
Good music 🎶 🎵 👌🏾 😌 BURUNDI 🇧🇮 HEJURU CANE 🙌🏾💯🔥
Indirimbo nziza cane
Komera musaza waci.
We have you kibuganizo!
Kabiri nkako numutamiro
Hejuru caaaane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮muraruenze I'm in love with this song
Nimeipenda sana
RIP 🪦 Erica 😭😭 I send condolences to all burundians🇧🇮 from Rwanda 🇷🇼
inaweza sana
Nice song kibido
big up San legend Kidumu karumuts Burundi turashoboy 🔥🔥🔥🇧🇮
Caneeee goseee
Kbx n tamu
#Miss_Erica twari dukumbuye flow ziwe for real
Nice collaboration 😘🥰🥰
Love from #Aisuper💓
Sio mbaya
Kidum kawaida fundi.Wameweza
🇰🇪
Miss Eric nomaaa sana
Wakali Wa wili wamekutana
Good Melody 🎵
Amazing Song 🎶
This Is Another Level 🇧🇮🔥
My favorite song
🚀🚀🚀🚀🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 another hit 🔥🔥🔥
Number moja🇰🇪🇰🇪
To see a white face on this video is a slap and the bondage we africans cant seem to break
Irarenze
Number one
Mr Kidum love you from SA to Burundi
The monster
I will not stop loving our country music 🇧🇮🇧🇮 any more. Love our own because we can. Good collabo Kidum & Miss Erica
that's being the real patriotic
Yacusimba numutima ndikumwe naw ndikumwe nanj 🤣🤣🤣🤣