Inzu y'umubanyi ihiye ntuje kuyizimya,nawe iyiwawe ihiye ntazoza kandi ntawumenya ibiza iyo bizanana

Поделиться
HTML-код
  • Опубликовано: 6 фев 2025
  • #Burundi: Umukuru w'Igihugu avuga iki ku bijanye n'abasikare b'abarundi bagiye gufasha kugarukana umutekano mu buseruko bwa Congo ? Bimwe mu vyo yashikirije yasavye abarundi muri rusangi kwirinda kwivanga mu bibazo vy'inzego z'umutekano no kwivuna abansi kuko bo badafise akarangamutima kamwe n'akaba "civiles". #RDC

Комментарии • 4