Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Mwari mwuzuye Umwuka wera bavandimwe! Ku Mana nzababona 😭😭☹
Baze barashirako namajambo. Nkubu nshaka igitero ca 3
Ndabakunda ❤
Imana ibaje imbere
imana ihezagire cane abaririmvyi. Ni ivyukuri " Barahiriwe ababeshejweho no kwizera", ibindi vyose ni umuravyo
Tuzabeshwaho nukwizera gusa
Ndakunda iyindirimbo
Indirimbo nziza
iyindirimbo irampezagiye
Iyondirimbo irubaka.
Merci
Uyu muririmvyi ndipfuza izindi ndirimbo yaririmvye kabisa
Amen
Ndabakunda❤