AGAHORE PART 1(PCI BURUNDI)

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 26 сен 2024
  • A Film by PCI BURUNDI in collaboration with RTNB BURUNDI.
    Please SUBSCRIBE on our YOTUBE CHANNEL and TURN ON the notifications BELL to get more PCI Movies.

Комментарии • 33

  • @fredmutembe9679
    @fredmutembe9679 5 лет назад +5

    Rwose urabona ko iyi film ikoranye ubuhanga kandi yuzuye inyigisho zibibaho cyane. Reka tuzarebe igice cya 2.

  • @thierryjoddy9695
    @thierryjoddy9695 5 лет назад +3

    Imana ibahezagire bakinyi beza
    Muriko mufasha cane muburundi

  • @peacemporana1470
    @peacemporana1470 Год назад

    Noé Claude muri migabo yarazutse😅😅😅😅😅

  • @AaAa-wz6wy
    @AaAa-wz6wy 2 года назад

    Mbere y'Imana ntakidashoboka 🙏🙏🙏

  • @DieudonneNahimana-zq2dn
    @DieudonneNahimana-zq2dn Год назад

    Nindee arwaye

  • @alainbertrandambazimana9189
    @alainbertrandambazimana9189 9 месяцев назад

    Ingo nk'izi zibaho. Ariko ukwihangana nicyo cy'ingezi na none. Kwihanganira uwo mwubakanye bituma n'abana batagira umutima uhagaze bakabaho batekanye kuko buriya ingingo zose zifatwa murugo zishingira ku buzima Bwiza bw'abana

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 Год назад

    ❤❤❤❤Mukomer kabx❤❤❤❤

  • @AlineBukuru-f2p
    @AlineBukuru-f2p 5 месяцев назад

    Muzoyigarukane kuri rtnb irigisha vrmt

  • @nadiaaa1407
    @nadiaaa1407 4 года назад +1

    Rek agufyonde uzukuntu wamugize murirya film umuriro😂😂😂💃💃

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 4 года назад

    Hewe biraryoshe ko meishurana🤣🤣🤣🤣ubwo nawe wobona😂😂😂😂😂😂👍👍👍

  • @marcnahimana4034
    @marcnahimana4034 3 года назад

    Ndabakunda uko muguma mutwigisha

  • @gygygyslaine5016
    @gygygyslaine5016 4 года назад

    Murakoze kuguma muduha impanuro mukomeze

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 года назад

    Courage mwubahwe

  • @niyonyishugillen4729
    @niyonyishugillen4729 3 года назад +1

    🙏🙏🙏

  • @irakozeasia7780
    @irakozeasia7780 4 года назад

    Yooooh Maskini pole😭😭😭

  • @arwamansur8277
    @arwamansur8277 3 года назад

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️

  • @annyb697
    @annyb697 5 лет назад +2

    Hemw burya Rosine nimwizapeee

  • @chema1328
    @chema1328 3 года назад

    Jean pore sana gose

  • @nononono8060
    @nononono8060 4 года назад +1

    Ngomb kubaza uyu mu papa nuyu mumama mubuzima busanzwe numugabo numugor?cnk nivya filme?barabarany bakina nez

  • @caritasbucumi387
    @caritasbucumi387 5 лет назад +2

    Mubandany mutwigisha

  • @belysemanirankunda326
    @belysemanirankunda326 5 лет назад

    Muradushirirako irya filmé ubuzima ica kur Rtnb

  • @francoisnduwumunsi7818
    @francoisnduwumunsi7818 4 года назад

    Ego ndabemeye kare Paul Ubu Joseph sha murakina neza mwigisha muhezagirwe cane