ABASIRIKARE BA TANZANIE NA SA BAMBITSWE TENUE Z UBURUNDI!SNR IRIKO IHENDA IMPUNZI MUMAKAMBI!!

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 7 фев 2025

Комментарии • 12

  • @UMUGWIZATUNGA
    @UMUGWIZATUNGA 7 часов назад +1

    Imbonesii nazo bazizanye kurugamba😂

  • @fiacrerugwizangoga1576
    @fiacrerugwizangoga1576 12 часов назад +1

    Nibashake bambare impuzu zahe bazotsindwa

  • @melancendayikunda
    @melancendayikunda 8 часов назад

    Ntabwo M23 izoza kurwana Burundi.Bisaba abarundi bonyene babe aribo babanza kuba bari organise.

  • @alexandremanirakiza-cl7ue
    @alexandremanirakiza-cl7ue 11 часов назад +1

    Komera

  • @mahirwe980
    @mahirwe980 12 часов назад

    None iyo ngurube ndayishimiye afite ayitwaye hehe??

  • @Biragoye-l2v
    @Biragoye-l2v 9 часов назад

    Nahorangira ngo namwe murinyuma ya Sinduhije na RED Tabara

    • @Rabinisaak
      @Rabinisaak  9 часов назад

      @Biragoye-l2v oyaaaaa

    • @Biragoye-l2v
      @Biragoye-l2v 6 часов назад

      @Rabinisaak Aho nisawa nabemeye

  • @mugabojeanclaude2280
    @mugabojeanclaude2280 9 часов назад +1

    Nonex Ibyabananiye bari muri sadec barabishobora kuber impuzu zabarundi

  • @BukombeClaude
    @BukombeClaude 11 часов назад

    Ntabwo mwumvikana mukosore amajwi yanyu

    • @Rabinisaak
      @Rabinisaak  11 часов назад

      @@BukombeClaude ikibazo ilgisigay iwawe

  • @yvesBigirimana-c9k
    @yvesBigirimana-c9k 3 часа назад +1

    Urazi ikibazo kiri mubarundi bamwe bamwe .Nta organisation ihari.nicogituma ubona tuguma tujujuta,Kandi twigira incambwenge.Kandi mumenye aba DD naciye mubuhingiro,mukimaki,ubuja bwose barabuzi.nko mu batutsi bobo ntibazi ivyobarimwo.nicogituma ubona batanatana.abatutsi baritonesha.