Uwomugabo ivyavuga 50% sivyo. Nakore ivyirwa neza hanyuma azotubwire les causes réelles et les actions à faire. Leta niyo yambere ibibazwa kuko iraserukiwe gushika kumutumba. Europe canke America , nta abana baba mwibarabara, hajayo abakuze nabonyene bararonka ivyobafungura naho barara.
Noshobora kuvugana na David Ningaza
Murasemerera dd iveho dupfume tugarukana umugambwe wa Rwagasore
Ivyigitoro nakumiza
ivyuburundi makumiza
❤.
Good
Nn nkigitoro kiza rimwe mu ndwi hama bagaca batumbwira ko tuzoza turanywa kur horaire kandi at nigitoro gihari🤦🏿♂️
Nn KO ntabon iyo tuvuganir
Ariko iyo diktatur m Burundi bite? Irukana dd kera siko twabaho du subize Uprona
Uwomugabo ivyavuga 50% sivyo. Nakore ivyirwa neza hanyuma azotubwire les causes réelles et les actions à faire. Leta niyo yambere ibibazwa kuko iraserukiwe gushika kumutumba. Europe canke America , nta abana baba mwibarabara, hajayo abakuze nabonyene bararonka ivyobafungura naho barara.
Mubugane.ntakizohiduka.ahumbwo'bigiye.kunyuka.