Témoignage sur l’attaque au petit séminaire de Buta (1997)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 14 окт 2024

Комментарии • 125

  • @caritasnduwayezu4851
    @caritasnduwayezu4851 3 года назад +10

    Bukuru Zacharie je viens très bientôt. J'ai un témoignage . Les martyrs ont intecede pour moi

  • @benigne331
    @benigne331 3 года назад +2

    @tele renaissance murashobora kugira subtitles English nimba bikunda. Please

  • @DesireK89
    @DesireK89 3 года назад +3

    Patiri araduhenze, jewe niho nari nkumusoda. Haraje abo basoda bavuye i mwaro yavuze niwe yabankiye ko baguma ngaho ngo hari umutekano. Kandi hari nka 17h niwe yanse ko bahaguma iyo bahaguma abana ntibaba barapfuye. Umusoda wese yari ahari arabizi

  • @aimablekigabo8978
    @aimablekigabo8978 3 года назад

    Pole kabisa inzira karengane

  • @alexistwagirayezu
    @alexistwagirayezu 7 месяцев назад

    Abantu bose baremwe n'Imana ntawakwica abantu adashaka ngo bose abamare muze twese Abarundi nabanyarwanda duharanire ineza ya bose twivanemo kureba kumazuru kuko ntacyo bimaze ,na kuriye muri komine Murwi Cibitoke abantu bacu baguyeyo benshi ariko ivangura ntaco rimaze.

  • @anastasiemugisha8046
    @anastasiemugisha8046 3 года назад +1

    😥😥😥😥Mana irukana umwiza mu mitima y'abarundi!

  • @wakosithierry2026
    @wakosithierry2026 3 года назад +1

    Il faudra aussi chercher quelqu’un qui témoigne les massacres sur le marché de Kivyuka, Itaba, etc

  • @BigAlpha365
    @BigAlpha365 3 года назад

    This story is too good to be true...Kuki hapfuye abatutsi gusa kandi padiri atubesha ngo banse gutandukana, abana babahutu nabatutsi bagumye hamwe...Padiri ntavuga ukuri harivyo adatomora. Ntakuntu aba rebelles bofata abana bakabikoreza matera hanyuma bakabareka?Something is missing!!!! My thoughts go to the families babuze ababo batabanka. Uwo directeur arimwo amahinyu, nukumuraba neza.

    • @tiumuganwakazi7166
      @tiumuganwakazi7166 3 года назад

      @Alpha N. Mwatahuy nabi, yavuzeko baca Niruka bakabasiga

  • @ancilleniyonizeye9319
    @ancilleniyonizeye9319 Год назад +1

    Urazi ga pâti Ayo mashurwe wavuga ni barya Bana nyene ari amashurwe,agashimwe nako wari wemereye abazogucapira muri iyo sengero ni Ekleziya izokabaha mukubagira aberanda n'ivyabona vy'urukundo

  • @alxkn9643
    @alxkn9643 3 года назад +2

    Bukuru Zacharie! Know u from Kanyosha.

  • @macjoy4897
    @macjoy4897 3 года назад +6

    Iyo abatutsi nabo bagira umutima nkuwo wa ba séminaristes i Buta mubitero vy’abasoda, abanyeshure ba ba Hutu benshi nabo barigukira muri 72 na 93.

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад +1

      Abatutsi sindabanka, ntabarikwemera gupfira umuhutu..Womenya abanyeshure beshi bapfiriy ibuta nabahutu.

    • @ΑνδρέαςΚάλλος
      @ΑνδρέαςΚάλλος 3 года назад

      Erega abamaratiri ni Abo biguze benewabo,nuko arivyo bapfa gukwegereko bafatira mukivunga ! Igihe bica abanyeshure b'abahutu muri kaminuza,ko atabanyeshure b'abatutsi bemeye kwigura benewabo ?
      Intwari si uwupfuye azira ubwoko bwiwe,ni uwiguze mwenewabo kandi yari gushobora gukiza ubuzima bwiwe.

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад

      Emw jew ntamurundi.numwe nanka ariko uko.nzi abatutsi, sinzi icarikuza kirondera abahutu kwabatutsi bari kubigura..Jew.ntahonzi aho abatutsi biguz abahutu mukivunga mundyane zabay mugihugu..Abatutsi bari plus radicaux que les hutus.

    • @patpatson9201
      @patpatson9201 3 года назад

      @@Irene28092
      Don't be quick to judge...abatutsi bose ntubazi, ntuzi ivyo bose biyumvira canke baciyemwo mu buzima ;)

    • @albarancir
      @albarancir Год назад

      @mac joy heureusement ko atariho waruri ahandi ho wew waca urira ati ndi umuhutu

  • @dieudonnemanzambi7177
    @dieudonnemanzambi7177 3 года назад +2

    La justice devrait révéler ces assaillants ! Le crime parfait n'existe pas

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад +1

      Abandi nabo bapfuy 72,93 mumalycees? Si abana nkabandi? Mbe mwebw mutiguz abahutu muma lycees? Ibuta abahutu bariguz abatutsi, urazi abo.naburiy muma lycees 93 bishw bahobwa ubwoko? Kuki mutabavugira? Kuko Buta hafiriyemwo abatutsi? Iyo hypocrisie yanyu siyo.

    • @dieudonnemanzambi7177
      @dieudonnemanzambi7177 3 года назад +2

      @@Irene28092 ,l'un n'exclut pas l'autre. Pas du tout ,même si justice n'est pas faite ici bas ,elle aura lieu et pour les uns et pour les autres ! Dieu est Juste . Je ne suis pas burundais, donc je ne penche ni à gauche ni à droite. Psaumes 89 :14 le Trône de Dieu a pour fondement la justice et l'équité. Ni agatinda kazaza...

    • @dieudonnemanzambi7177
      @dieudonnemanzambi7177 3 года назад +2

      @@Irene28092 ce pays vous appartient tous. La Tanzanie, le Rwanda et le Congo ne sont pas vos pays . Vous devez apprendre à vivre ensemble dans votre pays. Ceux que vous tuez ,ceux que vous torturez, ceux que vous maltraitez ne sont pas des étrangers mais votre propre population ! Dépassez ce niveau très bas de vie et embrassez la vie abondante pour tous que Dieu offre gratuitement. Dépassez le niveau de la taille,la forme du nez ,les dimensions des narines. Et montrez nous un Burundi beau . J'ai grandi pas loin du Burundi mais depuis mon bas âge, je n'ai eu aucune envie d'aller au Burundi. Tu sais pourquoi : les soldats burundais avaient torturé des élèves de ma classe qui faisaient la fraude des cigarettes !!! La haine,le crime ,ne devraient pas être parmi vous! What is wrong with you guys . Construisez le Burundi votre pays. Le tribalisme,le clanisme,le régionalisme ne vous mèneront nulle part.

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад

      Dont be such hypocrite..You re among those people who think they are sacred people, who think they are brighter than others, who sometimes think they are Jews..You re a burundian who changed his name and of course you re a tutsi. I m not killer, nor Regionalism adherent! So stop judging others..Come and build a beautiful country..We re all BURUNDIANS.

    • @dieudonnemanzambi7177
      @dieudonnemanzambi7177 3 года назад +1

      @@Irene28092 big mistake ! Just Google my names ! You will see who l am. I don't use a nickname .Those are my true names.

  • @prospernimbona3686
    @prospernimbona3686 3 года назад

    Domage

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 года назад +4

    Kubazisha amasandugu environ 30 hagapfa 40, kubakisha isengero, gusonesha ikoti yirabura ya enterrement juste avant la tragédie birateye amakenga...nanzi ngo ibanga ryo kwemera ni agatangaza 😏

    • @safaricelestin6627
      @safaricelestin6627 3 года назад +1

      Ntiwunvise ko yaraziko atanguje business! Nubu zirirwa zirabazwa

    • @cizapaterne2709
      @cizapaterne2709 3 года назад

      @@safaricelestin6627 abantu nka mwe, murababaje, c'est regrettable

  • @zwiinglid
    @zwiinglid 3 года назад +1

    @Burundi Irene I am really concerned with your lenses when it comes to the topic of ethnic violences/political manipulation/justice independence/social equity/rule of law
    I am elaborating - NO ONE (in this interview or comments) IS DISPUTING the fact there was ethnic motivated executions in 1972 by the government of the time against particularly educated Hutus!! I am no genocide scholar but I believe there is premises for orchestrated killings being qualified as “genocide” - my point is, this is not the medium for such discussions! This is a testimony from an educator who witnessed the manslaughter of innocents young souls who have committed the crime of being born a certain ethnic identity (social group, you name it what you want).
    Les executants du massacre ont specifiquement demandé aux seminaristes de se separer en 2 groupes Hutu/Tutsi
    Je reaffirme encore une fois que si les enfants hutus avaient voulus etre epargner, ils auraient pu de separer des tutsis et les laisser mourir. Ces enfants Hutus sont de vrais martyrs, si nous voulons vivre ensemble nous devons apprendre de ses martyrs et aussi de leur educateur “l’abbé Zacharie” qui a su leur inqulqué cet amour du prochain et de l’autre. Je doutes fort que vous et mois n’aurions eu ce courage de sacrifice.
    Encore une fois, je me permet de denoncer Ceux qui ont perpetre et reconnu avec fierte le massacre des 40 martyrs de BUTA - Le CNDD-FDD
    Petite note: Il y’a eu d’autre massacres au Burundi, certains documentés et d’autre non, ce n’est ni l’endroi ni le bon contexte ici dans les commentaires sur un temoignage qui nous apprends a vivre ensemble de faire ce debat!
    En passant je me demandes pourqoui vous vous exprimez a plusieurs reprise dans vos commentaires en kinyarwanda, ce qui n’est pas un crime - je doute sur la veracitè de vos sources sur ce qui s’est passer le 30 Avril 1997 à Buta.
    Informez-vous !

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад

      You have right to say Whatever you want, but i m sure of what i have stated or said! This guy is not such an innocent priest.. He has to bear all the consequences of the divisions he has put in the students he was supposed to educate. I m not speaking about students killed. Instead, i m talking about this fake priest(at least at the time). He knows very well what he has done..

  • @Irene28092
    @Irene28092 3 года назад +3

    Gusa Mr L.Abbe, nfis temoignage yuwo wirukanye ..Nukuri Wew urafis ivyo wobazwa kuvyabay ibuta..Iyo hypocrisie yaw niyoyatumye haterwa BUTA atayindi Lycee yatew..Kugira wirukane certains HUTU atacubahora, nico catumy baja mwishamba, bakagira jalousie..Harinabagaruts uranabima nikigongwe..Honte a Toi

    • @hervekamaro3944
      @hervekamaro3944 3 года назад +2

      Ur uwambere numvise uvuga ukwo, tw twize i buta suko tumuzi, yari bien sûr très sévère, ari très appliqué ku ndero yaha aba séminaristes. Ntawigezw afatwa nabi , arenganywa kubera ubwoko !! Rero nivyo mubateye ngo harimwo umw yari yize I buta, ari nawe yanabereka aho baca kugira bakore ico gitero. Uwo museminari rero ntiyari yarirukanyw, niw yahisemwo kwinjira ikirebelle nkuko benshi babikora ico gihe.

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад +2

      Urafise uruhusha rw ukumuvugira kndi ni votre opinion..Jew sinduwambere avuguko kndi sindi nuwanyuma..Icish Uburundi ni uko harabantu batavugukuri uko kuri..Ntumugire mweranda kuKO nawe yaragiz faiblesse en 93 nkuko.abandi bose bayigize. Kuvuga ko mukirebelle harumw, biragoy kwemera. Abapfuy birababaj ariko Bibere AKARORERO abandi barezi uko bokwigenza ibihe nkivyo. Urimy nabi wimbura nabi.

    • @anastasiemugisha8046
      @anastasiemugisha8046 3 года назад +3

      None ko wumva yirukana abana kubera ubuhutu, kubera iki abandi bahutu bagiye hamwe n'abatutsi batewe! Kubera iki hari abahutu basigaye kw'ishure! Ubwo ga Irene ntiwumva ko iyo info yawe irimwo amahinyu?

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад

      Bahatey ivya crise y abanyeshure heshi mumashure vyaraheze..Hari 97.Vyunvikana kwatakibazo cari kikiriho cerekey ubwicanyi muma lycees. En plus hari hasigay abahutu beshi baj munyuma apres 93. Ikibikwereka ko harimwo jalousie mubana, hapfuy plus de 95% abo muri cycle superieur, nta wo muri cycle inferieur yapfuy directement yishwe nabo. Nikuza mwemerukuri murakuze. Mb aho abesha ngo nuko yabuza abaja mucasaillants, Nih kirya gih batabihanura urwaruka? Ico nico bari kumuhamira gusa? Atabeshe arazi ukuri.

    • @anastasiemugisha8046
      @anastasiemugisha8046 3 года назад +1

      Tuvuge rero ko yoba yarigeze kuba afise amacakubiri hanyuma agahinduka? Kuko ni yaba yarafashe nabi abana b'abahutu 93, no muri 97 yari kuba abikora. Kubona baragiye hamwe bose ni uko atamacakubiri babona kw'ishure!

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 года назад +4

    L'unité au Burundi est de façade. Je n'y crois plus. La rupture du tissu social est très profonde. Il ne faut pas se faire d'illusion. Un moindre incident même pas lié à l'appartenance ethnique est vite interprété avec les loupes ethnicisantes. Les réactions brutales et primaires sont tout le temps prévisibles et à craindre. La mobilisation des populations sur base de leur appartenance ethnique et mouvance politique est très facile pour les dirigeants dont les moyens matériels et financiers sont faciles à mettre au service de leurs intérêts égoïstes. Au Burundi, une accalmie et une reprise des activités comme si de rien l'était ne sont pas synonymes de la paix et de la sécurité. En ce moment, il y règne une "paix négative" avec une probabilité élevée de basculer dans une "paix violente".

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад

      L unite sociale est une chose ou realite a long terme..Je pourrais dire que c est plus mieux qu au Rwanda.. Of course we re still far from This unity but we re on the way..Better than our neighbor Rwanda where people live extreme fear..The peace of fear u re talking about above is the peace that reigns in Rwanda. In truth, in Burundi we re making great..We do still have problems..However, we will overcome those problems since we recognize our differences. We re totally different with this hypocrisy that characterizes Rwanda and its citizens. That must one day(maybe 50 years, 100 years) explode. You will tell me.

    • @mireillemizero1377
      @mireillemizero1377 3 года назад +1

      @@Irene28092 nama nibaza impamvu akabaye kose hari Abantu bashaka guca bagereranya Uburundi n'Urwanda. Twovuga ivyacu ivyabo hakurya tukabirekera abo hakurua. Better or worse bimenya benevyo babibayemwo.

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад

      If you dont try to hide sth, u know very well our two countries hve similar problems..We share same conflicts. Ugeragez urabe neza ibibihugu vyacu aho vyagiraniy imigenderanire myiza caane keshi usanga araho abatwara ivyo bihugu baba bava mubwoko bumwe. Noneho ningorane turimwo urazi ko nubu Urwanda nuburundi bacanyemwo bivany niyo question ybubwoko..Turek kushirana inkore kumaso rero. Igih ikibazo cubwoko twokirengera hose(Rwanda and Burundi), ibi bizohera..Ariko.ndasubiyemwo, abarundi n abanyarwanda turazinanye, sindi.umunyamerika , harikibazo kandi ibibazo vy irwanda cank vy iburundi biravira ingaruka.kurivyo bihugu Vyose.

    • @mireillemizero1377
      @mireillemizero1377 3 года назад

      @@Irene28092 nta nakimwe ubeshemwo ibiba bihakwa gusa ariko umengo bamwe ntibobaho abandi bativanze mu bitabaraba. Ubwoko muri ivyo bihugu bwabaye icitwazo. Impamvu nyazo z'ibibazo ni ukubironderera mu nyungu za bamwe n'abandi. Abo zihitana n'abo zihitaniza bari mu bwoko bwose. Woca ubisigura gute?

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад +1

      Aho ntaco ubeshemwo, inyungu za politique ahanini zuburwi bumwe bumw barabikoresha kugira bashikire ivyo bashaka..Ariko rero bakoresha ubwo bwoko nyene kugira bagir force muntwaro zabo..Haba murwanda cank i BURUNDI hose biriho..Hamw Barabivuga ahandi ntibabivuga..Ariko.hose usanga iyo ngorane.ikoreshwa mugushobora gushikira ico.umuntu ashaka. Nsinzi ico bivako ariko amoko aracakoreshwa caane muribibihugu.

  • @dhrj.nijoehire7483
    @dhrj.nijoehire7483 3 года назад +3

    Je suis tres content de vos choix videos ariko il y a extremement trop de temps-morts , trop rapproches les-uns des autres tellement qu' a la fin on n' a plus envie de suivre. A vrai dire vos videos ne m' interessent plus du tout. Trop peu professionnelles merci

  • @safaricelestin6627
    @safaricelestin6627 3 года назад +2

    None cvr nkibi irabizi ngwibikorereko imbere yo gutanga ivyegeranyo vyayo bibogamye!

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 3 года назад +1

    Mu Burundi ubwoko ni icitwazo. Ukuri kuraturengeye kuko bifise imizi kure

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 3 года назад

    Abayobozi boose kuntwaro nibo babazwa Amabi yooose Uburundi bwaciyemwo!
    C' sont des Satanists
    Ils ont fait le sacrifice du sang du peuple !
    Indongozi zose nizo zahemukiye Uburundi n'Abarundi !
    Micombero, Bagaza na Buyoya bakwiye icibutso c'abahemu.
    Barananiwe kwubakira Amahoro n'ubumwe mu Mitima ya bene Burundi !
    Ils ont créé la Rebellion du peuple.

    • @mireillemizero1377
      @mireillemizero1377 3 года назад +1

      Ko wagarukiye kuri Buyoya ab'inyuma yiwe barera??? Emwe ntaho tuva ntaho tuja.

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 3 года назад

      @@mireillemizero1377 Certe!uwahemutse wese ni umumenja! Arik Soyons sincère !
      "Intango y'amarira n'amaruru" nabo kuko bananiwe gukwirikiza akarorero keza k'Ingoma y'uburundi na Rwagasore!
      mvuze mpereye kuri Micombero! Kuko iyo baba Indongozi nyakuri abo uvuga bubu nta gituma baba bafise kwiyumvamwo ko ata mutekano bafise!
      Abo mvuze nibo bishe Imitima y'abarundi bakikekana!

    • @mireillemizero1377
      @mireillemizero1377 3 года назад +2

      @@burundishallsmile1day109 Ubusya uwundi buroroha. Sinzi génération urimwo. Ariko ni waba ugira uti ab'ubu ivyo bakora birasiguritse irekere geza aho ntaco noronka ndakwishura. Mbona ushobora kuba waraciye mw'ishure. Les mêmes causes créent les mêmes effets. Igihugu n'ibenga. Ni waba wibaza ko imbarutso ya vyose ari abo wavuze urihenda cane. Nta data canke datawacu arimwo muri abo. Nta we mvugira mivumbi kumuvumba. Ni waba wemera ko hariho Abarundi bataye igihugu bagahunga n'ubu ayo "maruru" nyene uvuga vyari bikwiye ko utera intambwe mu vyiyumviro. Urantunga umburane.

    • @Irene28092
      @Irene28092 3 года назад

      Uvuze neza caane..Abatway ubwambere nibo bishe igihugu, bagira abantu impfuvyi abapfakazi..None unwana akuz uko yogira umutima mwiza gut abona nabamwiciy bapfuy bidegemvya?Murondera ubutungane abandi nabo batatunganirijwe? Mbe uyo atosora akatsi uyundi mujisho naw akiw atagakuyeyo ninde?

    • @nkljk0170
      @nkljk0170 3 года назад +2

      Burundi Irene hama abahari ubu bariko bakora iki kugira ntibizosubire? Ahubwo ikintu mazekubona nuko muburundi uwuri kubutegetsi yibagira amabi yabaye agashaka kwihora ahubwo nyabuna tureke gutanako umwikomo dusubize hamw ivyabay vyarabay abarundi bamenj nibeshi