Размер видео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показать панель управления
Автовоспроизведение
Автоповтор
Ukuri kwuzuye mwubahwe mwatanga indirimbo zakanovera zitazibàgirwa kandi zitazota agakanovera👏
I'un des hymne national le plus beau du monde.
Uburundi bwaho hambere
Abarurimvyi Bari abakera,Nay abubu ipuuuuu
Umuziki wuburundi
Wow ngiyo indirimbo irimwo message nakanovero
Kbsa naho mvuzwee 😂😂😂
Uwashatse indirimbo yaririmbiyeabakobwa irii intitulee:Murondo uri mubigero
Intore ntiziramba,Sungura twari tukimukeneye cane kuko impanuro ziwe ntizitituka.
😢amahoro cane,mwomenyera imyaka iyi ndirimbo yaririmbigwamwo
Un artiste qui prodigue des conseils ,il arrive un moment où je me demande si ces artistes auront des successeurs, mais je n'y crois pas
Ils n'ont pas de successeurs!
harih iyindi baririmbira abakobwa har uwoba azi uko yitwa
Yitwa " N'amaki mukobwa "
Ego ndayifise.ndondera ndayiguhe kweri
Iyo usavye yitwa Murondo uri mu bigero kuri youtube ica iza
Akaririmbo keza cane
@dina66121 nibazako wihenze gatoyi. Kabuyete yashaka kuvuga indirimbo yitwa 'amabaruwa' ya ciza Sylvestre.Hariho remix ya fariaz iri kuri youtube.
Ngizimdirimbo zushika kumutima
Izi nizakarorero
Philbert NDARITERETSE urumuntu wumugabo
😂
😊
Ukuri kwuzuye mwubahwe mwatanga indirimbo zakanovera zitazibàgirwa kandi zitazota agakanovera👏
I'un des hymne national le plus beau du monde.
Uburundi bwaho hambere
Abarurimvyi Bari abakera,Nay abubu ipuuuuu
Umuziki wuburundi
Wow ngiyo indirimbo irimwo message nakanovero
Kbsa naho mvuzwee 😂😂😂
Uwashatse indirimbo yaririmbiyeabakobwa irii intitulee:Murondo uri mubigero
Intore ntiziramba,Sungura twari tukimukeneye cane kuko impanuro ziwe ntizitituka.
😢amahoro cane,mwomenyera imyaka iyi ndirimbo yaririmbigwamwo
Un artiste qui prodigue des conseils ,il arrive un moment où je me demande si ces artistes auront des successeurs, mais je n'y crois pas
Ils n'ont pas de successeurs!
harih iyindi baririmbira abakobwa har uwoba azi uko yitwa
Yitwa " N'amaki mukobwa "
Ego ndayifise.ndondera ndayiguhe kweri
Iyo usavye yitwa Murondo uri mu bigero kuri youtube ica iza
Akaririmbo keza cane
@dina66121
nibazako wihenze gatoyi. Kabuyete yashaka kuvuga indirimbo yitwa 'amabaruwa' ya ciza Sylvestre.
Hariho remix ya fariaz iri kuri youtube.
Ngizimdirimbo zushika kumutima
Izi nizakarorero
Philbert NDARITERETSE urumuntu wumugabo
😂
😊