IGIHUGU C'

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 16 ноя 2024

Комментарии • 97

  • @archtheoarts9052
    @archtheoarts9052 День назад +1

    ❤❤❤❤❤nuko abarundi bataragera aho batora bisunze ivyiyumviro uyu muntu yariwe kabisa ,nne umugani wiwe ivyo twigishijwe biracagoranye ngo biduheremwo,

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien День назад +1

    ❤shya wavuga nuko iterambere ririnyuma nkinzozi kumanywa uzubutunzi uburundi bufite namaratiro arik. Bakavuga kari ubwanyuma bukenye birababaje nofuma nikenera ariko nkiberaga mugihugu gikize😅❤

  • @olivierndikumwenayo8607
    @olivierndikumwenayo8607 3 дня назад +2

    Uwo mugabo ndamwemera, avuga neza, une fois vyokunda ivyo vyiyumviro vyiwe bikagira benshi, twokira!

  • @BakundukizeSchadrack
    @BakundukizeSchadrack 3 дня назад +6

    Urumushingantahe,Imana ikujimbere

  • @NiyonkuruAmos-h7k
    @NiyonkuruAmos-h7k 2 дня назад

    Nukur abantu bameze nkuyu barakwiy kugira kugwir mu gihugu Kl❤❤nipfuzak yokwegerany aba jeune bomumigambwe yose akabigishiriz hamwe numva vyofash abarundi gushika kuri yambonakazoz 👍👍👍

  • @Intare-e6c
    @Intare-e6c 3 дня назад +1

    Eeeh homme du changement, merci bcp

  • @niyoscartech
    @niyoscartech 2 дня назад

    L'homme de vision ↗️

  • @muhizamedard3655
    @muhizamedard3655 3 дня назад +2

    Homme de changement urantumira nanje

  • @NdayikezeElyse
    @NdayikezeElyse 3 дня назад +1

    Francis yoga nka gwagasore pe. Warukwiye gushikana ijwi ryawe kure❤

  • @alfredbizimana1618
    @alfredbizimana1618 День назад

    Courage francis rohero ibiganiro bigwize

  • @ClaudeCIZA-q6p
    @ClaudeCIZA-q6p 3 дня назад +2

    Imana ishoboze uwo mutumire afise ivyiyumviro vyiza

  • @Intare-e6c
    @Intare-e6c 3 дня назад

    Un homme instruit, capable, avec une vision claire et qui sait la raison de vivre pour servir son pays. Merci bcp Monsieur Francis continue à percer pour inventer notre avenir meilleur.

  • @dismasniyo5641
    @dismasniyo5641 3 дня назад +1

    Jewe uyu muntu munyepolitique ndumva azi acarico uburongozi .Kuko kugira umuntu ashike kw igangiro abanza gutegura iicigwa ciwe akiga na méthodes et stratégies yokoresha aravye nabo yigisha uko bameze hanyuma afa formula objectif opérationnelle .Umuntu apfa kuvunduruka ataco yateguye arigisha abana ntibumve aho kwiyumvira igituma batamenya aca ahitana inkoni agakubita atababarira kugira ngo babimenye kunguvu. N’abannyepolitique iyo abenegihugu badatahuye ivyo bari mwo baca batangura kibapfubga kubafatira ibihano no kubabuza kuja mw isoko aho kwicara ngo bige ifituma bâta yumva ngo batore umuti. Francis courage.

  • @olivierndikumwenayo8607
    @olivierndikumwenayo8607 3 дня назад +1

    Agaciro Media courage namwe!

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 3 дня назад +4

    Ariko Francis Rohero ko avuga neza cane kandi ibintu bizima. Imana igukomeze izo nyigisho zinjire neza mu rwaruka. Courage Rohero

    • @MboneyehoAdelin-nx5rd
      @MboneyehoAdelin-nx5rd 3 дня назад +1

      Uyu mugabo ndamwumvirije iminsi avuga ibintu bizima gusumvya benshi, uyu niwe abereye kwigisha ivyo gukunda igihugu

    • @SindayigayaDeo-ox8bx
      @SindayigayaDeo-ox8bx 3 дня назад +1

      Asha ibintu avuze binkoze kumutima nukuri

  • @jeanmariekwizera1399
    @jeanmariekwizera1399 3 дня назад +3

    Iri Jambo Ni ryo kabisa!!!❤

  • @YusufKangwe
    @YusufKangwe 2 дня назад

    Vyiza cane ahubwo Imana imuje imbere kugire bishikire hose ivyiyunviro vyiwe

  • @harerimanafelix3078
    @harerimanafelix3078 3 дня назад +2

    Bonnes idées.
    Améliorez la communication

  • @mugishamwenedata6574
    @mugishamwenedata6574 3 дня назад +2

    Kumyaka maze ndiho ng'uyu Umushingantahe nyawe mbonye mu Burundi. Uri Impfura wamugabo WE! Ivyiyumviro nk'ibi nivyo twipfuriza abarundi kugira mumitwe yabo

  • @deontidendereza2210
    @deontidendereza2210 3 дня назад +3

    Komera mugenzi ivyo uvuga ni ukuri pe.

  • @leonndayizeye4487
    @leonndayizeye4487 2 дня назад

    Go ahead Dear Francis. Very well said

  • @niyimubonajeaanclaude53
    @niyimubonajeaanclaude53 2 дня назад +1

    Francis, jako wigishe kandi ugwize frequence kuko iyo ntumbero yawe ifiswe na bake. Uri incabwenge kandi burya izo nyigisho ntizigenda uko, ziragira ico zisiga zikoze mu bantu bakwumviriza.

  • @IrakundaSeth
    @IrakundaSeth 2 дня назад

    Mwubahwe mutama... Imana izobashoboze msg yanyu yumve nabarundi bose

  • @archtheoarts9052
    @archtheoarts9052 День назад

    ❤Courage kabisa

  • @MWAMBAJULES-i9h
    @MWAMBAJULES-i9h 3 дня назад +1

    Uyu muntu (Francis Rohero) afise ubuntu bwinshi. Biragaragara ko ivyo avuga abikura ibwina mu mutima wiwe. Ni ashishikare.

  • @CyriaqueHABONIMANA
    @CyriaqueHABONIMANA 2 дня назад

    Ndanyuzwe pe.nciy mbon ko uburundi bugifise icizere ca kazoza.

  • @timotheeciza1592
    @timotheeciza1592 2 дня назад

    Ukwo biri kwose nubwo abantu duhinduka canke rimwe na rimwe ivyo tuyaga usanga bitandukanye nukwo turi ndakengurutse cane ivyiyumviro vyanyu kandi ndabemereye kubaja inyuma. Kuko nzi neza ko ubuntu aribwo nyamukuru. Mugihe numvise iryo jambo ubuntu incuro 3 muajambo wavuze bintahuza ko uri umuntu afise indero yubuntu. Tube hamwe twigishe benshi kndi nibaza ko bizogenda neza. Imana ibahangaze

  • @adolfonduwi3909
    @adolfonduwi3909 3 дня назад

    Ndagushimiye, ivyuvuze ndabishimye ndanaguteye intege murico ciyumviro co kwigisha Burundi bw'ejo kugira uzosige imbuto.

  • @DieudonnéMasabo
    @DieudonnéMasabo 3 дня назад

    Qu'il est Intelligent cet homme!

  • @ThierryNiyongabo-u5t
    @ThierryNiyongabo-u5t День назад

    Nanje Ndakunze Ivyiyumviro vy'Uyumugabo Srakwiye kuba Umujanama Wanyakwubahwa Umukuru W'Igihugu C'Uburundi General Neva Kuko Bose numvise Baharanira ineza y'Uburundi

  • @Micara311
    @Micara311 3 дня назад

    Wooouuuuh! Super intellectual

  • @amorossafi875
    @amorossafi875 3 дня назад

    Francis Rohero ivyiyumvuro vyiwe nivyiza cane .

  • @Vevetpsha-ISEtv584
    @Vevetpsha-ISEtv584 3 дня назад +2

    Voila le vrai politicien que nous voulons!!

  • @bonifacengumansenga4622
    @bonifacengumansenga4622 2 дня назад

    Un jour Francis Rohero sera président de la République du Burundi. Ive a dream.

  • @EdouardNduwayezu
    @EdouardNduwayezu 3 дня назад +1

    Notre Cher pays le burundi qui est dominé par le megaromania 😢😅 est surtout le continent Africa

  • @fredericnshimirimana8014
    @fredericnshimirimana8014 2 дня назад +1

    Bose batubwira vyiza,ariko bikabagora gushira mu ngiro.n'uyu ni nk'abandi,gusa arazi kuturyosharyosha.

    • @MporanimanaDonacien
      @MporanimanaDonacien День назад

      😢arik wabayute ibyav7ga nukuri 90l100 ahobavujyiye ubutubzi muburundi iterambere ririhe😅😅😅😅

  • @JaphetMUCOWIMANA
    @JaphetMUCOWIMANA 3 дня назад +1

    Uyumugabo araciyubwenge kwl ivyavug nivyo kuk uburundi simbon ukunt budaterimber kand numv ngo ubutare ni bcp harakwiy gutwar ababishoboy apan ababishak tukanarek ivyamwana wamama mrc!!!

  • @princessan3599
    @princessan3599 3 дня назад

    Courage Francis

  • @MinaniPenuel
    @MinaniPenuel 3 дня назад +1

    Burundi buratunze abagabo kweriii none munama uri umwigisha mwiza Wukuri.

  • @RogerNinziza-lq9ys
    @RogerNinziza-lq9ys 3 дня назад

    Imana iguhezagire urincabwenge

  • @vantegeye11
    @vantegeye11 2 дня назад

    Ivyo vyiyumviro nivyo ndumva bifise ico bizohindura rro ndumva vyiza umuntu yovyandika mugitabo, mubitabo, hamwe umuntu yovyisomera na cane aba jeunnes

  • @hassann4209
    @hassann4209 3 дня назад

    Iyo hageze amatora ivyiyunviro nkibi ntituvyunva.😊

  • @JeanMarieBugingo
    @JeanMarieBugingo 3 дня назад

    Natere imbere,tuzomubone ari mubatwara igihugu

  • @NtungwanayoSiméon
    @NtungwanayoSiméon День назад

    Wubawe mutama bizokunda

  • @Jospindusabe
    @Jospindusabe 3 дня назад

    Ibrahim ariko n'umusore akiri muto akora ivyiza mugihugu ciwe gusumba ibitama biri iwacu bigendana imvi kumutwe ariko bitagira ubwenge bukwiye bwogukora nk'ivyo umwana muto ibrahim akora

  • @moisekasongokasongo5468
    @moisekasongokasongo5468 2 дня назад

    Nibitungire

  • @NorbertGirukwishaka
    @NorbertGirukwishaka 3 дня назад

    Nukuri abantu nkabo nibotuba dukeneye kandi bakwiye kuba imboneza

  • @shabanirashidi6853
    @shabanirashidi6853 3 дня назад

    «En vérité, Allah ne modifie point l'état d'un peuple, tant que les [les individus qui le composent] ne modifient pas ce qu'est en eux-mêmes»[1], (Coran: 13/11).

  • @KwizeraOnesphore
    @KwizeraOnesphore 3 дня назад

    Mutama turakumva tutavuga bikadukora kumutima ici ndabasabira muhezagirw

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 3 дня назад

    Mukomere cane

  • @nahimanaonesimo1597
    @nahimanaonesimo1597 3 дня назад

    Uyo mushingantahe n'abandanye kwigisha abarundi bavyumve

  • @mayaciza8337
    @mayaciza8337 День назад

    Quand j'entends un être humain parlé ainsi, je me dit que l'humanité n'a pas le droit de baisser les bras. L'espoir est permis.
    Comment le contacter tumuterere ashobore kwigisha abana benshi.
    Contact ziwe n'izihe? ❤

  • @salvatornduwimana8274
    @salvatornduwimana8274 3 дня назад +1

    Uyaga neza je ndagukunda naho vous politiciens (Africain)ariko mwama vyukuri mutarashikira ubutegetsi muraryoshe kwumviriza

  • @nshimirimanaconstantin5359
    @nshimirimanaconstantin5359 3 дня назад

    Nkuko biri mu bindi bihugu bikomey kdi vyatey imbere,hama hari abacurabwenge bigihugu, nkuyo ku vyiyumviro afis akwiy gushigwa mubacurabwenge bigihugu.

  • @Kelicien
    @Kelicien 3 дня назад

    Bandany mutubwira kuko turaremvy kand vrem urafise ubweng

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 3 дня назад

    Francis, turavye akarorero ka gahini na Abeli ari n'abavyeyi babo ntibigeze bashira hamwe

  • @Micara311
    @Micara311 3 дня назад

    C est ça la vrai politique

  • @ArseneNdekatubane-vo4jl
    @ArseneNdekatubane-vo4jl 3 дня назад +1

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id 3 дня назад

    urumugabo komera

  • @jeanmarieciza2262
    @jeanmarieciza2262 3 дня назад

    Nimba ivyuvuga biva
    Kumutima Atari urunwa runwa
    Nukur uvugukur

    • @SalomonAhinkuye
      @SalomonAhinkuye 2 дня назад

      Oya akonikarimi kakuresha atariko kakurongora uwokimuha ntacoyohindura

  • @Comenetwork
    @Comenetwork 3 дня назад +1

    Homme de changement kuki utama urondera abantu nkaba? Erega nka génération yarikwiye gukurira muvyiyumviro nkibi nibazako uzomugarukani bidatinze atuyagore vyagutse . Igihugu kiba gakwiye kwegera abantu nkaba bakagorora indero zabantu zamaze gupfa muvyukuri abantu twarapfuye rero dukwiye kugorogwa hamwe nokurera abakiri bato

  • @JeanMarieBugingo
    @JeanMarieBugingo 3 дня назад

    Uwo munye politique afise ivyiyumviro bizima:

  • @ancillankunzimana8544
    @ancillankunzimana8544 3 дня назад

    ❤❤

  • @tahuraukuritv5946
    @tahuraukuritv5946 3 дня назад

    Uwumugabo aravuga ukuri burya

  • @bizindavyifabiola7246
    @bizindavyifabiola7246 3 дня назад

    Turagushimiye

  • @SalomonAhinkuye
    @SalomonAhinkuye 2 дня назад

    Reka wana amajambo kadafi yari yakoreye iki libiya none kobamwigaramye

  • @Micara311
    @Micara311 3 дня назад

    Ubwo uwo mumesha makuru yoba ariko aratahura ivyo Francis ariko aravuga?

  • @EgideJuma-yb2fr
    @EgideJuma-yb2fr 3 дня назад +1

    Uyu mutama yarakwiye gutegura ikiganiro gihuza urwaruka rwo mugihugu cose

    • @eustachesitaki3698
      @eustachesitaki3698 3 дня назад

      Uwo mwanya wogukoranya urwaruka rw'uburundi ntiyowuronka

    • @nellykwizera1989
      @nellykwizera1989 3 дня назад

      ​@@eustachesitaki3698ahubwo ngira ntiyoronka aho abigishiriza sinon ngira ntamwanya yobura

  • @MugishaThiery-ob8qd
    @MugishaThiery-ob8qd 3 дня назад

    Jewe nemera ko hoba imigambwe 3 uwabahutu abatutsi ,nabatwa ariko buribwoko bukincira mumugambwe bashatse hama bagakora tukaraba umugambwe wubwoko bukunda igihugu kurusha ariko jewe mbona abatwa aribo banyugwa nubuzima babayemo baronse indongozi botera Imber kurusha iyo yindi ibiri isigaye

  • @MuhigweJohn
    @MuhigweJohn 3 дня назад

    Mbega imvuga kuri ?

  • @FgxcCcxx
    @FgxcCcxx 3 дня назад

    Abagabo muburundi barimwo nibeshi nikobabur abobatura ivyiyumviro vyab nkuyo yicarany ubumeny burenz bwofash igihug ibijuj bitagirubwegw n8busabarimber kugihugu

  • @Twese.01
    @Twese.01 3 дня назад

    Kuvuga ibikwiye abarundi twese twobishobora ariko ikibazo ni ukubishira mu ngiro. Imvugo za politique turazimenyereye.

    • @psycho_éducateur
      @psycho_éducateur 2 дня назад

      Muri politike mushika kw'ihangiro canke ntimurishikeko bivanye n'uko mwubatse umugwi wanyu...

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 3 дня назад

    CNDD FDD ivuga ngo tworore, turime, umufuko,umunwa uronke. Wewe uha akazi bangahe muri project ufise?

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 3 дня назад

    Uwo mugabo natubwire igihugu kimwe kw'isi abantu bose banganya ubushobozi abana bose biga amashure angaba? Gabanya akarimi gasosa.

    • @nellykwizera1989
      @nellykwizera1989 3 дня назад

      Ntibonganya ubushobozi ariko sicokimwe habaho ivyo bahuriyeko raba hafi zambia ntamuntu agira ikibazo co kwivuza kuva bakivuka banasaza bivuza abakora bariha 30kwaca ninka 6000fbu muriyi misi abadakora nikubuntu nkico nikimwe muvyo bahurirako

  • @Vevetpsha-ISEtv584
    @Vevetpsha-ISEtv584 3 дня назад

    Twamusavye rro avyumve ategure ikiganiro kurwaruka kabisa

  • @3bsfathernews
    @3bsfathernews 3 дня назад

    IYO ABA ARI JEWE NATSINZE AMATORA YA 2020, MU BWENGE BWANJE; FRANCIS ROHERO, DIEUDONNE NAHIMA NA AGATHON RWASA, NARI KUBIYEGEREZA, N'IMIBURIBURI BARI KUBA ABASHIKIRANJI, KANDI IBI TURIMWO NTIBIBA BINGANA UKU BIMEZE.

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 3 дня назад

    Habuziki ngo ubutunzi buri muBurundi bucukugwe

    • @suavisndihokubwayo-cc3id
      @suavisndihokubwayo-cc3id 3 дня назад

      gucukugwa ntibivuga gukira ubukene oya igituma igihugu gitera imbere nuko abantu baba bafise umutima wogukora bashize imbere igihugu namategeko atajegajega kandi agakurikizwa hama ibivuyemwo bigakora ibikorwa biteza imbere abenegihugu bomubisata vyose

    • @SindayigayaDeo-ox8bx
      @SindayigayaDeo-ox8bx 3 дня назад

      Sha nubwacukuwe ntaco buravamwo p rero hako bucukurwa atakamaro buri bumarire igihugu nabakibamo bose bwotuba buba burigumiyeeyo

  • @luckymbonye4183
    @luckymbonye4183 3 дня назад

    Generation 60,70,munutwe nihfi yantakiriyo,ubu tugiye Kuja mumatora nta petrol ,ibintu arakajagari🤷‍♂️nihatri kweli abantu Baja gutora ndabaraba ,nkumukuru wumugambwe uraho avuz ijambo wotwenga ugahwera😂

  • @JeanMarieBugingo
    @JeanMarieBugingo 3 дня назад

    Nshinga ikimenyesha makuru kugira ivyiyumviro vyanyu bicako

  • @Niyonku-d8g
    @Niyonku-d8g 3 дня назад

    Abantu beshi barifuzako ibintu bigenda neza cakimwe nawe, ariko kubishobora nikindi kintu ? Yamara kumyaka afise yotwereka akarorero kico amaze gukora kugiti ciwe , ivyo vyoduha icizere gusumba ama jambo ex: afise societe zingahe? Afise imirima ingana gute yakarorero ? Numworozi angane gute? Dufatiye kumyaka afise ivyo vyoduha icizere ivyo avuga yobishobora.
    Ubundi ngumukinyi akameye bamusanga inyuma yikibuga😂😂😂😂

    • @titythierry
      @titythierry 2 дня назад

      Bande batwaye igihugu uzi baje bafise ivyo uvuze na mitende ko uyu wewe afise ivyo yanditse ningene vyoja mungiro udatwawe nibishobisho Francis atandukanye cane nabo tumaze kwumva

  • @Comenetwork
    @Comenetwork 3 дня назад +1

    Homme de changement kuki utama urondera abantu nkaba? Erega nka génération yarikwiye gukurira muvyiyumviro nkibi nibazako uzomugarukani bidatinze atuyagore vyagutse . Igihugu kiba gakwiye kwegera abantu nkaba bakagorora indero zabantu zamaze gupfa muvyukuri abantu twarapfuye rero dukwiye kugorogwa hamwe nokurera abakiri bato

  • @Comenetwork
    @Comenetwork 3 дня назад +1

    Homme de changement kuki utama urondera abantu nkaba? Erega nka génération yarikwiye gukurira muvyiyumviro nkibi nibazako uzomugarukani bidatinze atuyagore vyagutse . Igihugu kiba gakwiye kwegera abantu nkaba bakagorora indero zabantu zamaze gupfa muvyukuri abantu twarapfuye rero dukwiye kugorogwa hamwe nokurera abakiri bato

  • @Comenetwork
    @Comenetwork 3 дня назад +1

    Homme de changement kuki utama urondera abantu nkaba? Erega nka génération yarikwiye gukurira muvyiyumviro nkibi nibazako uzomugarukani bidatinze atuyagore vyagutse . Igihugu kiba gakwiye kwegera abantu nkaba bakagorora indero zabantu zamaze gupfa muvyukuri abantu twarapfuye rero dukwiye kugorogwa hamwe nokurera abakiri bato

  • @Comenetwork
    @Comenetwork 3 дня назад

    Homme de changement kuki utama urondera abantu nkaba? Erega nka génération yarikwiye gukurira muvyiyumviro nkibi nibazako uzomugarukani bidatinze atuyagore vyagutse . Igihugu kiba gakwiye kwegera abantu nkaba bakagorora indero zabantu zamaze gupfa muvyukuri abantu twarapfuye rero dukwiye kugorogwa hamwe nokurera abakiri bato

  • @Comenetwork
    @Comenetwork 3 дня назад +1

    Homme de changement kuki utama urondera abantu nkaba? Erega nka génération yarikwiye gukurira muvyiyumviro nkibi nibazako uzomugarukani bidatinze atuyagore vyagutse . Igihugu kiba gakwiye kwegera abantu nkaba bakagorora indero zabantu zamaze gupfa muvyukuri abantu twarapfuye rero dukwiye kugorogwa hamwe nokurera abakiri bato